Alan Dream's

Alan Dream's Créateur/Video And Quotes

27/10/2025
Kir Guteeh😇
22/08/2025

Kir Guteeh😇

priorities are rare Options are everywhere 🦅🤲
01/07/2025

priorities are rare Options are everywhere 🦅🤲

 😎 utu du Quotes twobafasha✊
23/01/2025

😎 utu du Quotes twobafasha✊

🔴⚡ Hep New years 2 All 🙌🏿 🎊===================================Ntamuntu afise impano abaho  habaho uwufise umwete, Nta mu...
06/01/2025

🔴⚡ Hep New years 2 All 🙌🏿 🎊
===================================
Ntamuntu afise impano abaho habaho uwufise umwete, Nta muntu ataruha abaho hari gusaa abihangana
I don't believe in telent I believe in work I believe in me

Nashaka nshimire abantu bose bama bashigikura mu ku liking nogu sharing ibikogwa vyanje mwese ndabahoza limits bandanya mushigikira, muburyo namwe mutanzi murashigikira cane. 💪🏿

Amagara meza nogukora neza nivyo mbipfurije mwy'umwaka, ndabahitiyemwo gukora neza apana gukora cane vyose utibagiye gushimira Imana uko uvyizera kose.

Thank you so much !!

07/10/2024

Harivyo duheba dukunda kugira turonke bike biduha amahoro

A )🌺IBINTU 3 BIGENDA NTIBIGARUKE:1.⏲️Igihe2.🧟Ijambo3.👩🎓AmahirweB )🌺IBINTU 3 UTAGOMBA GUTAKAZA MU BUZIMA :1.🙆Ukwihangana2...
17/07/2023

A )🌺IBINTU 3 BIGENDA NTIBIGARUKE:
1.⏲️Igihe
2.🧟Ijambo
3.👩🎓Amahirwe

B )🌺IBINTU 3 UTAGOMBA GUTAKAZA MU BUZIMA :

1.🙆Ukwihangana
2.🤼Icizere
3.💐Urukundo

C)🥰AMAJAMBO AGORA ABANTU BENSHI KUYAVUGA :
1. 🥱Mbabarira
2. ♥️Ndagukunda
3. 🌛Wampa ubufasha.

D)🍀IBINTU 3 BISUBIZA UMUNTU INYUMA:
1. Abagenzi babi
2. Kwibagira vuba
3. Kwijajara.

E)🍅IBINTU 2 BIGURWA UBUSA:
1. Ukuri
2.Imbabazi

F)🌝 *IBINTU 3 UTABASHA KUGURA:
1. Ubuzima
2. Umunezero
3. Uruvyaro.

G)🍄IBINTU 2 BIZANWA N'AMAFRANGA YAHERA BIKAGENDA :
1. Icubahiro
2. Incuti.

H)🪴IBINTU 3 BIKUBUZA AMAHORO*
1. Icaha
2. Indwara
3. Guhemuka

I)🍁IBINTU 3 BIDASHOBORA KUGIRA AHO VYAKUGEZA:
1. Ubunebwe
2. Ubushurashuzi
3. Ishari( Inzigo)

J)🍒IBINTU 4 BIZAGUFASHA :
1.Gusenga
2.Gukorera kuntego.
2. Kudacika intege
3.kwicisha bugufi , ukumva impanuro.
4.Kwihangana.

Kora partager ubisangize n'abandi
🍀.🌺.🌺. By #𝑨𝒍𝒂𝒏 𝑫𝒂𝒓𝒄𝒚
Hama muri tayali dutangure iyindi story y'URUKUNDO❓❓❓

Hahahahahaha mukanya ✔Umutype yahuye n'umuyaya mwibarabaraatabizi,hama aramushimaArahagarika ikimodoka ciki V8 Aramuhama...
08/07/2023

Hahahahahaha mukanya
✔Umutype yahuye n'umuyaya mwibarabara
atabizi,hama aramushima
Arahagarika ikimodoka ciki V8 Aramuhamagara nawe
Umuyaya acaza arakokera:
✔Umutype:Bnjr
✔Yaya:hihihihi
✔Type:Nisawa??
✔Yaya:ego Namwe??
✔Type:Nisawa ndashima mbe KO mbona
Musa neza mugiye hehe??
✔Yaya:naringiye kw'ishuri(Kw'isoko)
✔Type:Waouh,mwiga hehe??
✔Yaya:muri NIVERESITÉ
✔Type:Faculté iyahe?
✔Yaya:Ntayo Baratubwira.

*hahahah😅 ...mdr fyonda kuri j'aime nyimba watahuy neza. ...
Ham fyonda j'aime kuri iyi Page kugira uz urironkera udukuru turyoshe

Address

Alandarcy136@. Com
Gitega

Telephone

+25765961613

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alan Dream's posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category