Al HIKMA TV

Al HIKMA TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Al HIKMA TV, TV Channel, Muyinga, Muyinga.

Assalam alaikum warahmatullah wabarakatuh muraho muri imporenkuko tubizi indongozi zacu arintagoheka mwiterambere ry'ubu...
10/07/2026

Assalam alaikum warahmatullah wabarakatuh muraho muri impore
nkuko tubizi indongozi zacu arintagoheka mwiterambere ry'ubu islam n'iryigihugu muri rusangi.
nuko twobamenyesha ko Umuryango w'Abaislam mu watanguje kumugaragaro unomusi igenekerezo rya 10/7/2026 umugambi wo gukora programme imwe y'amashure ya Coran (Madrassa) hamwe n'amashure idini rya islam risangiye na leta (Ecoles sous convention ).
Uwo mugambi uzotuma amashure yose ya Coran agira programme imwe mu Burundi bwose cokimwe nayandi mashure y'Idini rya Islam ku bijanye n'ubumenyi bw'idini rya Islam.Bikazoca bifasha kuronka abamenyi baba islamu bazoba bafise ubumenyi bw'idini hamwe nubundi bumenyi butandukanye .Ivyo bikorwa bikaba vyari vyatewe iteka n'indongozi zitandukanye zo mumuryango wabaislam mu Burundi aha twovuga nka Nyakubahwa M***i w'Igihugu CHEIKHSALUMNAYABAGABO,Nyakubahwa umunkuru w'Inama nkuru yaba Sheikh ALLY KHAMISI n'abagize iyo nama,abaserukira ibisata bitandukanye muri COMIBU, abarongoye intara zose zigize Uburundi, abakuru n'abajejwe inyigisho mu mashure amwe amwe yo mugihugu n'abandi Murivyo bikorwa umuryango w'Abaislam wafashwe mu mugongo n'Ingoma y'Igihugu ca Quatar biciye mwishirahamwe Charity

murakoze niharambe Ubu islam buteyimbere mu Burund niharambe aba Islam bivyiyumviro birashe vyo gutezimbere ubu islam aba islam n'igihugu muri rusangi niharamb iteramber rirama mu Burundi.

IMANA ihezagira uburongozi bwacu bwa COMIBU nizigihugu ciza c'Uburundi ijimbere indongozi zacu za COMIBU nizigihugu cacu ciza c'Uburundi kandi ihezagire nyakubahwa wacu M***I CHEIKH SALUM NAYABAGABO inamuhe ukwihangana no gushika kwiterambere rirama. murakoze

By : JEISHULLAH.

IMANA ibashoze kuguma muterintambwe no guterimber munatezimber ubu islam.yongere ibatangurire munzira zose mucamwo hama ...
01/07/2026

IMANA ibashoze kuguma muterintambwe no guterimber munatezimber ubu islam.

yongere ibatangurire munzira zose mucamwo hama anabigize kure nabipfuza kubacafuza

29/06/2026

Assalam alaikum warahmatullah wabarakatuh habari nduga wapendw wa islam popot mlip nimependa tucangie hii video kidog ya huu juma'a anaemucafua CHEIKH NURUDIN KISHIK kwa mambo mengi saan.
na nik**a kijan mmoj anae mtandao unaoitw MAREHEMU BRO pamoja na huu ASSADULLAH OMAR hao mtandao yao nikam wanatak kufundisha, kuhukumu na kutowa inje mambo ambayo ni makos aliofanyw na maviongoz wetu wa dini.
je hao watu wana ilim kuzidi wangine au nao ni k**a huu juma sikiriza vizuri hio video utaelewa.

kinaconishangaza kira siku ma viongozi wa dini haswa M***I wa BURUNDI CHEIKH SALUM NAYABAGABO anatuita kwa wito wa kiheshima na kutuomb kua kitu kimoja ila hakuna atasiku moja hawa wanaojifany wanaon makosa ya ma viongozi wetu wa dini kutangazia jamii kuhusikan na hiki maviongoz wanacokiomb. Na kwa kutangazia maendero ya jamii na kutangazia wa islam woote kwa ujumra. wanapatikana wakati wameon kitu cenye hakin faida kwetu wal kwa jamii.

nduguzangu nawaomba tushik**an tuwe kitu kimoja na tutupie mbari watu k**a haw ili tufwatishe mwenendo wa Mtume wetu MUHAMMAD (S.A.W ).

wamunsi twar turindiranye iteka ni gishika urageze. ni hirya y'ejo aho bukuera itariki 23/5/026. aho tuzomena beto kurus...
21/05/2026

wamunsi twar turindiranye iteka ni gishika urageze. ni hirya y'ejo aho bukuera itariki 23/5/026. aho tuzomena beto kurusenge (dalle) igira kabiri nimushidukane niyonka kugira twironkere khel kuv kwa ALLAH

