
23/07/2024
bwaraye bugunduye inzira ica mu kuzimu (tunnel), ababirigi bahora bacamwo bagiye kwimba ubutare bwo mu bwoko bwa « » na « » muri komine , intara ya . Igitangaje, igihe Uburundi bwikukira, ababirigi baciye bagenda bugaye iyo nzira bakoresheje "béton", ku buryo ata n’umwe yomenya aho hantu.
Iyi nzira yabonywe muri za ngendo umukuru w’igihugu, , amazemwo iminsi mu gihugu hagati yitiriye . Yari yaramutse agendera i sosiyete isanzwe icukura ubwo butare muri ako karere. Baca baramwereka iyo nzira yakoreshwa n’ababirigi igihe c’ubukoroni.
Umukuru w’igihugu amaze kubona ico kinogo yavuze ko bibabaje cane kubona ababirigi ari bo bagenda baravuga ko Uburundi ari igihugu ca mbere gikenye kandi ari bo basize bazibiye itunga k**a ry'igihugu kugira abarundi ntibazopfe bamenye ubutuzi bafise ngo maze batere imbere.
Ku bw’ivyo, umukuru w’igihugu ahamagarira abarundi kumera magabo bacunge ubutunzi bw’igihugu. Ngo kuko abo bari babizibiye ubu ko vyamenyekanye bashobora gukoreshe abarundi badakunda igihugu kugira basubire babitobe.
Ibi nyabuna ngo vyoha inguvu zina murundi wese kugira bashire ubumenyi n’iguvu hamwe. Gutyo, abarundi bashobore guteza imbere igihugu cabo.
-ushak inkuru Nixa ikunzwe cane rabi iracabandany neuro yanje