24/07/2022
🔴 Hariho umunsi birarangiye izovuga , abitondeye amategeko y'Imana baduzwe, abirengagije imiburo bahure n'akaga katagira izina !!! Bamwe baziyahura ariko ntibazopfa kuko n'urupfu ruzobahunga! Ubwoba ataho bwigeze buboneka , buzotaha mumutima w'umunyavyaha , ivyago ataho vyigeze kuba , bizoshikira umunyavyaha wese , ababazwe Ibihe n'ibihe , impembo yiwe ibe ugutererwa mukiyaga caka umuriro , ashe adapfa!!!
🔴Ese wewe warakiriye Kristo ??? Nimba utaramwakira , hunga udahura n'akaga , wumve ijwi ry'Imana riguhamagarira gukora iciza , witondere amabwirizwa yayo yose atanarimwe ukuyemo canke ngo uhindure , Hama wige kwigenza neza !!!
🔴K'umunsi w'urubanza ntuzitwaza akazi wakora canke ngo ubuzima bugoye warurimwo , Oyaaa !!!
🔴Akazi kagutandukanya n'Imana gahebe burundu , hama usenge Imana ikurose akandi ariko bikunde ugendere munzira zayo!!!
🔴 Mugihe ab'isi bazoba bashinze umunsi umwe wogusengerako , abitondera amategeko y'Imana bazokwakwa ubuzi , bazokwakwa amatungo yabo , bazokwakwa uburenganzira bwakiremwa muntu , bicwe , bapfungwe , batotezwe bahorwa ukwanka gusenga umunsi uzoba washinzwe n'umuntu !!! Ese wewe n'igiki cotuma ureka guhitamo agakiza ngo uhisemo Akazi n'icubahiro??? Ushaka wohinduka uyumunsi bigishoboka kuko icogihe nicashika , hazokira abariko baritegura ubu !!! Reka nkureke ariko inyuma y'uko urengana , ntugende utagize Commentaire !!!
🔴Mfasha gusangiza ubu butumwa abandi bari muma groupes yose urimwo kugira nabo babone uyu muburo kuko partager yawe ishobora kuzana benshi mugakiza 🙏🙏🙏 kandi kubwizo partager ugira ,, ngusabira kuri DATA womwijuru , azobiguhembere