IrcishaAdo

IrcishaAdo Ibigezweho

Jewe erega sinanka Jamari wa FC Barcelona kwatwara igikombe 😂 jewe nanka amafyeri aca akurikira inyuma yo kugitwara ndab...
22/07/2026

Jewe erega sinanka Jamari wa FC Barcelona kwatwara igikombe 😂 jewe nanka amafyeri aca akurikira inyuma yo kugitwara ndabira vraiment kurira isambusa irimwo agapiripiri aho nyene mugipukuru muri stade irimwo Donald Trump 🇱🇷😂

Aho rero Jamari ntaba arahura nacagi petit cabo nayademu yiwe Inès Raguël 😂 inyuma yokugitwara umufana wa Barça wese mu Burundi acika prophète wa Football mukugusigurira sha umenga atwara FIFA No Blagues No Panyanya 😃😂

Niyo mpamvu dusenga Imana idukize ako kaguma kubera ko tuba tugowe iciza mugitwaye duca twirabira kuba YOYA 😅

A la Une @ Promoter de la Capitale 🇧🇮

🔴🔥 AMAKURU Y'INKINO ARIKO ARAVURWA HIRYA NINO KWISI MWIKI GITONDO🌍🔥🔴🚨 FC Barcelone ngo yahisemwo kuzosinyisha abakinyi 2...
21/04/2026

🔴🔥 AMAKURU Y'INKINO ARIKO ARAVURWA HIRYA NINO KWISI MWIKI GITONDO🌍🔥

🔴🚨 FC Barcelone ngo yahisemwo kuzosinyisha abakinyi 2 gusa muci :

- Alessandro Bastoni kuri miriyoni 60€
- Hamwe n'uwundi musatirizi akomeye kuri miriyoni 100€, bivugwa ko ashobora kuba Julian Alvarez ✍️👇

🗞️ MD

🔴🚨 Eduardo Camavinga ntashaka kuzova muri Real Madrid muci, ahubwo ariteguye gukora ibishoboka vyose ngo arabe ko Real Madrid yomugumana. 💪 🇫🇷 ✍️👇

🗞️ FabrizioRomano

🔴🚨 Mitrović Avuga kukuza kwa Cristiano Ronaldo mwihiganwa rya Saudi Pro League 🇸🇦 :

🗣️🎙️« Inyuma y'uko Cristiano Ronaldo aje ngaha mwihiganwa ryo muri Arabie Saudite, vyaciye vyoroha ko n'abandi bose baza. Yarafashije cane kugira ihiganwa rya Saudi Pro League ritere imbere. » ⚽🇵🇹

🔴🚨 Ngo ntamugambi n'umwe uhari mumugwi wa Chelsea wo kwirukana umumenyereza Liam Rosenior naho bitariko bigenda neza mur'ino minsi ✍️👇

🗞️ FabrizioRomano

🔴TERMINÉ ⏱️
LECCE ⚪ 1-1 🟣 FIORENTINA

⚽ Jack Harrison 30'
⚽ Tiago Gabriel 71'

🇮🇹

🔴🔥 Ukaba ukunda amakura y'inkino ndagushikiriza kora suivre na follow ugume wironkera amakuru y'inkino kumwanya kumwanya 🇧🇮🇧🇮

21/04/2026
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
21/03/2026

🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

⚽ Umurwi wa Aigle Noir wemerewe imiriyoni 50M mugihe worangiza ihiganwa udatsinzwe urukino narumwe 😱Reverien Ndikuriyo a...
18/03/2026

⚽ Umurwi wa Aigle Noir wemerewe imiriyoni 50M mugihe worangiza ihiganwa udatsinzwe urukino narumwe 😱

Reverien Ndikuriyo arongoye umurwi wa Aigle Noir Sc yatanganje ko mugihe umurwi wa Aigle Noir worangiza ihiganwa udatsinzwe urukino narumwe bazoca baronswa imiriyoni 50M z'amarundi.

Izo miriyoni 50 zikaba zizokwiyongera kuzindi miriyoni 50 zisanzwe zitangwa na FFB kumurwi watahukanye igikombe ca primus ligue ( izi umurwi waramaze kuzitahukana).

Hasigaye inkino 4 gusa ngo ihiganwa rirangire, mubona bizokunda ?

nturengane utagize follow kurino page yanje

18/03/2026

Address

Makamba

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IrcishaAdo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share