Umwungere News

Umwungere News Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umwungere News, Media, Bujumbura.

Nous sommes une agence médiatique chrétienne dédiée à la proclamation, l'explication, et l'application de la Parole de Dieu de manière engageante et fidèle à travers des contenus variés et interactifs.

Our God loves every child!!!
16/07/2025

Our God loves every child!!!

On March 1, 2025, an inspiring conference on raising children according to the Bible was held at Shammah Temple Fellowship Church, Mukaza Parish. This event, imbued with wisdom and vision, offered parents, teachers, and caregivers valuable tools to guide children on the path of faith. The speaker, A...

🔴Mbega ishengero mu Burundi ryarabaye iryo abarundi canke riracari iryo abanyamahanga?  Onesphore Manirakiza, asanzwe ar...
14/07/2025

🔴Mbega ishengero mu Burundi ryarabaye iryo abarundi canke riracari iryo abanyamahanga?

Onesphore Manirakiza, asanzwe arongoye Foundation akaba kandi aserukira imbere y'amategeko ishengero Temple Fellowship mu Burundi, arahishura ibintu 5 vyerekana ko ishengero ryabaye k**a, ryahindutse ishengero ryabo muri ico gihugu canke rikiri iryo abo hanze.

Reka Tumutege yompi

📌Musomyi, ubona habura iki ngo ishengero ry'Uburundi ribere umugisha ayandi mahanga mu kubashikiriza ubutumwa bwiza?

Mbega isezerano rya kera muri Bibiliya  rivuga iki? "Ubwatsi butotahaye bwo mw'isezerano rya kera" ni igitabo candidatsw...
14/07/2025

Mbega isezerano rya kera muri Bibiliya rivuga iki?

"Ubwatsi butotahaye bwo mw'isezerano rya kera" ni igitabo candidatswe na Jean Apotre Nikiza gisobanura isezerano rya kera muri Bibiliya, kikaba cishura ku kibazo:
Mbega isezerano rya kera ritubwira iki? Nk'uko bishikirizwa na Onesphore Manirakiza asanzwe arongoye Antioch Foundation.

Pasteur Jean Apotre Nikiza yaraye ashize ahabona igitabo yanditse c’insobanuro ya Bibiliya kivuga isezerano rya kera mu rurimi rw’ikirundi

🔴None abakora akazi nabi bava hehe? Uko niko bibaza abitavye uruganda rw'inyigisho SING    #2025 inyuma yo gutahura uruh...
14/07/2025

🔴None abakora akazi nabi bava hehe? Uko niko bibaza abitavye uruganda rw'inyigisho SING #2025 inyuma yo gutahura uruhara rw'umwigishwa wa Yesu Kristo mu kibanza c'akazi.

📌Soma urabe ivyiyumviro vyatanze muri urwo ruganda rw'inyigisho hamwe n'abigisha batandukanye🤨🤯🤫🥱🤠🫶👍

Nimba mu Burundi ibice 90% ari abakristo, none abakora akazi nabi bava hehe? Umukristo wese akwiye kumeya ko afise “Podium” yiwe

🔴Nimba mu Burundi ibice 90% ari abakristo,none abakora akazi nabi bava hehe?Mu gihe kuri uyu wa 11,12, na 13 Mukakaro 20...
13/07/2025

🔴Nimba mu Burundi ibice 90% ari abakristo,none abakora akazi nabi bava hehe?

Mu gihe kuri uyu wa 11,12, na 13 Mukakaro 2025, hariko haraba uruganda rw'inyigisho mu gisagara ca Bujumbura rwateguwe n'ishengero "Eglise Messianique pour la Guerison des Ames-Paroisse Kinindo" rifadikanije n'ishirahamwe UCCD (United Christian for Change and Development) ku bakozi b'Imana mu ntumbero yo kwigishwa ingene abakristo boba abigishwa ba Yesu Kristo mu kibanza c'akazi, harabaye kwibaza nimba ibiharuro bivugwa ko vyoba arivyo, mu gihe ibice 90% mu Burundi ari abakristo, ariko ugasanga hageze gusuzuma ibihugu vya mbere birya ibiturire, ugasanga Uburundi buje mu kibanza ca kabiri canke ca gatatu.

📌Bagira bati: ...none ibice 10% atari abakristo nibo barya ibiturire?

🔴 muri ya mbere #1 urabe ivyiyumviro Abigisha batanze muri izo nyigisho kuri ico kibazo.

https://umwungere.com/en/why-is-the-church-called-the-family-of-god/
09/07/2025

https://umwungere.com/en/why-is-the-church-called-the-family-of-god/

The church is more than a building. It is a spiritual family that unites believers in Jesus Christ. All over the world, millions of Christians gather to pray, worship, and grow in faith. But why is the church called the family of God? How is this truth justified biblically? From the first disciples....

