Yakini Tv Burundi

Yakini Tv Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Yakini Tv Burundi, Chaîne de télévision, DRC, Bujumbura.

*Yakini Media Africa* 🌍
Kilimo • Ufugaji • Maendeleo 🌱
Mafunzo ya kila siku & hadithi za mafanikio 📡
Makao: Afrika Mashariki
Whtsp +2430823607586
▶️ YouTube: Yakini Media
📧 Email: [email protected]
kwa ushirikiano & taarifa!

Agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru
17/06/2026

Agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru

🙆🏿‍♂️  : Abanyagihugu riraniga kubera ibitoke vy'abo vyatemaguwe kwitegeko ry'abajejwe intwaro ngo mu ntumbero yo kugira...
17/06/2026

🙆🏿‍♂️ : Abanyagihugu riraniga kubera ibitoke vy'abo vyatemaguwe kwitegeko ry'abajejwe intwaro ngo mu ntumbero yo kugira isuku n'isukura
--------------------------------
👆🏾Ni abanyagihugu bo muri zone ya komine Butihinda y'intara ya Buhumuza bafise amatongo ari kw'ibarabara rikuru rya - - arimwo ibitoke

🗣️ Abo banyagihugu bamenyesha ko mu gitondo co kuri uyu wa 15 Ruheshi 2026 bavyuwe n'abantu batema ibitoke biri mu matongo y'abo ari ku nkengera z'ibarabara. Bamenyesha ko bagize uruhombo kuko vyabafasha kwikenura haba mu gufungura canke bikabinjiriza amafaranga iyo babigurishije

🎙️Umukuru wa Zone Gashoho Révérien Ndacayisaba amenyeshako ico gikorwa kiri mu mugambi w'isuku n'isukura kandi ko ibitoke vyatemaguwe vyatewe mu metero zitandatu za Reta abantu bakaba baciye bazihagira mu kuharima ku buryo ubu ibarabara ritari rikibona, abahaca bakibona nk'abaca mw'ishamba

👤Révérien Ndacayisaba yibutsako izo metero Reta iba yarazitangiye umuzibukiro kuko ari zo zikoreshwa iyo Leta igomba gutanga amazi canke umuyagankuba ku banyagihugu. Izo metero zitandatu nyene, uwo arongoye zone Gashoho amenyeshako bariko bazikoresha mu guteramwo amavoka

🙏🏾Asaba abanyagihugu kurandura ivyo bitoke vyatemwe kugira ntibizosubire kumera. Abasaba kandi kwubahiriza amategeko. Ikindi abasaba ni ugusukura amakanivo ari imbere y'aho babaye mu ntumbero yo gukomeza isuku

Source jimbere Magazine Jimbere
Yakini Tv Burundi

05/06/2026

ibi ntibifangaje

Sim card ya Lumitel hanze ya Bureau ni 10K (10min) indani muri Bureau 7k ( 3jrs )🤔

System vyose ya Lumitel, Reta murabizi ?

mubaze abatanguye gukodesha carte sim zambere kuntwaro ya buyoya zaguewa angahe hoho ku rerwego mpuzamakungu igurwa gute carte sim mumenyeko CNDD-FDD yaje kworosha itumanaho
Hama abari kurwanya iyandikwa za carte sim gushasha aruko Bari mubakoresha ama carte sim atabanditseko amanyanga ahubwo hakwiye kubaho ko umuntu yibwe carte sim aterefone mumuhora amenyesha ikibazo ko yibwe umurongo uca wugarwa ubwo nyene

02/06/2026
uku tuvyite kurongorwa canke nukonona kazoza kibibondo nukuri pasta munzi bawiyubaha aho warabuze umugore abush*tse uton...
01/06/2026

uku tuvyite kurongorwa canke nukonona kazoza kibibondo nukuri pasta munzi bawiyubaha aho warabuze umugore abush*tse utononye umwana wabandi uwogushingiye uwu mwana akwiye guhanwa

Nkubu uvuye ku rugendo ushonje ugasanga indya zawe hariuwabaye arafungura mbere yasinziriyeko wovyitwaramwo gute wobimen...
30/05/2026

Nkubu uvuye ku rugendo ushonje ugasanga indya zawe hariuwabaye arafungura mbere yasinziriyeko wovyitwaramwo gute wobimena?

Kenya yaraye ifuhekuye Aho abakenya bakubise uwu musore gushika yitavye Rurema
30/05/2026

Kenya yaraye ifuhekuye Aho abakenya bakubise uwu musore gushika yitavye Rurema

inkutu yumubabato   : umuriro wadutse mw'isoko nkuru ya   ca   ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu. Abahaba bavuga ko umur...
29/05/2026

inkutu yumubabato : umuriro wadutse mw'isoko nkuru ya ca ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu. Abahaba bavuga ko umuriro ari mwishi kandi baratabaza kugira haboneke kizimyamwoto.

Address

DRC
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Yakini Tv Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Yakini Tv Burundi:

Share