VKTU Académie Kiremba

VKTU Académie Kiremba Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from VKTU Académie Kiremba, Media/News Company, Kiremba, Ngozi.

Urugendo rw'umugwi VKTU Académie Kiremba rurangiye mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihuguVKTU Académie bakaba baheje...
08/03/2023

Urugendo rw'umugwi VKTU Académie Kiremba rurangiye mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu

VKTU Académie bakaba bahejeje gutsindwa na Musave United yo mu kayanza ibitsindo 4 kuri 3

Muntumbero yo gutegura Ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu, umugwi   kuruyu w'imana uzokwakira   yo kuruhororo, n'u...
04/03/2023

Muntumbero yo gutegura Ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu, umugwi kuruyu w'imana uzokwakira yo kuruhororo, n'urukino rwa gicuti ruzobera kukibuga c'ikiremba.

Kwinjira kumpande n'amafranga amajanatanu kumpande zose 500FBU.

Ni mugihe kandi kumusi wa gatatu VKTU Académie Kiremba uzoca ukina na Musave United yo mu kayanza kukibuga Gatwaro co mukayanza mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu.

Umugwi   uhejeje kuronka uburenganzira bwo kuzokina urukino rukurikira inyuma yo gutsinda igitsindo kimwe kubusa (1-0) u...
15/02/2023

Umugwi uhejeje kuronka uburenganzira bwo kuzokina urukino rukurikira inyuma yo gutsinda igitsindo kimwe kubusa (1-0) umugwi

Mwomenyako rwarurukino rwo mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu.Urukino rukaba rwariko rurabera kukibuga co mu .

-2023

Umugwi   uhejeje kuronka uburenganzira bwo kuzokina urukino rukurikira inyuma yo gutsinda   yo mu kirundo ibitsindo 4 Ku...
01/02/2023

Umugwi uhejeje kuronka uburenganzira bwo kuzokina urukino rukurikira inyuma yo gutsinda yo mu kirundo ibitsindo 4 Ku 0 ,n'urukino rwaranzwe n'ubuhinga budasanzwe rwabereye kukibuga co mu vyegwa mu ntara ya Ngozi.

Mukamenyako urukino rukurikira umugwi Kiremba uzoca uhura n'umugwi

Atagihindutse ugworukino rukazoba hagati y'igenekerezo rya 14 na 15 Ruhuhuma uno mwaka, ikibuga bazokinirako ntikiramenyekana.



Inyuma yaho Umugwi   ukiniye urukino rwa gicuti na   y'ingozi VKTU Académie Kiremba bakabatsinda ibitsindo 3 kuri 1, ubu...
31/01/2023

Inyuma yaho Umugwi ukiniye urukino rwa gicuti na y'ingozi VKTU Académie Kiremba bakabatsinda ibitsindo 3 kuri 1, ubutigu bwageze ico bari bamaze imisi bitegurira cageze.

Ni kuruno wa gatatu igenekerezo rya 1 Ruhuhuma uno mwaka aho kukibuga co mu ivumbi rizoba ririko riratumuka igihe c'isaha icenda (15h00),hagati ya na yo mu kirundo ,Hazoba ari mwihiganwa nyezina ry'igikombe c'umukuru w'igihugu

Abafana ba VKTU Académie Kiremba muri mu micungararo , imvukira murahawe ikaze kuza gushigikira umugwi wanyu

Mwomenyako urukino ruzoca kunsamirizi BUNTU ikibiriraho aho muzorushikirizwa na Rwasa j Paul cokimwe na Elie Haragakiza.



Umukinyi J Claude batazira   asanzwe akinira Umugwi  ariko arimenyereza mu mugwi wa   Tubibutseko VKTU Académie Kiremba ...
17/01/2023

Umukinyi J Claude batazira asanzwe akinira Umugwi ariko arimenyereza mu mugwi wa

Tubibutseko VKTU Académie Kiremba isanzwe iri mu cicaro ca gatatu ikaba kandi izokina n'ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu buca gitangura guhera igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2023 bakazotangura bakina n'umugwi wo mu kirundo

04/01/2023
Vyamenyekanye umugwi   mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu 2022-2023 urukino rwabo rwambere bazokina na   . Hazob...
04/01/2023

Vyamenyekanye umugwi mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu 2022-2023 urukino rwabo rwambere bazokina na . Hazoba ari kwigenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2023 kukibuga co mu Vyegwa.

Mwomenyako kumvo z'uko ikibuga co mu vyegwa imvura yaguye kiba kimeze nabi hariko haraba ukwumvikana kumpande zose kugira bikunze urukino rushigwe kukindi kibuga kandi amahigwe meshi hoba canke ikiremba kubera ibindi bibuga bazoba bariko barabikinirako.Tuzobabwira ingingo yafashwe.



VKTU Académie Kiremba n'umugwi uriko ugaragaza ubushobozi budasanzwe_________________________Vyabonekeye kurukino rwa ki...
19/12/2022

VKTU Académie Kiremba n'umugwi uriko ugaragaza ubushobozi budasanzwe
_________________________

Vyabonekeye kurukino rwa kivandimwe rwo kuruyu w'imana igenekerezo rya 18 Kigarama 2022, aho bari baramutse bakira umugwi wari wavuye imuyinga n'urukino rwabereye kukibuga Gatwaro Ikiremba ruza kurangira VKTU Académie itsinze ibitsindo 6 kuri 3

Umukinyi j Claude batazira KABEBE akaba yatsinze ibitsindo 3 wenyene, n'urukino rwari rwitabiriwe n'abantu isinzi kugira birabire vyukuri ubushobozi uwo mugwi uzokwerekana muri Local no mwihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu.

Umumenyereza Franco wa VKTU Académie Kiremba yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 18 azokwifashisha mu rukino rwa kivand...
16/12/2022

Umumenyereza Franco wa VKTU Académie Kiremba yashize ahabona urutonde rw'abakinyi 18 azokwifashisha mu rukino rwa kivandimwe uwo mugwi uzokina na Flambeau Académie kumusi w'imana.

Umugwi   w'ikiremba, urakomeze kwitegurira urukino rwa gicuti bazokina na   izoba yaje iva muri Commune Gashoho intara y...
16/12/2022

Umugwi w'ikiremba, urakomeze kwitegurira urukino rwa gicuti bazokina na izoba yaje iva muri Commune Gashoho intara ya Muyinga

Ni kumusi w'imana igenekerezo rya 18-12-2022 kukibuga igatwaro muri Commune kiremba igihe c'isaha 14h00

Tubibutseko ibiciro vyo kwinjira vyaramaze kuja ahabona

Kumpande :500fbu
Mubwugamo: 1000fbu
VIP : 2000

Abakunzi ba VKTU rero murahawe ikaze kuza gushigikira umugwi wanyu mukunda.



Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rihejeje kwemerera umugwi   kuzokina Ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'ig...
01/12/2022

Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rihejeje kwemerera umugwi kuzokina Ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu rigiye gutangura mu kwezi kwa mbere

Ivyo rero bikaba bibaye inyuma yaho uburongozi bw'uwo mugwi buheruka gushira mu ngiro ibisabwa kugira ukine iryo higanwa.

Address

Kiremba
Ngozi

Telephone

+25771071220

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when VKTU Académie Kiremba posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to VKTU Académie Kiremba:

Share