26/08/2026
⚽ AMAKURU Y’INKINO AVUYE KU MUGABANE WA
yasezerewe muri inyuma yo gutsindwa na mu minota ya nyuma mu rukino rwo gusubiriza.
📌Ku mugabane wa , inkuru ikomeye iriko iravugwa cane ni iy’umugwi wa wo muri , wasezerewe muri mu buryo butangaje.
🫴 yari yatsinze yo muri ibitsindo 3–0 mu rukino rwa mbere rwa play-off. Mu rukino rwo gusubiriza, yongeye gutsinda igitsindo ca mbere, bituma iba imbere ku ntsinzi 4–0 ku manota yose hamwe.
👂Ariko ntiyacitse intege. Yatsinze ibitsindo vyinshi, irangiza gutsinze 5–1 inyuma y’iminota y’inyongera, bituma itsinda ku bitsindo vyose hamwe 5–4 maze ironka itike yo gukina phase ya .
yo yaciye ija muri , mu gihe yanditse amateka yo kwinjira muri 9 , phase ku ncuro yayo ya mbere.
🛑 nayo👇👇
Mu Bwongereza, yemeje ko yasinyishije umukinyi w’imyaka 18, , avuye muri yo mu . Uwo mukinyi wo hagati yasinyiye amasezerano y’imyaka itanu. Amakuru avuga ko amafaranga yo kumugura ashobora kuba hafi yi miliyoni £86.
igiye kwinjira mu kindi gice
Mu gihe ama-play-off ariko ararangira, amakipe azokina ya agiye kumenya abo azohura. Tombola itegekanijwe kuba ku wa 27 Myandagaro 2026 i Monaco, aho amakipe 36 azomenya ingene azohura muri iyo ntambwe y’ihiganwa.
Isoko ry’abakinyi naryo riracabandanya
I , amakipe aracarondera abakinyi bashasha imbere y’uko idirishya ryo kugura no kugurisha abakinnyi rifungwa. Manchester City, Tottenham, Newcastle n’ayandi makipe ariko arakurikirana ibikorwa bitandukanye vyo kwongerera inkomezi imirwi yabo.
⭐ Muri F.C Barcelone umukinyi Balde azokina urikino rwejo nkuko bishikirizwa n umumenyereza Hansi Flick.
Ayo ni yo makuru akomeye y’umupira w’amaguru avuye ku mugabane wa Buraya. kuri HI TV kugira mubandanye kuronka amakuru agezweho y’inkino zo mu Burundi no kw’isi yose.