YAMBI TV

YAMBI TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from YAMBI TV, TV Channel, UNION AFRICAN, Ngozi.

08/02/2025

Morning well
Umunsi wahariwe ibidukukije abahizi mw'iterambere,berekane Aho bagejeje isemo.
Aba Encadreurs sportifs et protection de l'environnement bo kurwego rwa commune baracakenewe.
Mugir'umunsi mwiza
https://chat.whatsapp.com/H3Wl8BSeHPBBHmz9Z9SYaw

07/02/2025

Morning well,
Aba Juds n'aba Judines hariho abataramenya inkomoko y'ijambo: "UMURYANGO W'ABA JUDS "
Kurikirane inyigisho zo kuruyu wa kabiri 11Ruhuhuma2025,ku mugoroba
Uzahamenyera vyinshi

https://chat.whatsapp.com/H3Wl8BSeHPBBHmz9Z9SYaw

MN: Duhurire muri comments

07/02/2025

INYIGISHO MPINDURA MYIFATO z'Umuvyeyi mu muryango w'aba Juds:
- GUHUNGA, ivyo guhunga arabitubwira
- GUKURIKIRA,ivyo gukurikira arabivuga
- KUGWANA,aratubwira intambara yo kugwana
- GUCAKIRA atubwira kandi ico gucakira

https://chat.whatsapp.com/H3Wl8BSeHPBBHmz9Z9SYaw

MN: Duhurira muri comments nimba wafashijwe.

07/02/2025

Morning well
Nk'uko ijuru n'isi vyashizweho n'ijambo;
Aba Juds n'Aba Judines mwahoze amahirwe yo kuba mur'uyu muryango,
- Musoma Kandi mwumviriza;N'ijambo rigira ubishobozi BWO GUHINDURA amateka,ukubaho kw'abayumva
- Uwanjanjwa kuvyo yigishwa niwe aba yiyanjanjweko
- Abashize imitahe hamwe kugira bashigikire IMIGAMBI yanyu ntaco babasaba atari ukwerekana umutima wo kwifuza uguter'Imbere IGIHUGU Urwaruka ruve mu bukene
- MURAKOZE
- https://chat.whatsapp.com/H3Wl8BSeHPBBHmz9Z9SYaw

06/02/2025
06/02/2025

Soma UBUTUMWA buri muri video

05/02/2025

Morning well

04/02/2025

Hi,

04/02/2025

Morning well
Turabateye intege abamaze kuja kukivi

02/02/2025

Courage to new couples!Be wise and faithful to your promises!!

Address

UNION AFRICAN
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when YAMBI TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category