Egere Tuyage

Egere Tuyage Kuri uru rubuga, muhasanga amakuru hamwe n'ibijanye n'ikiganiro cacu ari naco canyu "Egere tuyage". Murakoze. Tubandaye dusabikanya akaranga kacu.

Mufise ico mutwunganiro, ikibazo canke ico cose mwipfuza kudushikiriza, twandikire ubutumwa.

28/09/2022

Igice ca 5 kibarindiriye kuri , , Amazon Music na Anchor.

🎙 Kaze mu rukurikirane rw'ibiganiro biyaga akaranga n'imigenzo y'ikirundi 🎚https://anchor.fm/egere-tuyage/episodes/Intan...
30/07/2022

🎙 Kaze mu rukurikirane rw'ibiganiro biyaga akaranga n'imigenzo y'ikirundi 🎚

https://anchor.fm/egere-tuyage/episodes/Intangamarara-e1kb6h9

Muri iki kiyago, abakuze n'abato duhanahana ivyiyumviro ku mico, imigenzo n'akaranga. Dufatira ku vyo bamwe n'abandi basomye, bumvise, batohoje canke barazwe, kugira ngo dusabikanye ubumenyi. Mu kirundi no mu mico y'Abarundi, harimwo ubutunzi ntangere.

30/07/2022

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Egere Tuyage posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Egere Tuyage:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share