Cndd-Fdd Kirundo

  • Home
  • Cndd-Fdd Kirundo

Cndd-Fdd Kirundo Kurikira amakuru y'umugambwe CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo kumwanya kumwanya

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu b'abagumyaban...
15/12/2022

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu b'abagumyabanga kuri uyu 15 Kigarama 2022, mu bikorwa rusangi vyabereye ku mutumba Makombe Komine NTEGA , vyo kwegeranya amabuye yo kwubaka ibiro vy'umutumba wa Makombe. Ico gikorwa co kwegeranya amabuye kirangiye, baciye baja kwubakira ibombo ry'amazi meza abenegihugu baba mu gacimbiri Rugobagoba baho kuru uwo mutumba wa Makombe, aho isoko ryasambuwe ryongera rirasanurwa neza.

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu bo ku mutumba...
10/12/2022

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu bo ku mutumba shore komine Gitobe mu bikorwa vyo kwubaka ishure.

Kw'igenekerezo rya 1/12/2022 umunyamabanga w'umugambwe cndd-fdd mu Ntara ya kirundo Jean Claude Mbarushimana arikumwe n'...
01/12/2022

Kw'igenekerezo rya 1/12/2022 umunyamabanga w'umugambwe cndd-fdd mu Ntara ya kirundo Jean Claude Mbarushimana arikumwe n'uwutwara umuhari w'imbonerakure mu Ntara, Musitanteri wa Komine Ntega, umunyamabanga wa CNDD-FDD muri Komine Ntega bifatanije n'abagumyabanga bo ku mutumba wa Runyankezi Komine Ntega mu bikorwa rusangi vyo kwegeranya amabuye yogushigikira ibarabara rija kw'ivuriro rya Runyankezi.

Address


Telephone

+25779363126

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cndd-Fdd Kirundo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share