NEW HITS TEAM

  • Home
  • NEW HITS TEAM

NEW HITS TEAM Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from NEW HITS TEAM, Digital creator, .
(7)

✍️‼️PLS FOLLOW THIS IS PAGE✅
‼️ TEAM KIRAMUTUNA 📷
New Hits Team
🛑Nimba Ushaka Kwamamaza Nyandikira🏹
‼️Inbox Facebook 📞Pls follow 📲

‼️👉Ngo Ni Couple Hhhhhh 😂 Vyagutumyende Wewe Hoho Vyakubwiyende Kwiyotsa Gusa 🫶😂 ‼️👉 Abantu Muzi Amakuru Za Poste Zacu Z...
24/05/2026

‼️👉Ngo Ni Couple Hhhhhh 😂 Vyagutumyende Wewe Hoho Vyakubwiyende Kwiyotsa Gusa 🫶😂

‼️👉 Abantu Muzi Amakuru Za Poste Zacu Zama Couple Zigeze Kuri J'aime Zingahe Jewe Nagiye Ndazibura Sinzi Koya Mbrotse 😂🤣

‼️👉 Happy Sunday My Friend 👊😎 And My Super Fans ♥️🤍

‼️👉 Source 👉 NEW HITS TEAM ✅

‼️🔥 Happy Week-end My Super Fans ♥️ ‼️👉Kora Cane Umenyekane Isi Yose 😂Vyase Basi Ukore Cane Umenyekane Igihugu Cose 🫣🤟 A...
24/05/2026

‼️🔥 Happy Week-end My Super Fans ♥️

‼️👉Kora Cane Umenyekane Isi Yose 😂Vyase Basi Ukore Cane Umenyekane Igihugu Cose 🫣🤟 Apana Kurenza Ugwamwo Ukigomba Kumenyekana Iwanyu Gusa 🫶😂🤣

‼️👉 Source 👉 NEW HITS TEAM ✅

‼️🔥🇧🇮WEWE WIGIRA UMU STAR MWISITE KANDI ATANA PAGE UFISE? 🤣🤣🤣We Kabwa Gato Tekana🥱‼️👉TWE BARATUZI KO ARITWE TUYOBOYE👑 AB...
23/05/2026

‼️🔥🇧🇮WEWE WIGIRA UMU STAR MWISITE KANDI ATANA PAGE UFISE? 🤣🤣🤣
We Kabwa Gato Tekana🥱

‼️👉TWE BARATUZI KO ARITWE TUYOBOYE👑 ABANDI BARADUKURIKIRA✌👊

‼️👉Gusa Mukugira U Poste Photo Yanje Uzoze Urabanza Kumbaza Ntubirekuriwe Aho Ngeze Naho Wewe Ugeze Ntibisa Ahubwo Niwe No Posta Pet 🫰🫣

‼️👉Rero Wicunge Urumogi Nirubi Kumbe Ga Aba Nyakayogoro Bamwe Bamwe Uko Niko Mumeze Nimba Navuze Iyo Photo Uyikureko Ariko Amajambo Wavuze Wanyeretse Kufise Inzigo Yakazikira Wlh Naho Ufise Inzigo Ntureha Uguma Ureha Umushatsii Gusa 🤔😂

‼️👉Rero Ntusubire Kumburira Indero Jewe Sindumwana Womwisoko Wandagaza Uko Ushaka Ndafise Iyomva ✌😎

‼️👉Unasubiye Uzohanwa Photo Yiwanje Nturekuriwe Kuyivugako Uko Wishakiye Rero Utandugije Nokukunzimya Biragoye Kbx 👊🇧🇮

‼️👉Yari MR KIRAMUTUNA 🙌♥️ C.E.O FROM 👉 NEW HITS TEAM

TWARABASIZE 😎

😂😅🤣Bakaba Barahejeje Kwiyambikaa ibaraa Aha Noca Ndabagomora 👊 ‼️👉Mbega   Munwa Ibiki 🫣😆Ngo New Couple Hhhhhh 😂🤣 Ndireng...
23/05/2026

😂😅🤣Bakaba Barahejeje Kwiyambikaa ibaraa Aha Noca Ndabagomora 👊

‼️👉Mbega Munwa Ibiki 🫣😆Ngo New Couple Hhhhhh 😂🤣

Ndirenganira 🚶🚶‍♀️ Reka Ntore Agatebe Nze Gusoma Commentaire 🔥🤟

‼️👉 Source 👉 NEW HITS TEAM ✅

‼️🔥🇧🇮 Blo Wng Nawabalii ✌👊 NPPCS MKBA 🏆🥇🔥‼️👉Nimba Nawe Ushka Kongu Posta Mpa Photo Yawe Inbox Hahire Rimwe 🔥🔥 Week End I...
23/05/2026

‼️🔥🇧🇮 Blo Wng Nawabalii ✌👊 NPPCS MKBA 🏆🥇🔥

‼️👉Nimba Nawe Ushka Kongu Posta Mpa Photo Yawe Inbox Hahire Rimwe 🔥🔥 Week End Izorangwa Nivyo ♥️🫰
😆Bahe J'aime Uzoba Ukoze 🙌

‼️👉 Source 👉 NEW HITS TEAM

‼️📸Happy Week-end 📸🤟‼️👉Ngo Hariho Abantu Bagomba Bazane Umu Chr Wanje ?? Mwovuga Mumumpaye 👊😂🤣Murababwira Ati Ntimwikweg...
22/05/2026

