Abandi Media

Abandi Media ABĂNDI s'ábăndi n'ábarùúndi bândi băgize nk'ábăndi bagira urunaní rw'útugénegéne, ubusésānguzi, n'íbìíndi.

Abăndi rēró musabwe gufátira akarorero ku BĂNDI mugahāmvya abăndi kugírango mumeré nk'ábandi mukumenya ibìíndi.

14/07/2022
18/05/2022

🤣😂😂 Uwumutama RUCO yarabaye akibare k'inzoga ! Yari yigwaje ariko abonye icupa aciye akira🤣😂 Ewe Jaguar waragowe, nubure kutiyomokera🤣 Turatwenze imbavu zirasenyagurika, twengana natwe ariko wibuke gusangiza abandi ! Mwibuke no kugira like kuri page yacu

08/05/2022

Ndayarinze SERIES EPISODE 5
Ubu hoho karabaye, mutama RUCO anyoye umukoyo arawuhaga😂😂🤣 Nimurabe namwe, twatwenze turakummbagaraaaa.
Umuntu atararaba NDAYARINZE arahomvye😂

Turabasavye mwibuke kugira like ndetse na share kuri page yacu kugira ngo ibice bikurikira ntibibacike😁😁

NDAYARINZE SERIES EP5BAKUNZI ba ABANDI MEDIA na NDAYARINZE SERIES, nkuko mumenyereye urukurikirane rw'ireresi itwenza is...
08/05/2022

NDAYARINZE SERIES EP5

BAKUNZI ba ABANDI MEDIA na NDAYARINZE SERIES, nkuko mumenyereye urukurikirane rw'ireresi itwenza isanzwe ica kurubuga rwacu, ubuheruka mwabonye umutama Ruco atahana utuntu we yise amazirantoki, muri EP 4. Uyumusi rero mutegure imbavu. Ubu hoho muri EP 5 isohoka uyumusi nyene ntibisanzwe Umuhungu na se ruza guca uwambaye...

Follow

Ntubure gutwenga Kandi wifitiye amenyoo🤣🤣😂😂❤️❤️❤️

01/05/2022

Abandi Comdey: NDAYARINZE SERIES EPISODE 4
Ubu noneho karabaye, unomutama asumye amazirantonke.

Follow

Nimba udakunda gutwenga nukuri ndakagutuye, nivyanka ko utwenga uridigadiga, nivyanka ko widigadiga uze ngukuzeho iry'urwarwa.

Mwibuke kugira like na share mwabagabo mwe kugirango ntimuzocikwe nivyo hanyuma !

Amahoro y'Imana abane namwe. Abakunzi ba Ndayarinze Series akanya nigwanyu, mumwanya uri imbere irabashwaramwo. Mube mur...
01/05/2022

Amahoro y'Imana abane namwe. Abakunzi ba Ndayarinze Series akanya nigwanyu, mumwanya uri imbere irabashwaramwo. Mube murategura imbavu kuko ntibija kworoha, mushishikare mugira like na share kugirango nabandi ntibacikwe, uwatara fyonda kuri like turamusavye abikore🔥🔥🔥🔥🔥🔥

26/04/2022

Igice c'indwi:Amamuko y'intambara y'abayahudi n'abanyapalestina
Twamaze kubona uko uruhande rumwe gwose rusigura sekuruza wabo.Aha mwomenya ko abanyapalestina Bari kuruhande rw'idini rya islamu abayahudi n'abo bari kuruhande rw'idini ry'ikiyahudi bita (Judaïsme).Mwomenya ko Judaïsme itandukanye na Christianisme kuko imyemerere itandukanye nk'uko tuzobibona mubice bizokurikira.
➡️Yaba Ismaili canke Isaka bose baremerwa n'abanyapalestina hamwe n'aba islamu muri rusangi nk'intumwa z'Imana kuko bose basenga Imana imwe rudende ya se wabo Baremeza kandi ko Ismaili a samuragwa kuko ariwe yari imfura y'Aburahamu
➡️Abayahudi n'abakristo baremera Isaka ko ariwe mwana w'isezerano ariko bakiyibagiza Ismaili ariwe mwana w'imfura.
➡️Ubu naho turabire hamwe uko uruvyaro rwumwe wese uko rwagiye rurakura kugeza nabugingo muri iyi misi:
◾ Ismaïl :uyu yaravyaye abana ariko uwo tuzi neza ni umuhungu agira kabiri wiwe yitwa Kedar(itangura25:13) ari nawe abaislamu bavuga ko yoba yamutseko umuryango w'aba Kurayishi wamukamwo Intumwa y'Imana Muhammad (psl).
◾Isaka:uyu nawe yavyaye abahungu babiri nk'uko tubisanga mugitabu c'itanguriro nyene aribo Essau ariwe Edomu n'a Yakobo yabavyaye kuri Rebeka.Aha Essau ivyiwe vyarangiye yibwe umugisha na murunawe Yakobo abifashijwemwo na nyina.Aha ivyiwe ntawubizi ko yabandanije n'uko yahavuye apfa ariko ivyo tubona muri bibiliya n'uko hadondowe n'uruvyaro rwiwe ariko ntavyinshi bamuvugako.Mukanya turabandanya n'ukuntu ihanga rya Israeli ryavutse.Bandanya kugira like na share mubandanye kwironkera amakuru kuri iyi page🙏🙏 un

