Cubahiro the 1st

Cubahiro the 1st Mr_Cubahiro 🙌
Influencer, Content Creator, YouTuber 🌍🌎🌏

WHATSAPP: ±257 66430100

S.E   arikumwe na   ✊🙌🇧🇮🇧🇮
16/05/2026

S.E arikumwe na ✊🙌🇧🇮🇧🇮

  hit yiwe ntakuyipfisha ubusa wallah ubu aguma yitamwo ivyana 😀🤣🤔
15/05/2026

hit yiwe ntakuyipfisha ubusa wallah ubu aguma yitamwo ivyana 😀🤣🤔

15/05/2026

Umve nawe umukobwa ico asavye umukunzi wiwe imbere yisinzi ry'abantu🤌🙆

15/05/2026

None aba bana bashasha muri comédie ibi bibazo bavyiyumvira gute? 😁🥱

Tomboza aha nihe ❓
15/05/2026

Tomboza aha nihe ❓

14/05/2026

Kuberiki abantu bo mugisagara ubuzima babworosha kandi bugumye?🤔 Nayo aba Ruguru bakabugumisha kandi bworoshe? 😁🫢

🚨🇧🇮BREAKING NEWS : UMUSORE W’UMURUNDI ARIKO ATANGAZA ABANTU BENSHI CANE ARIKO BENSHI NTIBARI BAZI INKURU YIWE… 😳🔥Milcash...
14/05/2026

🚨🇧🇮BREAKING NEWS : UMUSORE W’UMURUNDI ARIKO ATANGAZA ABANTU BENSHI CANE ARIKO BENSHI NTIBARI BAZI INKURU YIWE… 😳🔥

Milcash , amazina yiwe y’ukuri akaba ari IMANIRIHO THÉODOMILE, ni umu w’umurundi ariko aravurwa cane yamenyekanye mu gukina comedy abenshi bita avuka mu ariko ibikorwa vyiwe vya akaba abikorera i . Azwi cane kuri na aho amaze kwubaka izina rikomeye biciye mu vidéos zitwenza kandi zikora ku mitima y’abantu benshi.

🛑 Bimwe mu bikorwa vyiwe bimaze kurabwa cane vidéos zirenza 14 Millions na 2.1 Millions.
Nubwo yatanguye bamutwenga, ukwihangana n’impano vyatumye aba umwe mu ba bariko barazamuka cane mu Kandi bari Ku rwego mpuzamakungu.

Ushobora kuba ari iryambere umubonye ariko umenye ko ariwe mu COMÉDIEN wenyene dufise mu BURUNDI ari . Link ya page yiwe ngiyo 👇 👇 👇
https://www.facebook.com/profile.php?id=61588299832750

14/05/2026

Kandi za rya Mungu!🥱❤️🔥
Kuva ryari mu Burundi muhimbaza Birthday 🎂 Party 🥳 🤣🥱 Ntaco mutazotwereka za rya Mungu• Kandi muranabiposta htli sana!

Jye nkunda Imishangazi baranzi banyita umupfu...i baranzi🫠🥱
14/05/2026

Jye nkunda Imishangazi baranzi banyita umupfu...i baranzi🫠🥱

Nta Murundi w'ukuri yorengana ino foto adashizeko Like ❤️🇧🇮🙏
13/05/2026

Nta Murundi w'ukuri yorengana ino foto adashizeko Like ❤️🇧🇮🙏

13/05/2026

Inzoga bita za bangara na kwiki ngizicana inguvu🥱, umviriza musenyeri witonze kwa jeu kwa plan 😂

Mwibuke gufyonda Aho handitse suivre 🙏

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cubahiro the 1st posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share