Radio Ntumbero FM 94.6 Mhz

Radio Ntumbero FM 94.6 Mhz Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Radio Ntumbero FM 94.6 Mhz, Broadcasting & media production company, Quartier Camugani, Ngozi.

24/06/2023

Weekend nziza ku bakunzi b'insamirizi Ntumbero FM 94.6 MHz
Twakure kuri +257 67152330

11/06/2023

Jumapili njema kwa wasikilizaji wote wa redio ya Ntumbero FM inayorusha matangazo yake kutoka jiji la Ngozi

08/06/2023

Igihe c'isaha 12h15 kurikire amakuru mu kirundi kuri 94.6 Mhz

Turabahaye ikaze mu biganiro vyacu vy'uyu musi
08/06/2023

Turabahaye ikaze mu biganiro vyacu vy'uyu musi

27/05/2023

Radio NTUMBERO FM irabipfurije week-end nziza

Umushikiranganji wa mbere wa l'ETA y'uburundi Gervais Ndirakobuca ari kumwe n'umutambukanyi wiwe ,yaraye afashe rutemiki...
18/04/2023

Umushikiranganji wa mbere wa l'ETA y'uburundi Gervais Ndirakobuca ari kumwe n'umutambukanyi wiwe ,yaraye afashe rutemikirere kuruyu wambere igenekerezo rya 17 Ndamukiza,murugendo rwakazi mu gihugu c'ubutariyano ni butumire bwa mugenziwe w'ico gihugu.

N'uko bimenyeshwa n'ibiro bijejwe kumenyesha amakuru Niro vy'umushikiranganji wa mbere w'uburundi,akaba yakoze urwo rugendo mu ntumbero yo gukomeza imigenderanire iri hatari y'ivyo bihugu bibiri.

18/04/2023

Insamirizi yanyu Ntumbero FM igiye kwugurura ibiganiro vyayo vuba.Ni kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Rusama 2023.

Address

Quartier Camugani
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio Ntumbero FM 94.6 Mhz posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share