ROYAL MAG

ROYAL MAG Welcome to the Official Page of Royal Magazine

Abashingamateka bose (100%) bemeje ko Gélase Ndabirabe ariwe agiye gusubira kurongora inama nshingamateka gushika muri 2...
31/07/2025

Abashingamateka bose (100%) bemeje ko Gélase Ndabirabe ariwe agiye gusubira kurongora inama nshingamateka gushika muri 2030.

🔴🇧🇮 Abashikiranganji 6 baherutse gutorwa mu bibanza vy'abashingamateka n'abakenguzamateka arivyo vyatumye batongera kugi...
31/07/2025

🔴🇧🇮 Abashikiranganji 6 baherutse gutorwa mu bibanza vy'abashingamateka n'abakenguzamateka arivyo vyatumye batongera kugira uburenganzira bwo kuguma muri Leta y'uburundi nk'uko ibwirizwashingiro ribitegeka.

Muri Kino gihe, Leta ntiriko irakora uko vyahora gushika hagenwe abandi bashikiranganji.

Nyenubweranda Papa Leon yakiriye Ku kirimba i Vatikano abakinyi baheruka gusubiramwo film ya Yesu mu ruhererekane rwitwa...
30/07/2025

Nyenubweranda Papa Leon yakiriye Ku kirimba i Vatikano abakinyi baheruka gusubiramwo film ya Yesu mu ruhererekane rwitwa " The Chosen".

🇺🇬🇰🇪 Prezida wa Uganda Yoweli Museveni yagiriye urugendo kur'uyu wa Gatatu mu gihugu ca Kenya aho yakiriwe na mugenzi we...
30/07/2025

🇺🇬🇰🇪 Prezida wa Uganda Yoweli Museveni yagiriye urugendo kur'uyu wa Gatatu mu gihugu ca Kenya aho yakiriwe na mugenzi we Dr William Ruto.

🔴🇧🇮Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yatangaje  ko vuba hagiye gushirwaho ishirahamwe ry’igihugu rijejw...
29/07/2025

🔴🇧🇮Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yatangaje ko vuba hagiye gushirwaho ishirahamwe ry’igihugu rijejwe kurwanya , amanyanga n’akarenganyo, iryo naryo ngo rikazoba ririmwo bose harimwo abajejwe intwaro, abanyagihugu, abaserukira Reta hamwe n’abandi.
Ivyo ngo bizofasha igiturire burundu, ngo kuko "iterambere ritoshoboka hakiriho abarya igiturire."

📷 USAD Burundi

🇧🇮❤️ La première dame burundaise et sa belle fille en tenue symbolique de la femme Burundaise.
29/07/2025

🇧🇮❤️ La première dame burundaise et sa belle fille en tenue symbolique de la femme Burundaise.

Chris IZERE - imfura ya Wema Nella yatanguje Wema Entertainment kur'uyu munsi yahimbaje isabukuru y'amavuko yiwe.
28/07/2025

Chris IZERE - imfura ya Wema Nella yatanguje Wema Entertainment kur'uyu munsi yahimbaje isabukuru y'amavuko yiwe.

27/07/2025

💰" Trading " : Ukaba wipfuza kwiga ingene wokwinjiza amahera kuri Internet uciye mubijanye na uwu muhinga aratanga ivyigwa. numero ya Whatsapp yiwe irimwo muri VIDEO

Photo : Mawimbi Beach 🇧🇮
27/07/2025

Photo : Mawimbi Beach 🇧🇮

🔴EJO NI HEZA : izina ry'indirimbo nshasha Umuririmvyikazi Espérance Ndoricimpa asanzwe arongoye Fondation Espérance Ndor...
27/07/2025

🔴EJO NI HEZA : izina ry'indirimbo nshasha Umuririmvyikazi Espérance Ndoricimpa asanzwe arongoye Fondation Espérance Ndoricimpa agiye gushira ahabona vuba nk'uko yabimenyesheje abakunzi biwe.

🔴 Umuririmvyikazi Divine Light abandanya ibikorwa vyo kumenyekanisha indirimbo ziwe mu gihugu c'urwanda ahas'anzwe ari m...
27/07/2025

🔴 Umuririmvyikazi Divine Light abandanya ibikorwa vyo kumenyekanisha indirimbo ziwe mu gihugu c'urwanda ahas'anzwe ari mu rugendo muri Kino gihe aca mu bimenyeshamakuru bitandukanye.

Address


Telephone

+25768705406

Website

http://twitter.com/RoyalMag_bi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ROYAL MAG posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ROYAL MAG:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share

Lancé le 1 Juin 2019, Ishimwe Magazine membre de Ishimwe Media Group participe à batir un monde meilleur et positive.

L’amour de Dieu manifeste dans la vie de chacun et partout . #Burundi #Rwanda #RDC #EAC #Africa #Monde.