KIDA DA MAYA

KIDA DA MAYA Bienvenue🙏
Wtsp number: (+257) 65 98 77 82
Dukora ivyunguka gusa 🤝
Ukeneye Publicité turabigufashamwo murahawe ikaze mwese🌍

25/12/2024

EL PRO - BIBA BIPFUYE Ft D-One , Lino-G , B-Face & Monia Fleur ( Official Music Video )

25/12/2024

🌹Trésor MD - Celebrate (Official Music Video )
🇧🇮 IMPANO NTITAKARA WAMUHUNGU WANYU YAGARUTSE🔥
NDABIBUTSA KUYU ARIWE MWANA DUFISE MUMUZIKI NDUNDI
KUMWAKA YIWE MIKE CANE AMAZE GUKORA CLIP 3🔥 MUMUMPERE AMASHUGWE ARAYAKWIY🇧🇮🌹🌹🌹🌹🌹

24/12/2024


(KAYANZA REPRÉSENTØ SONG )��

24/12/2024

Noël NZIZA KURI WEWE UBONYE IYI POSTE🌹 IMANA IGUHEZAGIZE AMAHORO NURUKUNDO NIMIGISHA❤️
UVYEMERA NVUGIRA
AMEN!!🙏

24/12/2024

Sat-B - Busy Girl (Official Music Video)

23/12/2024

Epidey winner - NDAYITANGA Official Video

23/12/2024

LinoG - Angel (official music video)

23/12/2024

F Killer Music - UNSIZE - Monia Fleur Official Music Video

🔥  🥲🚦Bizohagarara canke bigiye kubandanya🥹⚠️Aha ni muri bimwe mubibanza vyagenewe imiduga yamashirahamwe isanzwe ikorera...
23/12/2024

🔥 🥲

🚦Bizohagarara canke bigiye kubandanya🥹

⚠️Aha ni muri bimwe mubibanza vyagenewe imiduga yamashirahamwe isanzwe ikorera muntara zigize igihugu🥰

🔴Sinzi icabaye ariko ubu kugira uronke agatike naho uba ufise amafaranga urinda gutonda Kandi Hari abantu beshi cane kuko ibibatwara ngo vyabuze🥹

🔵Umwe mubagize ubuyobozi bwa Buja News TM yahash*tse ariko nawe yabwiweko bagiye muri parking basanga ntamiduga iduga muntara za ruguru ihabarizwa.

📖 Musomyi muhire wumva gute ibi bintu?

23/12/2024

Olegue wacu yivugiye impanvu ibintu vyiwe vyamwe birimwo umukoshi ngo ntivyarigukunda kaguma ari ht

22/12/2024

Real Madrid 2-0
Bwabundi niho muyifana UMENGA BARAGERAGEZA gukina neza cank nama chance yabaguyeko??

Melanin boy  ATI Umusi w'imana mwiza kubakunzi banje ndetse nabafana bumuziki ndundi🌹🇧🇮Tumaze iyinga yose turi muribi na...
22/12/2024

Melanin boy ATI Umusi w'imana mwiza kubakunzi banje ndetse nabafana bumuziki ndundi🌹🇧🇮
Tumaze iyinga yose turi muribi nabiriya unomusi rero twibuke guhimbaza Umuremwi🙏🙏

21/12/2024

Nzozica B FACE 🔥🇧🇮

21/12/2024

FC BARCELONE 😭😭
JEWE NDAYIHEVYE KBX
ESE BASHA NIBERE UMU REAL ? CANK NDABIVEMWO VYOSE💔

🚨Umuririmvyi Mkombozi Lucifer agiye kwitoza kuba umushingamateka yigenga 🌹Kuri uyu wa gatanu, umuririmvyi NZEYIMANA Thom...
21/12/2024

🚨Umuririmvyi Mkombozi Lucifer agiye kwitoza kuba umushingamateka yigenga 🌹
Kuri uyu wa gatanu, umuririmvyi NZEYIMANA Thomas batazira "Mkombozi" yatwaye impapuro ku biro vya CENI zimwemerera kwitoza mu kibanza co kuba umushingamateka yigenga. Yari yaherekejwe n'urundi rwaruka. 🇧🇮
🔥Mkombozi avuga ati : « Jewe naravye nsanga mu Inama nshingamateka nta ntebe nimwe iduserukiye nk’urwaruka. Kandi urwaruka turafise imigambi myinshi twokora mu gihugu, impano z'urwaruka zigatera imbere. Ku bwanje nibaza ko ijambo ryanje harico ryofasha kuko na jewe nsanzwe ndi umwe muri urwo rwaruka. Ndazi ibibazo duhura mu mpano zacu. Ngirako nsaba y’uko abantu bose bari muri Entertainment n’urwaruka, ko bonshigikira ».

20/12/2024

Melanin boy ego muramwemera kandi nanj ndamwemera ariko tuvugishe ukuri irya new song yitwa NEMEYE iraryoshe tutabeshanye?

Landrypromoter Bdi ATI : Olegue nta Page afise nta Youtube afise nta instagram afise muramushigikira uko nyene ikindi ni...
19/12/2024

Landrypromoter Bdi ATI : Olegue nta Page afise nta Youtube afise nta instagram afise muramushigikira uko nyene ikindi niwe muririmvyi afise ibiteramo vy’inshi hirya nino mu Gihugu😂😂😂…

18/12/2024

Ikiyeri 2500fbu
Amosteri 3500fbu
IJORO RYIZA RERO JEWE NDAYE RYOHEWE IBICIRO VYAGABANUTSE😂😂
AYOMAKURU MWESE YABASHIKIRIYE ??

Address

Kamenge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KIDA DA MAYA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KIDA DA MAYA:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share