Audacity super data 257

Audacity super data 257 Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Audacity super data 257, Site web d’actualités, Uvira.

16/09/2025

✈️ Kugira indege ni intambwe ikomeye ku gihugu!

Indege si igikoresho co gutembera gusa ni inkingi y’iterambere , umutekano, n’imigenderanire y’akarere n’amakungu .

✔️ Itezimbere Touristes
✔️ Ikwiragiza imfashanyo n’imizigo vyihuta
✔️ Irinda imbibe z’igihugu
✔️ Ihuza abantu n’ibihugu

Mumajambo make Igihugu gifise indege gifise amaso n’amaboko bigera kure kwisi yose ! 🛫🌍.

N.B : iyinkuru ivuga ko UBURUNDI Bugiye kugira indege ibwitirira Ntiremezwa nikigo nakimwe careta , Ariko 80% ni ukuri kwivyo bivugwa .

"TWUBAKE UBURUNDI MUBURUNDI NTANGORANE"

10/09/2025

–Umwe Mubagabo babaye Umukuru w’Igihugu mu Bihe vy’Impinduka Kandi ibihe vyari bigoye Ngaha Muburundi Bwacu .

Domitien Ndayizeye yavukiye mu ntara ya Kayanza mu 1961. Yize ibijanye na informatique kandi aza kuba umwe mu banyeporitike b’ingenzi mu Burundi Bwacu.

Yatanguye kwibonekeza cane muri poritike mu myaka ya 1990, aho yabaye umunyamabanga mukuru wa , umugambwe waharanira demokarasi mu gihe c’intambara. ( Ndibaza abakuze barabizi )

Mu 2001, yabaye Icegera ca Prezida Pierre Buyoya, mu ntwaro y’inzibacyuho yaturutse ku masezerano y’amahoro y’i .

Yabaye Prezida w’u Burundi kuva 2003 gushika 2005 , mu gihe igihugu cari mu nzira yo kuva mu ntambara. Yayoboye ibiganiro n’imitwe yitwaje ibirwanisho, arategura amatora, akanashigikira inzira y’ubwiyunge.

Mu 2005, yatsinzwe mu matora na Pierre Nkurunziza.

N’aho atari ku butegetsi, yabandanije kwifatanya n’ivyiyumviro vy’amahoro na demokarasi. Yigeze no gufatwa mu 2019 ariko aza kurekurwa.

Uyu ni umwe mu bahoze ari abategetsi bagerageje kuyobora mu nzira y’amahoro n’ubwiyunge hagati y’Abahutu n’Abatutsi.

( "TWUBAKE UBURUNDI MUBUMWE NTANGERE"

🚨🚨   ati ngo yipfuza kubandanya gukura no gutsinda , Barca ngo ni ubuzima bwiwe , yongera ati ndi ngaha kuva nkiri umwan...
18/07/2025

🚨🚨 ati ngo yipfuza kubandanya gukura no gutsinda , Barca ngo ni ubuzima bwiwe , yongera ati ndi ngaha kuva nkiri umwana muto w’imyaka 7. Uno mwaka tuzoba dufise umunezero urenze. Barca ni murugo iwanje , kandi nzo bandanya nkora akazi , Ni indoto yanje .

✅ Bakunzi ba Fc Barcelona Lamine Yamal ababwiye y’uko muri uno mwaka muzoba mufise umunezero udasanzwe.

Audacity super data 257 news

14/10/2024

Ukeneye gusaba ingurane yamafaranga wifuza kuri copec watwandikira canke ukakura kwiyi nimero +25762375535 gmail ni [email protected]

31/03/2023
13/06/2022

Bienvenue sur mon page
UMWANDITSI , UMUMENYESHAMAKURUYIGENGA .


N.B :Politique Ntindi mumaraso
Menya neza : Ubumwe mubantu Nico cubahiro gisumba vyose .
Nyandikira WhatsApp+254775 407268

Adresse

Uvira
BASSNESSMANY

Téléphone

+25762344011

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Audacity super data 257 publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à Audacity super data 257:

Partager