13/05/2026
13/05/2026

Uburongozi bw'INTARA ya BUHUMUZA bwa COMIBU bufadikanije n'uburongozi bw'INTARA yagutse ya MUYINGA burabahamagarira aba ISLAM boose bari mu Burundi nabari inyuma y'igihugu na cane cane abo mu Ntara ya BUHUMUZA muri comine yagutse ya MUYINGA ko mwosidukana niyinka nuwoba arwaye asabe ALLAH azobe yarakize ko kumunsi wagatandatu igenekerezo rya 16/5/2026 ko hazoba ikivi rusangi co kumena beto kuri dalle ya kabiri yinyubakwa ya MADRASSATUL ABOU HURAIRA mu comine ya MUYINGA Intara ya BUHUMUZA muri Qaritie Swahiri kurya gatatu kikazotangura mugatondo kakare inyuma yisengesho rya AL FAJRI. Murakoze

13/05/2026

Tukitoka kwenye kuvi rusangi MUYINGA tarehe 16/5/026

Uongozi wa COMIBU ukishirikiana na uongozi wama CHEIKH nchini BURUNDI unawataka Waislamu wote nchini Burundi na nje ya nchi, hasa wale walio katika mkowa BUJUMBURA pana kwa kukusanyika pamoja na ikiwa kuna mtu mgonjwa, muombe Mwenyezi Mungu amponye ili asikose. Kwenye ikivi rusangi ca kumwanga zege kwenye ghorofa ya pili ya jengo la OFISI LA UONGOZI MKUU WA KIISLAMU NCHINI BURUNDI (M***I) kazi hii itafanyika ambapo ofisi ya M***I inapojengwa Qaritie NYAKABIGA karibu na msikiti wa CHEIKH ABDI DJONI itaanza nyuma ya swala ya AL FAJRI. Asante.
Kumbuka hivi uko unabemberezwa na kuonyeshwa badhi ya matendo yatakayokujongeza kwa ALLAH ila unakwepa fikiri siku yenye utakuwa we mwenyewe hakuna mtetezi na mtetezi uko unamkwepa na ni vitendo vyako vizuri utakuwa wanani? Aco kupoteza mda furusa ni hii ili isi je ukajutia badae kwa kuomba segonde moja kwa ALLAH ili uje kufanye lizuri limoja hilo seginde uko nalo kwa huu mda pambana lisije likakutoroka bure.

Uhusia wangu huna nguvu za kuja kushirikiana na wangine huna hela za kutowa basi mlilie ALLAH atungoze njia ilionyoka na awezeshe wa islam woote wa ujumra na awape wepesi ma viongozi wetu kwasababu wamebeba mzigo mzito saana

13/05/2026

Tukiva kukivi rusangi co kwigenekerezo rya 16/5/026

Uburongozi bwa COMIBU bufadikanije n'uburongozi bwa ba CHEIKH mu BURUNDI burabahamagarira aba ISLAM boose bari mu Burundi nabari inyuma y'igihugu na cane cane abo mu Ntara yagutse ya BUJUMBURA ko mwosidukana niyinka nuwoba arwaye asabe ALLAH azobe yarakize ko kumunsi wagatandatu igenekerezo rya 23/5/2026 ko hazoba ikivi rusangi co kumena beto kuri dalle ya kabiri kunyubakwa y'IBIRO VYUBURONGOZI BWABA ISLAM MU BURUNDI ( BWA M***I) ico dikorwa kikazobera aho biro ya M***I iriko irubakwa muri Qaritie NYAKABIGA iruhande y'umusigiti wa CHEIKH ABDI DJONI mwijabe kikazotangura mugatondo kakare inyuma yisengesho rya AL FAJRI. Murakoze

Impanuro ncuti yanje dusangiye ukwemera nimba atanguvu ufise zo kuza kwifatanya nabandi, nta mahera yo gutanga, rero senga ALLAH atuyobore mu nzira igororotse yongere ahe inguvu n'ubushobozi abayisilamu bose muri rusangi yongere ahe umuco no kurashobora muri vyose abarongozi bacu kuko bikoreye umutwaro uremereye.

Uongozi wa mko wa BUHUMUZA wa COMIBU ukishirikiana na uongozi wa wilaya pana ya MUYINGA unawatangazia Waislamu wote nchi...
13/05/2026

Uongozi wa mko wa BUHUMUZA wa COMIBU ukishirikiana na uongozi wa wilaya pana ya MUYINGA unawatangazia Waislamu wote nchini Burundi na wale walio nje ya nchi, hasa wale walio katika mkowa wa BUHUMUZA katika wilaya pana ya MUYINGA. Kwamba Jumamosi tarehe 16/5/2026 kutakuwa na ikivi rusangi ya jumla ya kumwaga zege kwenye ghorofa ya pili ya jengo la MADRASSATUL ABOU HURAIRA katika wilaya ya MUYINGA mkoa wa BUHUMUZA huko Qaritie Swahiri barabara ya tatu mda wa asubuhi baada ya sala ya AL FAJRI. Asante.

Address

Muyinga
Muyinga
6362

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Al HIKMA TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share