This is Rumonge

This is Rumonge This is Rumonge

Yaraye Abemereye Amazi mezi aho yari Murungendo rwakazi Muntara ya Rumonge Umukuru w'Igihugu Bwana Evaliste Ndayishimiye...
25/06/2022

Yaraye Abemereye Amazi mezi aho yari Murungendo rwakazi Muntara ya Rumonge Umukuru w'Igihugu Bwana Evaliste Ndayishimiye.ati Mumezi 3 Muzoba mwaronse Amazi meza. Bakaba baranamusavye Umuyaga nkuba Mugihe ariho hari icicaro gikuru ca Regideso ukaba ubaca hejuru.

Mwomenyako bamaze imyaka irenga 15basaba Amazi barayimwe,bakaba ba voma Uruzi Murembwe ruzsanzwe Rurimwo Umwanda mwishi uva Mumihana,Mumahinguriro nahandi hadashemeye ikindi Mwomenya n'uko Ababa Kuruyo mutumba 70%ari abamikoro make aho bibonekako abategetsi batabitaho kuko Ataburyo bwogusorora(Igiturire) bafita.

Amashi menshi kuri Neva.👏👏👏👏👏👏.

Abategetsi barihe?
Abatowe NGO nabashingamateka canke Abakenguzamateka barihe?

This is Rumonge Page

Gira Partage unafyonde kuri J'aaime.

Abanyarumonge Mukomze Gusenga ariko kandi Musengera Nindongozi zigize Intara Muhereye KubashingamatekaAbakenguza MatekaB...
25/06/2022

Abanyarumonge Mukomze Gusenga ariko kandi Musengera Nindongozi zigize Intara Muhereye Kubashingamateka
Abakenguza Mateka
Buramatari nabahanuzi biwe
Musitanteri na bahanuzi biwe ba De Zone

Kuko Ntivumvikana ukuntu boshaka Gusanura isoko aruko babanje Guhomvya abandi none iyo Nyakubahwa Umukuru w'igihugu iyo atagendera Ino Ntara ya Rumonge ibazo vyose vyibonekeje Ntanyishu vyoronse?

Abo Twavuze hejuru ntavyo bari N**i ko harimwo abo fashe ingingo bakoze iki?

Nibiturire vyarengeranye?

N'ubumenye buke bafise?

Ntibiyemera?

Biyemera Mumanyanga gusa?

Kugeza aho ukuru w'igihugu y'ikora Kuwutwara igipolice n'Igendereza Kugaragaro asaba ko Bomufasha Gukwirikirana Amanyanga ari Murumonge.

Ikibazo c'isoko coco nicakera kandi Dukeneye isoko yakijambere ariko indongozi zozo kubera ibiturire bahawe nabubatse Super Market Gwegura nabene bafisemwo Imitahe bashaka habomogwe iyakera hama itebe kubakwa kugira Iyakera yibagigwe hama abayihoramwo baje muri nshasha ,ariko indongozi ntiziyumvira uruhombo ruzogira abiyubakiy iyisoko yakera.

Bananiwe kubaka ibiro vyiNtara NGO bagomba bubake isoko ewe ndongozi za Rumonge!!.

Munyarumonge menya neza kumunsi wejo Umukuru w'igihugu yarahagaritse ayo manyanga yokugomba kubaka isoko atamuco ifita.



Gira Partage unafyonde Kuri J'aime.

Meneye Amakuru Avugwa Muntara ya Rumonge uciye Kuri Page yacu ya This is Rumonge Turiho kubwawe.

Mukanya n'Inkuru y'Ukuntu Habazwe inka yaboze Abategetsi bakemera ko idandazwa.

Nihano nyene kuri This is Rumonge

Umukuru w'Igihugu ati Muntara ya Rumonge ntibahana.Ati ngiye Kubavugutira Umuti.Ido n'ido nikumunsi wejo Muzogume Impand...
24/06/2022

Umukuru w'Igihugu ati Muntara ya Rumonge ntibahana.

