Fernando News

Fernando News Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fernando News, Media/News Company, Gitega.
(3)

Amateka Yambere kuva Uburundi bubaho Fernando aye niwe muririmvyi wambere Kubutaka Bw’ uburundi Amaze gukwiza AMA Views ...
21/08/2026

Amateka Yambere kuva Uburundi bubaho
Fernando aye niwe muririmvyi wambere Kubutaka Bw’ uburundi Amaze gukwiza AMA Views Imiriyoni Mirongo itanu kurubuga gwa Youtube 💥💥💥🚀 Uyu muhungu ntasanzwe

10/08/2026

Drama T ngo Ntamusani wumurundi Afana nka célèbre

23/07/2026

Abantu bose bari gukora challenge ya ok ok Ino Ndirimbo Yadusajije kwl Fernando aye Tubabarire ureke kuririmba ibintu dufise kumitima uzotugwaza

23/07/2026

Fernando aye azonatwica ntawundi jewe nzi Atari célèbre. Ibintu ni Wane

23/07/2026

Indirimbo yakoze kumitima y’a benshi Fernando aye Yubahwe cane

17/07/2026

Amajambo meza aba mundirimbo za Fernando aye niyo Atuma benshi bamukunda . Wewe umukundira iki . Ok ok

15/07/2026

Célèbre ahejj gusohora urusasu 🚀🚀🚀💥
Kura abana mukibuga

15/07/2026

Mamaweeee 💥💥💥🚀
Célèbre ubu hoho aratwica
Kura abana munzira

14/07/2026

Gwahooo Célèbre Ahejeje kumenyesha Starboy The Sheep ko Yamaze kwubaka Inzu yiwe ubu rero Agiye gukora Indirimbo Zifise amasanamu Meza 💥💥💥💥💥

13/07/2026

Abantu Bi BUTIHINDA kamaramagambo célèbre arabashwayemwo le 26 juillet ngwaho 🚀🚀🚀🚀🚀

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fernando News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share