Patora4real

Patora4real 🔥UPDATE NEWS ONE PLANET🔥
🇷🇼🇧🇮🇨🇩🇹🇿🇺🇲🇰🇪🇳🇬🇦🇪
📍whatsapp [+25762982989]
📍influence & promoter
📍a.k.a TIGER B🐅
(1)

  🇧🇮 🚨  Mr Black Melanin boy   Ariko Aryoherwa Ku ndirimbo CARRY ME Arikumwe Na DdboyMelanin Boy Ari Mubambere Batwara m...
12/05/2026

🇧🇮 🚨 Mr Black Melanin boy Ariko Aryoherwa Ku ndirimbo CARRY ME Arikumwe Na Ddboy

Melanin Boy Ari Mubambere Batwara melody zose Kndi Akazitwaramwo Neza Abo Tubona Bimwe Nibande?

It's me Patora4real

  🇧🇮 🚨  Umuririmvyi Fernando aye Amaze Imisi Avyongana Kumbuga  Aho Indirimbo Yiwe So Sana Vyanse Kwimenyakana Mubantu N...
12/05/2026

🇧🇮 🚨 Umuririmvyi Fernando aye Amaze Imisi Avyongana Kumbuga Aho Indirimbo Yiwe So Sana Vyanse Kwimenyakana Mubantu Nkuko Yabishaka Aca Avuga Yuko Avyonge Sat-B Kubera Niwe Afise Idarapo Kano Kanya 🤣

Sat-B Yakoze Callabo Na
Fernando Akora Callobo Na

Niyahe Ndirimbo ufise Muri Telephone Gushika Kano Kanya?

It's me Patora4real

  🇧🇮 🚨  Ubu Tuvugana Monia Fleur Na LinoG Umvukuri  Love Yabo Imeze Neza Cane Aho Basubiranye Atagushwana BirimwoNawe Wo...
10/05/2026

🇧🇮 🚨 Ubu Tuvugana Monia Fleur Na LinoG Umvukuri Love Yabo Imeze Neza Cane Aho Basubiranye Atagushwana Birimwo

Nawe Woba Wakunda Iyi Couple Kuba Yasubiranye?

Its me Patora4real

  🇧🇮 🚨   🤣  LinoG Umvukuri Yamaze Gukanguka Muragowe Mwabonye Poitrine Afise🤣Mwabonye  Ko Yagangutse Canke Ni AI🤣It's me...
08/05/2026

🇧🇮 🚨 🤣 LinoG Umvukuri Yamaze Gukanguka Muragowe Mwabonye Poitrine Afise🤣

Mwabonye Ko Yagangutse Canke Ni AI🤣

It's me Patora4real

  🇧🇮 🚨  Kumbe Monia Fleur Ntagira Igitereko🤣 Vyabintu Birahambaye Mwibanza Ko coba Camenyende Mubo umaze Kubonana Monia ...
07/05/2026

🇧🇮 🚨 Kumbe Monia Fleur Ntagira Igitereko🤣 Vyabintu Birahambaye

Mwibanza Ko coba Camenyende Mubo umaze Kubonana Monia Fleur Bose🤣🤣

It's me Patora4real

07/05/2026

🇧🇮 🚨 📽💣 Umusaza Melanin boy Aranyemeje Ngaha Ingene Yaririmbishije Umuzungu Ikirundi kandi Ninawe Azanye Collabo Ivuye Canada Mukandike Ahantu 👌🤔

Ddboy Na Melanin Boy Indirimbo Bise CARRY ME Wayumvise Gute Ahuherereye✊🏿🔥🔥

It's me Patora4real

07/05/2026

🇧🇮 🚨 Nzindukanye Na Monia Fleur Kuri Vibes Zibisazi Na Gyna Gynella Official Nabandi...

Mugume Mundabira Gynella Ingene Akatika🥱🤣

It's me Patora4real

  🇧🇮 🚨  Drama T  Ahejeje Kunyibira Akabanga Kundirimbo IHOLELE Agire Ashire ahabona Nimundwi Iza  Mube Muri Tegura Hit I...
06/05/2026

🇧🇮 🚨 Drama T Ahejeje Kunyibira Akabanga Kundirimbo IHOLELE Agire Ashire ahabona Nimundwi Iza Mube Muri Tegura Hit Iyindi Igira Igaragare

Uramutse Uhuye Na DramaT Utibesheye Nigiki womusaba?

It's me Patora4real

06/05/2026

🇧🇮 🚨 📽💣 Iyi Tel-Aviv Ya Sat-B Ni Virus Zaryamungu Inyuma Yandirimbo AHA NIHE Tel Aviv Irayoboye

Abo Tuvyemeranya Murihehe?

It's me Patora4real

  🇧🇮 🚨  Umuririmvyi Kirikou A Kili Akaba Ariko Aratera Ubwoba Abandi Baririmvyi Yuko Irya REMIX REKA SHA  Arikumwe na D-...
06/05/2026

🇧🇮 🚨 Umuririmvyi Kirikou A Kili Akaba Ariko Aratera Ubwoba Abandi Baririmvyi Yuko Irya REMIX REKA SHA Arikumwe na D-One Ari Imponjo Harakantu Izirinyuma Yuko Baziruka 🫢

Mubona Bizoba Kundirimbo Zibiri Ziri Inyuma Za Kirikou ee?

It's me Patora4real

  🇧🇮 🚨  🇧🇮🔥Ndabaza manager wawamusanga Monia Fleur  Mbega y'andirimbo mwaterako amajambo ko izoza irenze vyarangiriye he...
06/05/2026

🇧🇮 🚨 🇧🇮🔥Ndabaza manager wawamusanga Monia Fleur Mbega y'andirimbo mwaterako amajambo ko izoza irenze vyarangiriye hehe ko Nawe Ari mubo Sat-B yaroze indirimbo y'iwe ntaho ndanayumva nukuri.

✍️ Monia Fleur y'ari uwaza 2023 ubu narabe asubire Dubai kuranguza🤣

It's me Patora4real

Address

Bujumbura
Nyabugete

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Patora4real posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category