Ubutumwa bwizatv

Ubutumwa bwizatv Uhoraho niwe mana ntayindi mana iriho kandi ntayigeze kubaho ntaniyizoba ngoyitwuhoraho 🌹

04/12/2025

Uyumu Mwana Mayel mobona azovamwo iki kwimpano yokuririmba atarikirenga 🎶☠️🇨🇦

04/12/2025

Good morning 🇨🇦🎶

Bene data kuryama ukarota uriko uratazira lmana numugisha ndabibipfurije nongara mbabwirati 📅 (Bon décembre 🎶🇨🇦🙏
02/12/2025

Bene data kuryama ukarota uriko uratazira lmana numugisha ndabibipfurije nongara mbabwirati 📅 (Bon décembre 🎶🇨🇦🙏

Genda mwigishe Abantu mubabatirize mwizina rya Data niryu mwana Nirya Mpwemu yera Mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyo...
01/12/2025

Genda mwigishe Abantu mubabatirize mwizina rya Data niryu mwana Nirya Mpwemu yera Mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose ahe mbahaye ububasha kumpwemu mbi zose icomuzoboha mwisi nomwijuru kizoba kiboshwe icomuzobohora mwisi nomwijuru kizoba kibohowe amen

Aha niho UCA mukwiyandikisha mubashaka kuvuga ubutumwa bwiza link fyoda aha 👇https://www.facebook.com/profile.php?id=61573804151686

01/12/2025

YESU KRISTO NASHIMWE NYIMBUGOMBA INDIRIMBO NIVYARANZE IGIKORANE MWISHENGORO RYA PNTC CIBITOKE FYonda Suivre wifatanye natwe 🇨🇦🙏

YESU KRISTO NASHIMWE MWIWE NEZA MWESE HAMA TWAKA UMWE WESE UKO YAHEZAGIWE UFYONDE SUIVRE CANKE FOLLOW Dukwize ubutumwa b...
29/11/2025

YESU KRISTO NASHIMWE MWIWE NEZA MWESE HAMA TWAKA UMWE WESE UKO YAHEZAGIWE UFYONDE SUIVRE CANKE FOLLOW Dukwize ubutumwa bwiza mumahanga bushobore gushikira nabariya nabo bakiri muvyaha bihane yesu aguhumugisha bikore 🇨🇦🇷🇼

Nawe isaha yawe ntizorengeko numusegonda numwe Kandi wihanganire abakugerageza usenge wezwa amen 🇨🇦🌺
28/11/2025

Nawe isaha yawe ntizorengeko numusegonda numwe Kandi wihanganire abakugerageza usenge wezwa amen 🇨🇦🌺

27/11/2025

UMVA BWIRIMANA ATI SHIRAKO IKIMENYETSO CAWE GENDA USOME BIBILIYA MUVYAHISHURIWE YOHANA 9-1-21 UZOBUKOZE amen 🌺

Adresse

Kinshassa
Kinshasa

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Ubutumwa bwizatv publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Raccourcis

Partager