
12/07/2025
🎶Inyuma y'umwaka waruheze umuririmvyi Justin Bieber atagikorwa nakimwe ariko araha abakunzi bumuziki akaba yavuye mugacere mugukuzana nshasha.
Iyo Album ikaba yitwa ikaba yasohotse kuri uyu wa 11 mukakaro 2025 ikaba ibiciye biracika.
Ni album imaze kurabwa n'abantu bangana na miriyoni 96 kuri Spotify mwijoro rimwe gusa kuzindi mbuga hoho yarabwe n'abantu bari hagati ya miriyoni 74 na 75 tuzishize hamwe.
Iyo Album ya Justin Bieber yise Swag igizwe n'indirimbo 21 arizo :
1️⃣405 ,
2️⃣SWAG ,
3️⃣Things you do,
4️⃣Yukon,
5️⃣Ways it is,
6️⃣First place,
7️⃣soulful,
8️⃣glory voice memo,
9️⃣ Standing on business,
🔟Zuma house,
1️⃣1️⃣Too Long
1️⃣2️⃣Forgiveness
N'izindi....
Mbega iyi Album yoba yagushikiriye aho uherereye?
Uravye aho uherereye na cane cane mu Burundi ninde muririmvyi witeze ko azokora album igakurikiranwa cane?
nimba ibereye uyifyondeko👊