🤣😂🤣😂😂😂Haaaaaalooooooooooooooo, abakunzi ba NDAYARINZE ryasango rirageze mwitegure, mukanya gato caaane igice cagatatu ca...
20/04/2022

🤣😂🤣😂😂😂Haaaaaalooooooooooooooo, abakunzi ba NDAYARINZE ryasango rirageze mwitegure, mukanya gato caaane igice cagatatu ca NDAYARINZE SERIES kirabashikira! Mugire like na share kugirango musangize abandi !

🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 muratwenga muvune imbavu

Mwarabonye NDAYARINZE Ep 1

https://fb.watch/cqdUu_Wt8j/

Eka mwongera murabona na Episode 2 yayo abatarayibona nayo bashobora kuyibona aha :
https://www.facebook.com/113541953823764/posts/514978420346780/?app=fbl

Ubu rero mwitegurire igice ca gatatu cayo; NDAYARINZE Ep 3 kumusi wa gatatu
inyuma ya SASITA ( 12H00'). Abataraba abonnés kuri page ABANDI MEDIA ari naho isanzwe isohokera mube muragira Like & FOLLOW kuri iyi page nyene kugirango ntize ibacike nacane cane ko ari inkuru yerekeye ubuzima bwa misi yose kandi iryoshe cane.

17/04/2022

Abandi Comedy Ep11
Uwu nawe ararambiwe no kubaho yipangiye agiye kuba kwa Tonto🤔 N'iki mumuhanuye abamaze kuba kwa ba Tonto??
Mushishikare kugira like na share kuri page yacu kugira bishasha ntibibacike😊

Mwarabonye NDAYARINZE Ep 1https://fb.watch/cqdUu_Wt8j/Eka mwongera murabona na Episode 2 yayo abatarayibona nayo bashobo...
16/04/2022

Mwarabonye NDAYARINZE Ep 1

https://fb.watch/cqdUu_Wt8j/

Eka mwongera murabona na Episode 2 yayo abatarayibona nayo bashobora kuyibona aha :
https://www.facebook.com/113541953823764/posts/514978420346780/?app=fbl

Ubu rero mwitegurire igice ca gatatu cayo; NDAYARINZE Ep 3 kumusi wa gatatu
inyuma ya SASITA ( 12H00'). Abataraba abonnés kuri page ABANDI MEDIA ari naho isanzwe isohokera mube muragira Like & FOLLOW kuri iyi page nyene kugirango ntize ibacike nacane cane ko ari inkuru yerekeye ubuzima bwa misi yose kandi iryoshe cane.

13/04/2022

Abandi comedy
NDAYARINZE SERIES EP2 🤣😂🤣ubu none karabaye umuhungu na se bapfuye umukobwa😂 Abatama b'ubu ntaco bacibanga peee! Ibi bintu bizoherera hehe?

🤣😂Buuuuuuuuuuuuuuuuuuuuum mumwanya ungana n"uwo gukubita urugohe, igice ca kabiiriiii caa Ndayarinze Series kirabashwara...
13/04/2022

🤣😂Buuuuuuuuuuuuuuuuuuuuum mumwanya ungana n"uwo gukubita urugohe, igice ca kabiiriiii caa Ndayarinze Series kirabashwaramwo.
Abataragira subscribe kuri chanel yacu, turabasavye mubikore kugiranko ntikabacikd

10/04/2022

Abandi comedy Ep10 🤣😂🤣😂Nyumvira nawe ngo uwivye bibiliya aba ar'umukirisu🤣😂 Inovore ako ka video k'abo basore bo muri .

