Buja hit

Buja hit Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buja hit, Digital creator, Bujumbura, Kabezi.

Official page Of a Burundian Memelord Ndayikeza Khalebo, Better Known as Dr Khan

1xbet code promo 👉 BUJA36

wipfuza ko ibikorwa vyawe bimenyekana cane twandikire Whatsapp tubibafashemwo +257 66740501/ ibikorwa vyawe kure hashoboka

Im Dr Khan

16/12/2024

1xbet code promo

BUJA36

1xbet code promo 👉 BUJA36
09/12/2024

1xbet code promo 👉 BUJA36

💁🏾‍♂️ Soma kw'ishusho muheze mutubwire 😏 Harya uwugiye muri "boîte" aba yemeye gutambana n'abo asanzeyo bose ? Ntafise u...
09/12/2024

💁🏾‍♂️ Soma kw'ishusho muheze mutubwire

😏 Harya uwugiye muri "boîte" aba yemeye gutambana n'abo asanzeyo bose ? Ntafise uburenganzira bwo kwanka gutambana n'uwo adashaka ? Mu gihe agoberewe, nta hohotera riba ririmwo ?

Tora 🎤 duhurire muri "commentaires", kandi twibukanya ko turi mu misi 16 yahariwe kurwanya amabi afatiye ku gitsina.

1xbet code promo 👉 BUJA36

09/12/2024

Basore
Umukene na nyina
Aramwanka Aho ndibaza
Ico gukora mwacumvise🤜🤛

  C'est Tomson the voice artiste from Industry 257 +🇧🇮🇧🇮🇧🇮GAHUNDA NI yayindi mumwitege vuba nigisasu gishasha gisozera U...
09/12/2024


C'est Tomson the voice artiste from Industry 257 +🇧🇮🇧🇮🇧🇮
GAHUNDA NI yayindi mumwitege vuba nigisasu gishasha gisozera Umwaka Wa 2024 🤛🔥🤜
🔥😉Urashobora kumwita Mr KONDANE👇

1xbet code promo 👉 BUJA36

🔴Mwite Natacha Burundi ngo vuba Aragarutse Guhungabanya Umuji Itariki 1/1/2025 BONANE Kinama Izotokombera Sinkubeshe Wew...
09/12/2024

🔴Mwite Natacha Burundi ngo vuba Aragarutse Guhungabanya Umuji Itariki 1/1/2025 BONANE Kinama Izotokombera Sinkubeshe Wewe Uzoba Uriko Hehe ??

Uri Tayari Kuza Gusangira Umunezero Na NGENDABANKA Natacha Burundi ?? Nimba Wibuka Ivyo Yakoreye Kuri Source Du Nil Ibaze Ivyo Azokorera Kinama, Q Maramvya LABOSS Concert Iragarutse

Kwinjira Ni 10.000 FBu Gusa Muze Dutangurane Umwaka Na Natacha Burundi 🇧🇮✅

1xbet code promo 👉 BUJA36

🚨🚨 Balthazar ryoba ariryo zina ry'Umusore Kellyna yakoresheje mumasanamu y'indirimbo IRIBA 💦 aherutse gusohora .🤯 Abicis...
09/12/2024

🚨🚨 Balthazar ryoba ariryo zina ry'Umusore Kellyna yakoresheje mumasanamu y'indirimbo IRIBA 💦 aherutse gusohora .

🤯 Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook , Kellyna yavuze ko uwu musore yitwa Balthazar bituma abafana biyumvira kumunya Guinée Equatorial Balthazar Engonga yaramaze imisi avugwa kumbuga.

1xbet code promo 👉 BUJA36

🔴  inyuma y'urukino   inganije 2-2 na Real Betis💔😥Uno munsi ntaco atatanze ariko umunyereza Flick yari yamaze gukata con...
09/12/2024

🔴 inyuma y'urukino inganije 2-2 na Real Betis
💔😥

Uno munsi ntaco atatanze ariko umunyereza Flick yari yamaze gukata connection yiwe na Raphinha amuha Torres.

Barça wabuze amanota 10 munkino 5 uheruka gukina muri La Liga.

Real ugatsinda Girona, bongera kuwurusha inota rimwe gusa mugihe ufise ikirarane.

1xbet code promo 👉 BUJA36

🔴⚽   : Real Madrid itsinze ibitsindo 3-0 Girona m’urukino rwa La Liga.Real Madrid isigaye irushwa na Barça amanota Abiri...
09/12/2024

🔴⚽ : Real Madrid itsinze ibitsindo 3-0 Girona m’urukino rwa La Liga.

Real Madrid isigaye irushwa na Barça amanota Abiri ( 2 ) gusa muri La Liga kano kanya.

Girona 0-3 Real Madrid 🔥

1xbet code promo 👉 BUJA36

Address

Bujumbura
Kabezi
1234

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja hit posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share