🔴A la découverte d’Umwungere News: une plateforme qui guide comme un berger!!! 📌Dans le paysage médiatique actuel, où la...
06/07/2025

🔴A la découverte d’Umwungere News: une plateforme qui guide comme un berger!!!


📌Dans le paysage médiatique actuel, où la diversité des sujets est traitée avec une rigueur professionnelle, l'objectif est souvent d'informer, d'éduquer et de susciter des réactions. Cependant, il devient de plus en plus rare de trouver des journalistes et des médias investis dans un journalisme responsable, centré sur l'évangile. Dans un monde déjà perturbé, de nombreuses personnes se sentent abandonnées, insécurisées et assoiffées de vérité.

📌Le Psaume 23, bien plus qu’un simple texte biblique, incarne un cri de confiance et une déclaration d’assurance absolue en Dieu, notre Berger fidèle. Il nous rappelle que, dans un monde troublé, il existe un guide sûr, un protecteur infaillible.
https://umwungere.com/fr/a-la-decouverte-de-umwungere-news-une-plateforme-qui-guide-comme-un-berger/

bible

Dans le paysage médiatique actuel, où la diversité des sujets est traitée avec une rigueur professionnelle, l’objectif est souvent d’informer, d’éduquer et de susciter des réactions. Cependant, il devient de plus en plus rare de trouver des journalistes et des médias investis dans un jo...

🔴  YAKO ni imwe mu ndirimbo za   SIMFUKWE, umuririmvyi wa Gospel aba muri Tanzanie. Uwo muririmvyi nawe ni umwe mubari b...
06/07/2025

🔴 YAKO ni imwe mu ndirimbo za SIMFUKWE, umuririmvyi wa Gospel aba muri Tanzanie. Uwo muririmvyi nawe ni umwe mubari bateye iteka INGANJI FESTIVAL 2025 na LIKE NEVER BEFORE!!!

📌Hari iyindi ndirimbo yiwe woba u*i?

Inganji

  JB, ni umuririmvyi ava muri RDC yashoboye kuza kwifadikanya n'abandi baririmvyi mu Burundi muri INGANJI Festival 2025 ...
06/07/2025

JB, ni umuririmvyi ava muri RDC yashoboye kuza kwifadikanya n'abandi baririmvyi mu Burundi muri INGANJI Festival 2025 hamwe rero no muri WORSHIP LIKE NEVER BEFORE yabaye itariki 15/6/2025.

Ni iyihe ndirimbo yiwe igufasha woba u*i?

01/07/2025
🔴"Abarongozi bama bafatiriwe ntibahindura isi"Bivugwa na   Groeschel, umupasitori, umwigishwa mpuzamakungu  w’ivyigwa vy...
27/06/2025

🔴"Abarongozi bama bafatiriwe ntibahindura isi"

Bivugwa na Groeschel, umupasitori, umwigishwa mpuzamakungu w’ivyigwa vy’uburongozi.

Iyo umuntu afise akazi kenshi uca umenga afise agaciro.......

🔴Umuvugabutumwa umwe yavuze ati:

“Nimba satani atoshobora kugukoresha nabi, azogutuma ufatirwa, muyandi majambo nimba utoshobora gutakaza intumbero, uzoguma wama ufatiriwe ntushobore gukora ibintu neza kuko ataco ushizeko umutima.”

🔴Wewe ukora vyose canke urafise ikintu ushizeko umutima?

🔴“ABANTU BAZOGUTERA INTEGE ZO GUKORA IVYO WIFUZA ARIKO BAZOGUCA INTEGE ZO GUKORA IVYAGUTWAYE UMUTIMA”Ivyo bishikirizwa n...
27/06/2025

🔴“ABANTU BAZOGUTERA INTEGE ZO GUKORA IVYO WIFUZA ARIKO BAZOGUCA INTEGE ZO GUKORA IVYAGUTWAYE UMUTIMA”

Ivyo bishikirizwa na Groeschel, umupasitori, umwigishwa mpuzamakungu w’ivyigwa vy’uburongozi muri Global Leadership Summit (GLS).

📌Mbega wewe urafise ikintu cagutwaye umutima wumva wohebera ubu*ima bwawe, cakindi naho wova kuri iyi si hagize ico ukoze wogenda unezerewe?

Address

Bujumbura

Telephone

+25769525152

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umwungere News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Umwungere News:

Share

Category