Ivyacu

Ivyacu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ivyacu, Media/News Company, Ngagara, Ngagara.

Ishusho yumuziki ndundii!!🇧🇮🇧🇮 Bavuze umuzi wi Burundi aba bagabo baza imbere!! Big Fizzo na -B
18/12/2022

Ishusho yumuziki ndundii!!🇧🇮🇧🇮 Bavuze umuzi wi Burundi aba bagabo baza imbere!! Big Fizzo na -B

🚨Brucee melody yamaze gushika i burundiAriko ukuntu abarundi ba supporting umuziki wo murwanda bitandukanye nuko abanyar...
31/08/2022

🚨Brucee melody yamaze gushika i burundi
Ariko ukuntu abarundi ba supporting umuziki wo murwanda bitandukanye nuko abanyarwanda babikora kumuziki wacu
🛑Kubwanje dukwiye kubaha kurugero nkuko natwe baduhako

na kur page plz

🔴🔴 Mutama Jean Pierre Nimbona benshi bazi kwizina rya   Ngo Yoba agiye gutahuka inyuma yimyaka 27 aba hanze yigihugu nga...
31/08/2022

🔴🔴 Mutama Jean Pierre Nimbona benshi bazi kwizina rya Ngo Yoba agiye gutahuka inyuma yimyaka 27 aba hanze yigihugu ngaho hakurya mugihugu kibanyi ca kenya 🇰🇪
Ivyo akaba ariwe yavyiyandikiye kurubuga rwiwe rwa Facebook.

🔴Mwomenyako yahora aza kenshi aje kukazi ariko ubu akaba aje kuhaba burundu

na kur page hamw na vyawe vyodufashe.

📷:isanamu twayitijije tuyikuye kwa Edisson Ndayahoze

🔴Harigihe wibaza ngo urukundo nyakuri rwaraheza bivanye nabantu ukuntu bahindutse ariko sivyo namba urukundo rwukuri rur...
31/08/2022

🔴Harigihe wibaza ngo urukundo nyakuri rwaraheza bivanye nabantu ukuntu bahindutse ariko sivyo namba urukundo rwukuri rurabaho!!

Iyi sanamu iraza kuguha icirwa!

kur page na vyawe birakenew🙏

🔴🛑🚨Mu ruziba Pasiteke🍉🍉 ni rya nawee!! Asha bazikina nkumupira kubwo kuba nyinshiUguze imwe bakonger igunira😅
30/08/2022

🔴🛑🚨Mu ruziba Pasiteke🍉🍉 ni rya nawee!! Asha bazikina nkumupira kubwo kuba nyinshi
Uguze imwe bakonger igunira😅

Big Fizzo ati :”Hariho umucamanza yitwa umwanya ashira umwe wes mukibanza ciwe”Ivyo yoba yabivuze bivuye kuki!?
30/08/2022

Big Fizzo ati :”Hariho umucamanza yitwa umwanya ashira umwe wes mukibanza ciwe”
Ivyo yoba yabivuze bivuye kuki!?

🔴Lolilo akaba abahereje igikorwa kimezee nezaa cane🔥🔥🔥Musimbire kur youtube mumushigikir
30/08/2022

🔴Lolilo akaba abahereje igikorwa kimezee nezaa cane🔥🔥🔥
Musimbire kur youtube mumushigikir

30/08/2022
Imwe muma couple yiwacuu mur indasi😅yumuziki murundi itovye😍!!!
30/08/2022

Imwe muma couple yiwacuu mur indasi😅yumuziki murundi itovye😍!!!

30/08/2022

Mwoba namwe mumaze kubibona iyo Dr Big Fizzo atari muburundi umuziki wuburundi uba umenga waryamye!!

Address

Ngagara
Ngagara

Telephone

+25768816850

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ivyacu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share