Isangemwo

Isangemwo Amakuru ya hano na hariya+Iyamamaza ryiza kandi ryizewe mubuhinga bwa none

29/05/2026

Sindabitahura neza mbwira nanje numve ukuntu umuntu ashobora kwinjira mwicupa๐Ÿ˜ญ

25/05/2026

Dukore cane kandi neza maze duhane ivyiza kuko ejo hazoza hacu hatubikiye vyinshi vyiganjemwo gusaza

24/05/2026

Abantu bameze nkuwumukobwa baracabaho๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

This is   from ISANGEMWO NAWE ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโคโคโค
22/05/2026

This is from ISANGEMWO NAWE ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโคโคโค

22/05/2026

Raba wakera y'unomukobwa kubera imiti y'umupfumu kabaye

22/05/2026

Aka nakasamutwe nukuri

20/05/2026

None nkaha nzovu yihoyiki ko twaraye tugitwaye koko?๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

20/05/2026

Ubu nubusesanguzi utikwumva ahandi ataraha

20/05/2026

Iri nisomo rikomeye kubuzima

๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐ŸŽ‰ ARSENAAAAAAL FC UTWAYE PREMIER LEAGUE, Man City unganije na Bournemouth (1-1), PSG nawe witegure ๐Ÿ˜Arsenal utwaye Pr...
19/05/2026

๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐ŸŽ‰ ARSENAAAAAAL FC UTWAYE PREMIER LEAGUE, Man City unganije na Bournemouth (1-1), PSG nawe witegure ๐Ÿ˜

Arsenal utwaye Premier League kuncuro yambere mumyaka 22, ivyo waheruka gukora muri sezo 2003-2004, ubwo watwaye iki gikombe udatsinzwe na rimwe.

MIKEL ARTETA atanze Premier League kuri Arsenal, umugwi wambere mwiza kw'isi ino sezo.

AMATEKA ๐Ÿ”ฅ

Address

Bujumbura
Bujumbura

Telephone

+25761811969

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Isangemwo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Isangemwo:

Share