CNDD FDD Commune Gitega

CNDD FDD Commune Gitega Amakuru y'Umugambwe mwiza wa CNDD-FDD muri komine ya Gitega

03/02/2025

Send a message to learn more

Umunyamabanga w'umugambwe  muri komine Gitega   n'abo basangiye uburongozi, kuri uyu wa 16/1/2025, bagirishije inama ind...
17/01/2025

Umunyamabanga w'umugambwe muri komine Gitega n'abo basangiye uburongozi, kuri uyu wa 16/1/2025, bagirishije inama indongozi z'ibisata bitandukanye vy'ubuzi muri komine ya kera.

Muvyo baganiriye harimwo kwegera abagumyabanga muri ino minsi 100 yo kwitegurira amatora.

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd muri komine yibukije abitavye iyo nama ko indongozi nziza irangwa n'inyifato nziza, iboneka ko iri ku kivi kandi ikicisha bugufi maze abenegihugu bose bakayishikira.

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CNDD FDD Commune Gitega posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category