Ivo Ivo Media

  • Home
  • Ivo Ivo Media

Ivo Ivo Media C.E.O Ivo_Ivo Music and Manager of Amazon boy

The Empiror
13/03/2025

The Empiror

10/01/2025

Hii kitalam inaitwaje

Umuriro wateye muri America mugisagara ca Los Angeles Ndabatumira kuraba video muri comment
09/01/2025

Umuriro wateye muri America mugisagara ca Los Angeles
Ndabatumira kuraba video muri comment

19/12/2024

X_mass piano yake Metou Brown a.k.a

Wahenga Ndio wataelewa
12/12/2024

Wahenga Ndio wataelewa

🇧🇮 Ca kiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'igihugu hamwe n'urwaruka ruvuye mu mihingo myinshi ya Africa, Dialogue Continental...
12/12/2024

🇧🇮 Ca kiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'igihugu hamwe n'urwaruka ruvuye mu mihingo myinshi ya Africa, Dialogue Continental sur la jeunesse, la paix et la sécurité, catanguye kur'uyu wa kane 12/12 i Bujumbura, ku kirimba i Kiriri.

💯 Urwaruka rurenga igihumbi, Abarundi n'abavuye mu bihugu bigize umugwi wa Africa ( Union Africaine), bahishikiye kuyaga n'Umujama w'urwaruka ku ruhara rwabo mw'iterambere rya Africa.

🌐 Kurikira ibirori ikibiriraho muciye kuri uru rubuga rwa You tube canke facebook ya Ntare Rushatsi house 👇

youtube.com/live/S79k2gf

https://www.facebook.com/PresidenceBurundi/videos/544044445130636/?app=fbl

Source: PAEEJBurundi


Mwitege bishasha kuva kwa Double-jay OnceAgain  soon
05/12/2024

Mwitege bishasha kuva kwa Double-jay OnceAgain
soon

Manager & C.E.O Dj Mapound Professional
21/08/2024

Manager & C.E.O Dj Mapound Professional

New pic Drama T
21/08/2024

New pic Drama T

Vya vrai?
19/08/2024

Vya vrai?

First Match  Fan MadridWherever you are
18/08/2024

First Match Fan Madrid
Wherever you are

18/08/2024

Bye bye Rumonge
Kominduru twumve 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Umunezero ukaba uratanzwe kubanyarumonge Bose ningezi zarinzahagende
It was Amazing 🛩🛬🛫🇧🇮🔥🔥

Address


Telephone

+25779979987

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ivo Ivo Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ivo Ivo Media:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share