Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz

Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz Music show business

🔥BUJA NIGHT COMEDYAbantu b'abasirimu bose basigaye bateramira ngaha kuko umusirimu arorosha ubuzima akirinda umujinya, i...
28/12/2025

🔥BUJA NIGHT COMEDY

Abantu b'abasirimu bose basigaye bateramira ngaha kuko umusirimu arorosha ubuzima akirinda umujinya, ico kibanza naco ni ikibanza kigufasha kworosha ubuzima ukarangiza Week End utwenga😂

Nanje kuva aho mbereye umusirimu nsigaye nja kunonora imbavu muri ,

Ejo aho bukera rero akarere gapanze uko, n'umu comedien wanje nemera Macumi le comédien niho azoba ari co kimwe na Jaja Mycheck, Mkombozi Lucifer niho azoba ari abaririmbire ku ncuro yambere indirimbo nshasha yiwe yise Kimpe nako 😋 , nawe ntazoba yatanzwe n'abandi benshi......

Umufana wanje wese tuzohahurire twifotozanye agafoto kuko niho nzoba nibereye nanje....

: Rohero Muganuro bar
: 10k

  ibintu vyoguma ukwonabibonyevyogorana kuronka uwuzosubirira
29/11/2025

ibintu vyoguma ukwonabibonye
vyogorana kuronka uwuzosubirira

God has the most Amazing good plan for you
11/11/2025

God has the most Amazing good plan for you

 🇧🇮to AustraliaLet Make our Burundian Music to the word to next Next🎤🎤🎤🎤🎤🔥🔥🔥🔥🔥🔥Umwe Mubaririmvyi Babarundi Ariko yafatir...
01/11/2025

🇧🇮to Australia
Let Make our Burundian Music to the word to next Next🎤🎤🎤🎤🎤🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Umwe Mubaririmvyi Babarundi Ariko yafatira imitiya yabazungu nabirabure
ngayamateka Ariko yandika Mundirimbo ziwe
👇👇👇👇👇✍️✍️✍️✍️✍️
https://youtu.be/zu0hk1MbRLY?si=XuxZWXDFeN68dLGK
Afise igiteramo kidasanzwe kwirigenekerezo
mubona kwiyi Affiche Abari Austria muze kumushigikira Etc
gushikire Umuziki Mwiza✍️✍️✍️👇👇👇
https://youtu.be/zu0hk1MbRLY?si=XuxZWXDFeN68dLGK

YAYAYAAYA🤭🤭❌❌Imihanda ikomeje kunyerera nkeu💘🤣Mbega ninde aza kudukiza aya matiku atanguye hagati ya  na  ⁉️Inyuma yuko ...
31/10/2025

YAYAYAAYA🤭🤭
❌❌Imihanda ikomeje kunyerera nkeu💘🤣

Mbega ninde aza kudukiza aya matiku atanguye hagati ya na ⁉️

Inyuma yuko havuzwe ko ngo hari ( ya yashizwe kuri yiwe, vyabonetse ko yashize inguvu muvyo kwinjira cane mur'iyo affaire kugira ngw'ashire hanze ivyinyegeje inyuma yayo.

Ivyo navyo abibonye yamwiyamye maze atanga n'icîyumvīro cerekana ko atabishigikiye na gato aho yagize ati:

"Lee sharon ibintu uriko ukora sivyiza na gato kuko uriko ubeshaaa caane! Nk'uyo mupfasoni washize DIELLA upostinze womusab pardon kuko ntabwari mumatiku yanyu sometimes we need to mind our own business you are very stupid!
NB: Uyo mupfasoni yashizeko n'ububeshi arikwamucafuza mutekan nzobah ukuri mugb la dame yabeshewe!"

Bamwe bati mwabuze ivyo mukora mutanguye kuturenza induru!🤔🥱🥱🥱

Abandi bati yaryoshe ama MEGA twaguze reka tuyinjoyinge vyume vyumye!😅👌🥱🤔

Ivyo vyose bikaba vyabaye inyuma y'uko kaboss yibwe phone maze iyo wakera igapostingwa kuri STORY ya SNAPCHAT yiwe aho benshi bahera bemeza ko ariwe yariko arakora ibiri mur'iyo video.
Ariko wewe, , arabihakana akavugako ari abashatse kumwononera izina!