Ariko hamwe wogenda utagize like na share woba ufise umutima mubi❤

  bahumaganye😂🤣🤣😂Ubuho baranyomoje baje bavuga ngo hariho  umusuma mwiza🤣😂Uwo musuma mwiza mwibaza ni uyuhe?Ba uragira l...
10/04/2022

bahumaganye😂🤣🤣😂

Ubuho baranyomoje baje bavuga ngo hariho umusuma mwiza🤣😂

Uwo musuma mwiza mwibaza ni uyuhe?

Ba uragira like kuri page zacu za urabe ako gafilm kazogutwenza ntusige n'imbavu🔥🔥🔥🔥

Mukurindira ba uraraba aka gafilm

https://www.facebook.com/113541953823764/posts/510364867474802/?app=fbl
Mukurindira ba ur

MBEGA UBUNTU!!! (Igice 1)----------------------------UBUNTU Ni ijambo rikomeye cane kwisi. Abantu Bose bahamagarirwa kug...
09/04/2022

MBEGA UBUNTU!!! (Igice 1)
----------------------------

UBUNTU Ni ijambo rikomeye cane kwisi. Abantu Bose bahamagarirwa kugira Ubuntu. Abanditsi batari bake b'abarundi bihweje uburemere bw'ijambo Ubuntu, bashimye kurigumiza mukirundi no mugihe baba banditse ibitabo vyabo canke indirimbo zabo mundimi zo mumakungu.

Ubuntu rero ntiburi mubantu gusa, ahubwo no munyamaswa ( ibikoko) zimwe zimwe burahari. Ehe namwe raba iyi sanamu aha hepfo murabe neza ibi bikoko. Harimwo kimwe gukuze, n'utundi duto. Intambwe y'ubuntu ikemera kurera ikongera ikanakuza umwana Atari uwayo Kandi Atari n'intambwe nka yo.

Mugice kizokurikira tuzobayagira muburyo bwimbitse insiguro nyezina y'ijambo "UBUNTU" .

Aka kanyamaswa woba warusanzwe ukazi ( Haba mukirundi canke mukinyamazuru)?? Bakita gute?

Follow

SONINKE PEOPLE:___________________INFLUENTIAL TRADERS AND TRAVEL-LOVING PEOPLE THAT FOUNDED THE FAMAOUS PRE-COLONIAL WES...
08/04/2022

SONINKE PEOPLE:
___________________
INFLUENTIAL TRADERS AND TRAVEL-LOVING PEOPLE THAT FOUNDED THE FAMAOUS PRE-COLONIAL WEST AFRICAN EMPIRE OF GHANA

The Soninke (also called Sarakole, Seraculeh, or Serahuli) are influential-agriculturalists, well-known traveling and celebrated traders as well as Mandé-speaking people of West Africa that founded the famous pre-colonial empire of Ghana c. 750-1240 CE. The Soninke who descend from the Bafour and are closely related to the Imraguen of Mauritania are historical celebrities in Africa in general and sub-Saharan Africa in particular. They have an interesting, proud and rich history. The modern day state of Ghana in south of West Africa are different from them. However, modern-day Ghana took the Soninke empire of Ghana`s name after independence.

After contact with Muslim Almoravid traders from the north around 1066, Soninke nobles of neighboring Takrur were among the first ethnic groups from Sub-Saharan West Africa to embrace Islam. When the Ghana empire dispersed, the resulting diaspora brought Soninkes to Mali, Senegal, Mauritania, Gambia, and Guinea-Bissau. This diaspora included Wangara, famous traders who spread far from traditionally Mande areas. Hence the term Wangara is used today in Ghana and Burkina Faso to describe the Soninke populations in cities and towns.

Today Soninke people live in the West African countries of Mali, Senegal, The Gambia, and Mauritania. There are some Soninke communities in Côte d'Ivoire, Guinea-Bissau, Guinea and Ghana.

The Soninke belonged to the pre-colonial indigenous Muslim merchants (jula), who travelled across the whole region, from the Guinean forest to the Sahel, and from Eastern Mali to the Atlantic coast. They traded in slaves, textiles, gold, salt, cattle, kola and other items back and forth the Senegambia and the Mande Plateau (Curtin 1975; Bathily 1989).
-

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Abandi Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share