Ati ngiye Kubavugutira Umuti.

Ido n'ido nikumunsi wejo Muzogume
Impande ya Page yanyu ya This is Rumonge.

Waruziko Abanyarumonge ko bariye Inyama y'Inka yapfishije?

Kubera inda ndende ya Bategetsi biyo Ntara?

Ejo ukuri Tuzogushira ahabona.



Amafoto Amajambo yavyuzwe n'ukuntu urugendo rwagenze nahejo aracatunganywa neza Muri Studio za This is Rumonge

Gira Partage unafyonde kuri J'aime.

21/06/2022

Iyi namwe ntimutangwe gusomako...

Waruziko Muri kano kanya ko ibarabara rya Bujumbura -Rumonge ko ritarako rirarengana?Imvo Aho bita Ruhanga ugira ushike ...
20/06/2022

Waruziko Muri kano kanya ko ibarabara rya Bujumbura -Rumonge ko ritarako rirarengana?

Imvo Aho bita Ruhanga ugira ushike Munyaruhongoka Umusozi waguye Mwibarabara rikaba ritahita.

Ivyo biruko mugihe ibarabara ryatanguye Gusanurwa.

Page ni This is Rumonge



Gira Partage unafyonde kuri J'aime

Ikibazo c'Amazi meza Muntara ya Rumonge ariyo komune  Rumonge ya none camye arikibazo kidatoregwa inyishu kuva muza 90. ...
19/06/2022

Ikibazo c'Amazi meza Muntara ya Rumonge ariyo komune Rumonge ya none camye arikibazo kidatoregwa inyishu kuva muza 90.

Umwanditsi wiyinkuru Amenyesha ko yarutse Icikibazo kihari kugeza nikigihe Aho kugeza iyisaha Igisagara cose atamazi meza bagira ,mukamenya yuko insiguro za Regideso ko atashingiro zigira Aho bamenyesha ko Ikibazo bariko barasubiriza ivyuma vyashaje(Vyapfuye) Nkuko Uwurongoye Regideso Muntara ya Rumonge Abimenyesha.

Abantu bakaba batangazwa n'ukuntu batiyumviriye nkabahinga ukuntu bari gukora hakaboneka namakeyi, Ubu amazi akoreshwa N'abanyagihugu akaba akugwa Mubindi bice Kure y'igisagara.

Mwenya ko ibice %80 vyamazi akoreshwa Mugisagara ca Rumonge ko Ava Muri Commune Burambi Ikomine iri Mubuseruko bw'Intara ya Rumonge,19% akaba ava Mukiyaga ca Tanganyika,1%Bakaba bavoma Inzuzi nka Dama(Mbuga,kayombe,Nkayamba) na Murembwe(Mutambara)

Ikibazo abenshi bibaza nikuki Hatangwa Amafaranga menshi Mukugira Amazi aboneke ariko Ababijejwe bakabifata minenegwe.

Bwoba arubumenyi buke?

Hoba hari kunyereza Amafaranga

Ntabahinga bahari?

Ntavyigwa bikorwa kugira ikibazo ca mazi meza gitorerwe Inyishu?

Ingaruka mbi zamaze kwibonekeza Aho batatu bamaze gufatwa nikiza ca Chorela, nkumvo zisuku rike Mugihe bizwi ko Ikibazo cibura ryamazi cama kijana Nindwara ziva Kwisuku rike.

Page Yanyu ya


Gira Partage unafyonde kuri J'aime..

Igice ca Dama MurumongeHano Mugiye kuza Muraharonka Amakuru yose Avugwa Muna Mumakomine yose Agize Intara ya Burunga.Ari...
18/06/2022

Igice ca Dama Murumonge

Hano Mugiye kuza Muraharonka Amakuru yose Avugwa Muna Mumakomine yose Agize Intara ya Burunga.

