Øg Fïstøñ

Øg Fïstøñ ⭐Prometer burundi African 🇧🇮

⭐Woba wipfuza kwamamaza

⭐Twakure tubigufashe

⭐ Please follow me 👉 Øg Fïstøñ

⭐Dushigikire umuziki wacu🎶⭐

🎤🔴   🇧🇮🦛 : Imvubu yariye Umwana muto mu Kanyenkoko 🥺Inkuru ibabaje yamenyekanye kuri uwuWa mbere aho umwana muto yarikoA...
16/12/2025

🎤🔴 🇧🇮🦛 : Imvubu yariye Umwana muto mu Kanyenkoko 🥺

Inkuru ibabaje yamenyekanye kuri uwu
Wa mbere aho umwana muto yariko
Aroga hamwe n’abandi mu ruzi rwa
𝐓𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐲𝐢𝐤𝐚, mu Kanyenkoko (Birimba,
Rumonge), yariwe n’imvubu.

🎽 Icasigaye n’impuzu y’uyo mwana, Bazisanzwe ku musozi, ivyatumye Bimenyekana ko yariwe n’ico gikoko. Umuvyeyi wiwe yavuze ko ariwe Yazimenyeye nk’impuzu umwana wiwe Yahora yambara. 😭

🗣️ Abavyeyi n’abajejwe intwaro
Basabwe gukangurira abana kwirinda
Kwegera aho izo mvubu ziboneka, kuko Zishobora gutera abantu, cane cane
Abana bato.

🙏 Twifatanyije n’umuryango wabuze, Turabahojeje. Ibi ni ibintu bibabaje cane
Bikwiye gufatwa nk’icigwa kuri bose.
😭🕊️💔

15/12/2025
Ikidoma ubu ntikiri ikidoma  aho nihee?
15/12/2025

Ikidoma ubu ntikiri ikidoma aho nihee?

Umufana wa real Madrid Mr. Tubane Neza
14/12/2025

Umufana wa real Madrid Mr. Tubane Neza

Drama T from Burundi
12/12/2025

Drama T from Burundi

12/12/2025

Mwaramutse neza Igitondo ciza

Wamenyemwo uwahe muraba 3
11/12/2025

Wamenyemwo uwahe muraba 3

Wamwana yaragwazwe na Tijo le Comédien yitavye imana  imwakire
10/12/2025

Wamwana yaragwazwe na Tijo le Comédien yitavye imana
imwakire

  AHANIMUGIHUGU CAHE UDAHENGANYE???1... 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲2... 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪♀️3... 5nibindi 😂😂😂😂😂🇹🇿❎❎❎❎
10/12/2025

AHANIMUGIHUGU CAHE UDAHENGANYE???
1... 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
2... 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪♀️
3...
5nibindi 😂😂😂😂😂🇹🇿❎❎❎❎

Ndazi ntahumuzi ariko vyoba vyiza umusabiye kumana
08/12/2025

Ndazi ntahumuzi ariko vyoba vyiza umusabiye kumana

Address

Kayanza

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Øg Fïstøñ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share