‼️📸Happy Week-end 📸🤟

‼️👉Ngo Hariho Abantu Bagomba Bazane Umu Chr Wanje ?? Mwovuga Mumumpaye 👊😂🤣Murababwira Ati Ntimwikwegere Muvuge Ivyo Mutazi Twebwe Turi Single Pro Max 😂 Ndirenganira 🚶 Aha Ndindiriye Mubandii KL🔥🔥

‼️👉 Source 👉NEW HITS TEAM ✅

🛑🚨⚠️BOUM !! AL NASSR itahukanye ihiganwa rya Saudi Pro League 2025-2026. CRISTIANO RONALDO arabikoze 🏆🟡⚪🔥Inyuma y'imyaka...
21/05/2026

🛑🚨⚠️BOUM !! AL NASSR itahukanye ihiganwa rya Saudi Pro League 2025-2026. CRISTIANO RONALDO arabikoze 🏆🟡⚪🔥

Inyuma y'imyaka itatu n'igice, CRISTIANO RONALDO ahesheje AL NASSR igikombe ca shampiyona !

Yinjije ibitsindo bibiri mu rukino rwa nyuma rwa sezo banyagiye Damac 4-1

Nico gikombe ca 11 ca shampiyona AL NASSR itahukanye mu mateka yayo

Congratulations, AL NASSR 🟡⚪🎉🎉🎊🎊🎊🎊

Congratulations, CRISTIANO RONALDO 🇵🇹🐐🎊🎉🎊🎊🎊🎊

WELL DESERVED!

SAUDI PRO LEAGUE CHAMPIONS 🏆🟡⚪⚪🎉🎊🎊🎊🎊🎊🎉🎊🎊🎊

🔵🟣BOUM!!! Intamba murugamba itsindi zisazemwo niri GROUPE IALGÉRIE 🇩🇿 ZAMBIE 🇿🇲 TOGO 🇹🇬 BURUNDI 🇧🇮 Hano kubera tutatombo...
19/05/2026

🔵🟣BOUM!!! Intamba murugamba itsindi zisazemwo niri

GROUPE I

ALGÉRIE 🇩🇿
ZAMBIE 🇿🇲
TOGO 🇹🇬
BURUNDI 🇧🇮

Hano kubera tutatomboje ibihugu bizakira Afcon 2027 aha muri ritsinda ryacu ibihugu bibiri vyambere bizoca bironka amatike

UBurundi bwacu aha ntagwitwazo dufise ikibuga dukinira iwacu ikibanza kiroroshe Zambia na Togo tuzorwana dutema tugerageza kunganya numwarabu Algeria

Mubona gute tuzoyikina ??
‼️👉 NEW HITS TEAM ✅

‼️🇧🇮🔥 BOOM 💥 Mbega Yemwe Ibibintu Birahererahe Umuziki Wacu Uzotera Imbere Gute???     👇👇👇👇👇👇‼️👉Ikidoma Ngo Indirimbo Yi...
18/05/2026

‼️🇧🇮🔥 BOOM 💥 Mbega Yemwe Ibibintu Birahererahe Umuziki Wacu Uzotera Imbere Gute??? 👇👇👇👇👇👇

‼️👉Ikidoma Ngo Indirimbo Yiwe Remix Yakoranye Na Ngo Fyee🫣😆 Reka Sha II Iza Yarafuswe Kumusi Wejo 🔥🇧🇮🔥

‼️👉Ni Yazindutse Ashikiriza Ayo Majambo Kuri page Yiwe Ibi Bintu Birimwo Ibibazo Wlh 😭😎Iteka FM Koko Nivyo Vyarakozwe Namwe Canke Ni Buzz Indirimbo Ntiyateguwe Mubona Vyose Birahera Na Challenge Nimba Arivyo Iyo Ngeso Nimbi Wlh 🔥🇧🇮🫣

‼️👉Reka Turindire Ariko Yarangije Avuga Ati Comming Soon Kuri Collabo Ya Kilikou Akili Ft Marioo Kutoka Tz 🔥🇧🇮🔥

🇧🇮🇧🇮VS 🇹🇿🇹🇿

‼️👉 Source 👉 NEW HITS TEAM ✅

18/05/2026

Mbipfurije Intango Y'indwi Nziza Mwese Ize Ibabere Iyumugisha Vuga Ati Amen
🫶🙏🫶

‼️🇧🇮🔥 BOOM 💥 Mwaba Baririmvyi Mwiki Gihe Ninde Akwemeza???Twagiye Muri Commentaire 🇧🇮🇧🇮 B-face On The'flo 🫣 🔥 Yabise Gén...
17/05/2026

‼️🇧🇮🔥 BOOM 💥 Mwaba Baririmvyi Mwiki Gihe Ninde Akwemeza???Twagiye Muri Commentaire 🇧🇮🇧🇮 B-face On The'flo 🫣 🔥 Yabise Génération Zazanwe Na Corona Virus COVID-19 😂👊 Wewe Ninde Ubona Yaje Aje Atakuzima ??🧏‍♀️🫰 Twagiye Muri Commentaire 🔥🔥 Gira Suivre Kwiyi Page Uzoba Ukoze 🙌✅

‼️👉 Source 👉 NEW HITS TEAM ✅

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when NEW HITS TEAM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to NEW HITS TEAM:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share