14/08/2025
๐จ๐จ๐ขโฝ La Liga ntiyigera isaba amafaranga yo โkwandikishaโ umukinyi โ. Bitahure Nawe uko bigenda. ATI bigenda gute?
Abantu benshi bibaza KO buri mugwi wosa ugomba kubanza gutanga amafaranga kugira wandikishe umukinyi. Oya namba ๐ฎโ๐จ.
๐ก La Liga ikora iki iyo umugwi ushaka kwandikisha umukinyi? ๐คทโโ๏ธ
๐ Iragerageza kuraba ko uwo mugwi wubahiriza urugero ntarengwa rwโamafaranga akoreshwa mu mishahara (plafond salarial).
๐ง Urugero ntarengwa rwโimishahara ni iki?
Ni amafaranga menshi cane umugwi wemerewe gukoresha mu guhemba abakinyi bose hamwe (harimwo: imishahara, uturusho, nโibindi ..). โ
๐ Urugero:
Nka Real Madrid ifise urugero ntarengwa rwa 500 Mโฌ ๐ต.
Bivuga ko amafaranga yose ikoreshereza imishahara yโabakinyi mu mwaka adakwiye kurenza ayo 500 Mโฌ. โ
โก Nimba ishaka kuzana umukinyi mushasha ahembwa 20 Mโฌ ku mwaka, ayo mafaranga agomba kuba aciye muri ayo 500 Mโฌ ntarengwa. โ
๐ Uko kwandikisha umukinyi bikorwa
1. Umugwi urungika amasezerano nโinyandiko zโuwo mukinyi ๐
2. La Liga irasuzuma ko umushahara wiwe utarenza urugero ntarengwa rwโayo mugwi
โ
Nimba bitararenza: umukinyi yandikwa
โ Nimba birenze: baranka kumwandika, ntiyemere gukina
๐ค Kuki imigwi imwe igurisha ibintu bitandukanye kugira ibone amafaranga?
Iyo umugwi wamaze kurenza urugero ntarengwa rwโimishahara, ntushobora kwinjiza abandi bakinyi gushika ugabanije ayo umaze gukoresha mu mishahara.
๐ Urugero:
FC Barcelone ifise urugero ntarengwa rwa 300 Mโฌ Ku mwaka, ariko imaze gukoresha 290 Mโฌ/Ku mwaka ku mishahara.
Ishaka kuzana abakinnyi 8 bariha Bose hamwe 40 Mโฌ Ku mwaka.
โก 290 + 40 = 330 Mโฌ > 300 Mโฌ (urugero rurenze) โ
La Liga ica yanka kubandika.
๐ฏ Ikibanza nyamukuru ca La Liga:
Kumenya ko imigwi iri mu buryo bwiza bwโubutunzi ๐ต
Kugenzura uko abakinyi bandikwa mu guca mu migwi ๐ baraba
Kwirinda amadeni menshi no kubahiriza amategeko yโinkino โ๏ธ
๐Ni birebire ariko ubisomye neza uratahura uko ibintu bimwe bimwe bimeze muri Laliga.
๐ Ntimwibagire kugira canke kwino page yacu muce mwugurura compte nshasha za , , canke mukoresheje code promo
๐INKINO100
๐ Twandikire watsapp 62 42 99 45 tugufashe canke winjire muri groupe yacu ya watsapp Link ๐ ๐ ๐
https://chat.whatsapp.com/IqMGl1GuuJg9VsPWsD9mBO?mode=ac_t