257 On AIR

257 On AIR Code Promo 1xbet: CHAM
Entertainment ,Music,Culture,News ,Art,Memes

05/04/2026

Abafana ba reyari madiride muvyuke muje gusenga basi 🤣

16/01/2026

Ushima isi yarabaye nabi , Impumyi barayaka amafaranga yo kubonana na dogiteri 🤣💔

14/01/2026

Uyu mushasha nawe ntazogeza kuri pasika akiri santiyago 💔🤣

26/10/2025

Bariserona oyeeeeh 😍

sisitan tubwire 😂😂
17/10/2025

sisitan tubwire 😂😂

15/10/2025

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Dodicom Burundi, Frank Bis

15/10/2025

Ejo yaryamye atagusezeye uvugango vyash*tse nibisanzw none uyumusi naho🫣
Azonakwicaa😂😂

14/10/2025

Nukuri nubu kateresa barafyese🥲🥲🥲

14/10/2025

Ikintu conyene compa amahoro nukubona Lyca yatanguye kuduha izo carte sim🥲🥲

11/10/2025

ko abantu benshi tubona arabana beza none aba barozi baturoga bavahe🫢

09/09/2025

urymuntu ahejeje kuzana ifoto yamoniya furere atarabimwabimwa cane aragize nabi kweri😂😂😂

• Chazel • Mwenedata Ingo dutwenge hamwe Bahe nimuze musigure ingene ibi bibondo vyoreka kuba udusuma 😂😂😂😂😂
05/09/2025

• Chazel •
Mwenedata
Ingo dutwenge hamwe
Bahe
nimuze musigure ingene ibi bibondo vyoreka kuba udusuma 😂😂😂😂😂

Address

7ème Avenue
Bujumbura
257

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when 257 On AIR posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to 257 On AIR:

Share