  Ativyagenze Nurundi Yivukira   Akurira   avahoyigira   Amaze Gushikiya Life igenda nezaAraza Atora umurindikazi Amujan...
28/10/2025

Ativyagenze Nurundi Yivukira Akurira avahoyigira Amaze Gushikiya Life igenda neza
Araza Atora umurindikazi Amujana bakora ubukwebwamutwaye zirenga kuko Gukorera Mariage iburaya ntivyoroshe
ikibazo kumusi wamariage yarimbiye indirimbo umugore Nabazungu Bararara nukuri kwimana
ubu imihanda yamunyereranye bivanye nukwo
umugore yamuhindutse Iburayaha naho Umugore ntukozako ikofe imbwa ziba zikuriye.
Numvirije indirimbo yiwe kuri Mariage nivyishimo vyaribihari ndarira😭😭😭
umviriza nawe muri 👇👇👇https://youtu.be/Q5GCGMYSlT4?si=v59PhPnMMJsmkc4j.
by Rafiki Aka Fiki Fiki
ucugira icumuhanuye kugira Akokezanye nicuki ciwe

  Bariko bavuga ibijanye na   Murubujumbura yose Ariko imbere yuko inyuma yuko twigina itsinzi Nabazaniye Icamamare Mumu...
26/10/2025

Bariko bavuga ibijanye na Murubujumbura yose Ariko imbere yuko inyuma yuko twigina itsinzi Nabazaniye Icamamare Mumuziki Ndundi Asanzwe yibera mugihugu ca Ariko Decembere Arazakwirira Abana nokwirabira umuryango wiwe umviriza kano karimbo kiwe ucugaruka Muri commentaire!! Muburundi Tubandanya kwugara impande zose Link ngiyo👇👇👇 ntibibure Muraziko Twibamiye neza

https://youtu.be/Bjr0S-h3pY4?si=tik92PwCjYxrgmCz

25/10/2025

Nkuko bimenyeshwa na , guhera k'umusi wambere ihungabana ry'umuyagankuba mwibagire ❌

Amwe muma majambo umucafyi Pasco de l'art yashikirije inyuma yo gucapa isanamu nziza ya Espérance NDORICIMPA agira ati:"...
10/09/2025

Amwe muma majambo umucafyi Pasco de l'art yashikirije inyuma yo gucapa isanamu nziza ya Espérance NDORICIMPA agira ati:"

Uko Twishimye cane turi muri Radio Pj Classic FM 97.3 MHz 📻📻📻

🔵Wari umwanya udasanzwe hagati yacu twese, kubwanje, kubwumutumire witeka, no kubwaba menyesha makuru🎙

Ivyo vyabaye inyuma yo gucapa ifoto nziza y'umuririmvyi kazi w'indirimbo mpimbazamana
Espérance Ndoricimpa , asanzwe avuka mu Burundi🇧🇮 ariko ubu akaba aba muri Canada 🇨🇦
Yari yatumye twese tugiranira ibihe vyiza vy'umunezero.

🔴Kugira ndamwiyumvireko, nuko hari vyinshi cane namwigiyeko :
Numu Maman yicisha bugufi cane, akunda abantu, w'umutima mwiza, aremesha, afasha abandi,.... ndetse n'indirimbo ziwe ziraremesha imitima ya benshi.

Rero vyarivyigiciro kinini guhura nawe kuko vyambereye umugisha.

N.B : wewe ubwawe niki wakoze, uriko ukora, canke uzokora abantu bazokwigirako??

Kanda 👉👉 Pasco de l'art kugirango ubashe gukurikirana ibikorwa vyacu🙌

Fondation Espérance Ndoricimpa - FEN
Sisi DA Silva
Ninziza Divine officiel
Akeza.net
Magazine Jimbere
Edisson Ndayahoze
Burundi top news
Yaga
Iteka Magazine
Buja FM
Igici Fm

10/09/2025
🫣🇺🇲 Yagirije   Imbere y'ubutungane ko yamukubaguye none Ubu ariko asaba ko bamurekura. Uwahoze ari umukunzi wa   azwi nk...
08/08/2025

🫣🇺🇲 Yagirije Imbere y'ubutungane ko yamukubaguye none Ubu ariko asaba ko bamurekura.

Uwahoze ari umukunzi wa azwi nka , yamenyekanye nk'Uwagiriza ivyaha 3 Imbere ya Sentare , yaburaniye ku mugaragaro ku rubuga rwa Threads.

Ubu ariko arasaba Leta gupfungura .

🙍🏽‍♀️ Uyu ni umugore yamenyekanye mubagiriza ivyaha bikomeye gusumvya .

Address

Bujumbura
81234

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz:

Share