23/05/2026
๐ซต๐ซต๐ซต
Hariho Ibintu vyitwa ๐ Kandi ukaryarya umunyamuji mugenzawe ukibaza KO atakubona ๐ ,Njewe nivyo Nama Navuze , CHAGGY COMEDY Umwaka urahera Atakintu Gishasha AZANYE ahubwo hokugira Vyunguke bitera bisubira Inyuma ๐ Ex : Ya Team yiwe yarishoboye Urihe ?? ,Yambara izihe mpuzu zizimvye ? Afise ataje ma parce ? Afise Look imeze gute ??? ๐๐๐๐คท,Ibaze GUTEGURA Akarori Ka 200 Noneho ugaca ushaka kwica Brand y'abahungu Bariko bariyubaka, ubutesha agaciro ๐คท๐คท๐คท๐ค๐ค
๐๏ธ๐๏ธ Ibaze nkokugira Chifronny Dollaty (DOLLATY )UMWAMI W'AMAPIANO ngaha Dufise Muzi n'ibikorwa vyiwe ingene Biri VIP Kandi Akaba Ubu Ariwe novugako Aduserukira mumuziki ndundi Ukamushira musi yutwo twana Ngo , n'utundi dusore Tutazi ivyo turimwo muriyi industry ๐ค๐ค๐ค Ukwo si Gutukana Vrmt ???
๐จ Vyonyene nkabo bana Bari Muri Team n'abantu bataritahura nagato Kuko gukorera Chaggy NTUBA urimenya ๐คฃ icambere NTA Hit ntanoya azoguha ,Ntanijana azoguha โ Ntana support Muvyo ukora azoguha โAriko ukaca wirirwa umwirukinyuma ๐คฃ๐คฃ๐คฃ EXAMPLE : Babahungu Babikora Neza Nka : รgwรซgรธ รnd-pรฏstรธ , , & , Shukrani Gaheza etc BARIHE ??? YABAGEJEJEHE ??? BE MASO ๐ซต๐
๐ต๐ด๐ก IGITANGAJE ๐ซฃ๐ซฃ๐ซฃ Abaririmvyi b'ingozi Bakomeza kumurondera kugira Agire icafabashije harimwo no kubashirira Muri community kugira barebe KO ibikorwa vyabo Nabo Vyoduga Ariko ACA YIGIRA ZIMZA ๐คฃ Bwaca kabiri ugasanga Yabashize Kubu affiche Bwa 2000 ๐ซข๐ซข๐ซข MWE MURIZERA IBITANGAZA AHO BITARI BASHA ๐ซต
๐๐๐ Reka Nibaze KO Dollaty Bamushizeko Bamuhaye Ayakwiye ๐คฃ๐คฃ๐คฃ Kuko aha harimwo no gusevya izina ryawe KO arirya200 rihahamukira Hit Kuko Sinumva ukuntu woba ukora indirimbo zivara umwumwe itwara 5Millions Ariko ugaca usangawagiy NGO NGO GuPafomingira Mukarori uzosangayo Abana b'imyaka 5gushika kuri 15 Kuko ntamugungu Yiyemera canke umukobwa yize neza Afise Vigo yiwe Yoja kwanduza Ipere yiwe Yaguze 200.000fbu NGO agiye Kuraba I natch ๐๐๐
Ivyo nitwatuntu two kuryosha Abana bato TWESE turabibona ba10_15ans ๐๏ธ๐๏ธ Ivyama biberayo
๐คท๐คท๐คท
I'm Mufasa One UMURIRO WO KWOTERA KURE