Ariyo Bururi
Matana
Mabanda
Mpinga-Kayove
Rumonge
Rutana
Makamba.




Gira Partage unafyonde kuri J'aime

Aha nimakamba kumurwa Mukuru w'Intara ya Burunga.Inyuma yaho hahinduriwe Bimwe bimwe Muntwaro ubona arikihe gisigaje guh...
17/06/2022

Aha nimakamba kumurwa Mukuru w'Intara ya Burunga.

Inyuma yaho hahinduriwe Bimwe bimwe Muntwaro ubona arikihe gisigaje guhinduka kugira Iterambere rishikire Bose?

Bamwe bahora bavuga rikijana ubona bagiye koroherwa?



Ifoto :Jogos

Gira Partage unafyonde kuri J'aime.

Uburundi bushasha !!Twizere ko Ibiturire bigiye kugabanuka.Amakomine Agize Intara Nshasha ya Burunga ni 7:1)Bururi2)Mata...
16/06/2022

Uburundi bushasha !!

Twizere ko Ibiturire bigiye kugabanuka.

Amakomine Agize Intara Nshasha ya Burunga ni 7:
1)Bururi
2)Matana
3)Makamba(Umugwa Mukuru w'intara)
4)Mpinga-Kayove
5)Mabanda
6)Rumonge
7)Rutana

Muzobandanya Muronka
Amakuru yose yahano Muntara ya Burunga Kuri Page yacu This is Rumonge canke kuri Burunga News.




Gira Partage unafyonde kuri J'aime

Ushobora kuba uhazi iyi Foto yafatiwe he?Nineza na neza Mugisagara ca Rumonge namajahe?Kaze kuri Page yacu This is Rumon...
15/06/2022

Ushobora kuba uhazi iyi Foto yafatiwe he?

Nineza na neza Mugisagara ca Rumonge namajahe?

Kaze kuri Page yacu This is Rumonge



Fyonda kuri Like unagire Partage

Kunguvu z'Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD uri kubutegetse Muburundi Ibarabara rya Bujumbura-Rumonge rishobora ...
15/06/2022

Kunguvu z'Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD uri kubutegetse Muburundi Ibarabara rya Bujumbura-Rumonge rishobora kubakwa vuba kandi Muburyo bugezweho kandi bukomeye nkuko yabigarutseko k'umunsi wejo aho yaremesheje ikiganiro kuri Radio Eagle sport.Akaba yemenyesheje ko Muntumbero yo kugira Ikibuga c'umupira wamaguru y'ubatse Muntara ya Makamba Kigire agaciro ati N'uko Ibarabara Rya RN3 Ryoba rikoze kugira Ikibuga C'ubatswe Imakamba kizoshobore kwakira inkino Mpuzamakungu ati kuko Abahinga baramaze kwemeza ko gikwije ivyangombwa bakaba basavye Amabarabara yosanugwa kugira Kuva i Bujumbura uja Imakamba vyorohere abakinyi.

Akaba ari Inkuru nziza kubakoresha iryo barabara rya RN3.

Mwomenya ko icari cahagaritse ibikorwa ko yaringorane y'imizibukiro nayo ikaba yaraheze.

Ikinyamakuru ni This is Rumonge

Gira Partage Unafyonde kuri J'aime

Bino bintu aho iwanyu muvyita gute?Abazi neza Mukarevya,Rubanda na Cunda ,Mahenya nahandi Muntara ya  Rumonge mumyaka ya...
15/06/2022

Bino bintu aho iwanyu muvyita gute?

Abazi neza Mukarevya,Rubanda na Cunda ,Mahenya nahandi Muntara ya Rumonge mumyaka ya za 89 Vyari vyinshi cane ariko inyuma yaho ibigazi bibaye vyinshi ubu vyarahonye.

Mwibaza ko Vyahonye kubera iki?

Ikinyamakuru ni This is Rumonge

Mwirigwe neza

Address

Q. Swahili
Rumonge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when This is Rumonge posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share