22/10/2025
🔸 Umuhungu ati: Mukobwa??
🔹Umukobwa nawe ati : Wiiii
🔸 Umuhungu ati: Umeza neza???
🔹Umukobwa nawe ati: Nisawa.
🔸 Umuhungu ati : Sister nukuri mbonye profil yawe usaneza,uri mwiza vya danger.😘
🔹Umukobwa nawe ati: Merci.
🔸 Umuhungu ati: Nukuri jewe nagukunze uramutse ubaye uwanje namahigwe kuri jewe nta nakimwe nokwima kabisa pe!!!
🔹Umukobwa nawe ati :Vya kweli ntanakimwe woreka kumpa nemeye ko dukundana⁉️
🔸 Umuhungu ati:Warahi unyemereye ko dukundana ivyo mfinse vyose vyoba ivyawe‼️
🔹Umukobwa nawe ati: Waaau,ndakwikundira rero humura.
🔸 Umuhungu ati:🙏🙏,Aho uri mukuri????
🔹Umukobwa nawe ati: Ego ndagukunda kweli, none ukoriki❓❓
🔸 Umuhungu ati: Jewe nkora muri Bank i Bujumbura🇧🇮.
🔹Umukobwa nawe ati:Chéri ryooh,nivyiza cane wanje, none Chuchu ukora mubiro vyakangahe kugira nzoze kugutemberera???
✳️Rero kubera yagomba arabe ko uwo mukobwa amukunda vyukuri aca amwishura ati:
🔸 Umuhungu ati: Oyaha Chérie sinkora mubiro, jewe kubera ndakoropa nkaca ivyatsi nkongera nkavomera amashurwe urumva mba mfinse akazi kenshi.
🔹Yeeeh umukobwa ngo avyumve aca yishura wa muhungu ati: Ooooooooooh my God‼️Mbega wewe urafise ubwenge bukwiye❓ninde yaguhaye numéro yanje ya WhatsApp❓❓
🔸 Umuhungu ati: None Chérie habayiki ?
🔹Umukobwa nawe ati: Arrhéeee jewe sindi Chérie wawe ubimenye.
🔸 Umuhungu ati: None urampevye nukuri???
🔹Umukobwa nawe ati: Jewe sindi kuri nivo yawe , urarondera abo mukwiranye.
🔸 Umuhungu ati: Ndagukunda nukuri💕.
🔹Umukobwa nawe ati: Hewe twubahane ba ugira indero jewe ntidukwiranye❌
✳️✳️Kandi kubera ko Umuhungu yari yabeshe uwo mukobwa,aca aramwishura ati :
🔸 Umuhungu ati: Wapi nakubeshe nkora mubiro vya kane muri Bank kandi ndi icegera c'uwutwara Bank.
🔹Umukobwa nawe ati: Aho uri mukuri nyene???
🔸Umuhungu ati: Ego nukuri.
🔹Umukobwa nawe ati: Birampimbaye Chéri wanj .
🔸 Umuhungu ati: Kura uburofa ngaho.
🔹Umukobwa nawe ati: None Chéri wanje nibiki???
🔸 Umuhungu ati: Jewe sindi Chéri wawe shaaa!!!
🔹Umukobwa nawe a