Ngozi town

Ngozi town Ngozi town

17/07/2025

Hello everyone 👋, muraho muramez neza?
Hari abantu beshi, bamwe bariko bibwa abandi bariko batanga amafranga y'umurengera🤔
Abo ni bamwe mu Rwaruka ruriko ruja kurondera ubuzima mu gihugu ca Reta zunze ubumwe z'abarabu ( Emirates Unies d'Arabe) précisément i Dubaï, murabo hari abagenda babifashijwemwo na bagenzi babo bari murico gihugu(Dubai), abandi bakabufashwamwo n'ama agences akavuga ko yemewe n'amategeko ariko atarivyo,
Abeshi mururwo rwaruka ruribwa abandi bakakwa amafranga y'umurengera mbere bakanuzezwa ko bagiye kuronka urukiza mu gihe gito!!
Rwaruka twese dufise intego yo kwiteza imbera mbere tugateza imbere n'igihugu ariko biciye mu muco.
Ni mwiyo mvo nifuje kubararikira muntu uri
1. 🇧🇮 mu Burundi umenye neza inzira bisaba kandi izwi iciye mu mategeko

2. Muntu uri Dubaï namwe mudufashe kugira urwaruka rwenewanyu ntirujuragirike murufashe kugira dutere imbere twese, kugira duhashe twongere tudomeko urutoke uwo wese ariko asahura benewanyu akongera akabata mu kaga, aho twovuga nko kubaha viza atarizo( feke Visa), n'ibindi.

Ni mwiyo ntumbero awariwe wese afise iciyumviro, amakuru, ashaka kujayo, ariyo ko amaze gusoma iyi post ko yosigako numero ya watsap kugira aje muri groupe de watsap canke akatwandikira kuri +25768440211

Uwoba ahazi ambarire!!!!
24/11/2023

Uwoba ahazi ambarire!!!!

Said Brazza !! Ruhuka igikorwa Wategerezwa gukora waragikoze
24/03/2023

Said Brazza !!
Ruhuka igikorwa Wategerezwa gukora waragikoze

19/12/2022

Address

Rue Intwari
Ngozi
231NGOZI

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ngozi town posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ngozi town:

Share