Jibu The Classic

Jibu The Classic Official page for JIBU THE CLASSIC
Music producer founder and creator -Rundi music genre Nkunda abantu nkanka amakosa

Benewacu aha mubona ni Elimi Burundi itumye vyose yatumye bitora inzira
07/08/2026

Benewacu aha mubona ni Elimi Burundi itumye vyose yatumye bitora inzira

Benewacu aka gacerere mazemwo imisi burya gatekeye vyinshi πŸ”₯
06/08/2026

Benewacu aka gacerere mazemwo imisi burya gatekeye vyinshi πŸ”₯



πŸ—£οΈπŸ—£οΈπŸ—£οΈ
12/07/2026

πŸ—£οΈπŸ—£οΈπŸ—£οΈ

Twifadikanije na Elimi Burundi Twuguruye  imiryango kubaririmvyi bafise impano biphuza iterambere kandi bazi ico baronde...
16/05/2026

Twifadikanije na Elimi Burundi Twuguruye imiryango kubaririmvyi bafise impano biphuza iterambere kandi bazi ico barondera.

Muguhitamwo bamwe mu baririmvyi tugiye gukorana twahisemwo kubaha Promotion abazokwitwara neza bazohabwa ikaze muri

N.B : Aya mahirwe ntagucike we musole nawe nkumi wiphuza gushika kure kubw’Impano yawe

15/05/2026

PROMOTION PROMOTION PROMOTION

na

Babaririmvyi mwitorera hano umusi wanyuma nuyu 3 bambere ejo muzobabwirwa 1……2…..3….. Ninde wiphuzako atoburamwo ??? N.B...
14/05/2026

Babaririmvyi mwitorera hano umusi wanyuma nuyu 3 bambere ejo muzobabwirwa

1……
2…..
3…..

Ninde wiphuzako atoburamwo ???

N.B : akantu kumutse karaje hamwe na ELIMI MUSIC πŸ”₯

Uyu munsi nisabukuru yanje imyaka iranjanye wawundi yavuga badufunge ngo ntiturongora bazohava bahera iwanje πŸ˜‚πŸ˜‚ HBD to m...
11/05/2026

Uyu munsi nisabukuru yanje imyaka iranjanye wawundi yavuga badufunge ngo ntiturongora bazohava bahera iwanje πŸ˜‚πŸ˜‚

HBD to me πŸŽ‚



Benewacu mbega mwakino gihe turacakeneye abanyamahanga baza kudukorera imiziki ???
25/04/2026

Benewacu mbega mwakino gihe turacakeneye abanyamahanga baza kudukorera imiziki ???


Kano kanya Ndikumwe na LinoG Umvukuri hamwe na mugenzaje  mutubaze ikibazo kimwe kimwe turiteguye kubishura πŸ˜‹πŸ‘‡πŸΎ
19/04/2026

Kano kanya Ndikumwe na LinoG Umvukuri hamwe na mugenzaje mutubaze ikibazo kimwe kimwe turiteguye kubishura πŸ˜‹πŸ‘‡πŸΎ

Benewacu mbega muracankeneye cnk nanje ngende Imahanga nahe umuti wa herayo πŸ˜‚ CHAMPION πŸ”œπŸ”₯   🌎
12/04/2026

Benewacu mbega muracankeneye cnk nanje ngende Imahanga nahe umuti wa herayo πŸ˜‚

CHAMPION πŸ”œπŸ”₯

🌎

Address

Kayanza

Telephone

+25761062254

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jibu The Classic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Jibu The Classic:

Shortcuts

Share

Category