Ingwe Sports News

  • Home
  • Ingwe Sports News

Ingwe Sports News AMAKURU Y'inkino Yose Ni ngaha✈🌎

Fyonda Follow canke SUIVRE 🙏
(5)

♨️🙆🙆‍♂️Umukinyi umwe gusa niwe yaronse iyo Midari yose muri kahise k'umupira w'amaguru..✅🏆🤔Wibaza ko Arinde wewe.??? Uwu...
29/08/2026

♨️🙆🙆‍♂️Umukinyi umwe gusa niwe yaronse iyo Midari yose muri kahise k'umupira w'amaguru..✅🏆🤔

Wibaza ko Arinde wewe.??? Uwumutora yandikiwe 5000fb uce usiga Lumicash yawe muri Comment nkenewe abantu 10 ba mbere ✍✅

♨️🙆🙆‍♂️PSG waraye uhatswe kubura vyose aho yaje kugombora BIZIMYE K'umunota wa Nyuma 94' Mugihe Lille yari yamaze kubate...
29/08/2026

♨️🙆🙆‍♂️PSG waraye uhatswe kubura vyose aho yaje kugombora BIZIMYE K'umunota wa Nyuma 94' Mugihe Lille yari yamaze kubaterekamwo ibitsindo 2-0 munyuma baza gukora Remontada 🔥🔥✅

Ngizo izindi nkino uko Z'araye zirangiye ⤵️

‎FT:🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Crystal 1-4 Man City
‎FT:🇩🇪 Bayern 5-1 Stuttgart
‎FT:🇫🇷 Lille 2-2 PSG
‎FT:🇪🇦 Racing club 3-2 Elche
‎FT:🇪🇦 Alaves 1-0 Villarreal
‎FT:🇮🇹 Ac Milan 2-0 Venezia

Kora FOLLOW canke SUIVRE Kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

♨️🙆 IBANGA RIKOMEYE KURI JULIÁN ÁLVAREZ NA BARÇA 🙆‍♂️🙃👀▪️ Nk’uko Mundo Deportivo kibivuga inzira imwe yoba isigaye kugir...
28/08/2026

♨️🙆 IBANGA RIKOMEYE KURI JULIÁN ÁLVAREZ NA BARÇA 🙆‍♂️🙃👀

▪️ Nk’uko Mundo Deportivo kibivuga inzira imwe yoba isigaye kugira Julián Álvarez ashobore kuja muri Barça ni ukwisubiriza ubwiwe amasezerano afitaniye na Atlético Madrid Akayica m. 📜⚖️

▪️ Ivyo vyokorwa hakoreshejwe Royal Decree 1006 hanyuma uruciko rukagena amafaranga Julián yokwishura Atlético nk’indishi.

▪️ 👀 Ikindi gishimishije kuri Barça iyo ndishi ntibisobanura ko yoca Imiliyoni 490 ya clause yamafaranga yokwishurwa yoshobora guterwa n’amasezerano yiwe afise agaciro gushika muri 2030.

Ariko iyo Julián asinyiye Barça muri uwo mwaka ngo Barça ni yo yoshobora kwishura iyo ndishi.

💀 Julián kwica amasezerano yiwe bamucira indishi yayo akwiye kwishura hama agaheza akambandanya muri FC BARCELONA

🗞️ SOURCE: Mundo Deportivo

Fyonda SUIVRE canke FOLLOW Kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

ELVIS_SØN✍

♨️🙆MBEGA MBEGA 🙆‍♂️ ZABIRI atsinze Ibitsindo 3 Mu minota 21🥺🙆 Ego Wabisomye neza Mu minota 21✅🙃 YASSIR ZABIRI YATANGUYE ...
28/08/2026

♨️🙆MBEGA MBEGA 🙆‍♂️ ZABIRI atsinze Ibitsindo 3 Mu minota 21🥺🙆 Ego Wabisomye neza Mu minota 21✅🙃

YASSIR ZABIRI YATANGUYE LA LIGA MU BURYO BUTANGAJE🇲🇦

Uno Rutahizamu w’Umumaroc Yassir Zabiri atsinze TRIPLÉ mu minota 21 gusa mu mugwi wiwe mushasha Murukino rwiwe rwa mbere akinira Santander imbere ya Elche! ⚽️⚽️⚽️

👏 Igitangaje kurushiriza: Zabiri yatsinze iyo triplé ku mukino wiwe wa mbere atanguye mu kibanza ca mbere muri La Liga inyuma yo gutizwa na Rennes.

Ibitsindo 3 mu minota 21

Mbega intango y’akataraboneka kuri Yassir Zabiri! 👏👑

Mugende gahoro abashaka muba meilleur 🤣mwarwiye🙆🤣

kora SUIVRE canke FOLLOW Kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

♨️🙆‍♂️🙆IBITANGAZA ABAFANA BA ATLÉTICO MADRID BASABA KO JULIÁN ÁLVAREZ AVA MU KIBUGA! 🔴⚪️Abakunzi bamwe ba Atlético Madri...
28/08/2026

♨️🙆‍♂️🙆IBITANGAZA ABAFANA BA ATLÉTICO MADRID BASABA KO JULIÁN ÁLVAREZ AVA MU KIBUGA! 🔴⚪️

Abakunzi bamwe ba Atlético Madrid ngo basavye umukuru w’ikipe Gil Marín kurekura Julián Álvarez

🗣️ « AGOMBA KUGENDA UBU NYENE! » ❌

🇦🇷 Julián Álvarez kandi ngo ntashaka kubandanya imyimenyerezo na Atlético Madrid ubu asivye mumyimenyerezo incore 3 yikurikiranya kandi ntiyatumiwe murukino ruzoba ejo ntarimwo 😳

Ibibazo biriko birushiriza gukomera hagati ya Julián Álvarez na Atlético Madrid!

👀 None Barça yoba igiye gusubira mu rugamba rwo kumusinyisha..??🤔

Kora SUIVRE canke FOLLOW Kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

♨️🙆LAMINE YAMAL hano hantu iyo yikoma gato akareba Anthony Gordon ntankeka kino cari Igitsindo Ariko we yahisemwo kwiter...
28/08/2026

♨️🙆LAMINE YAMAL hano hantu iyo yikoma gato akareba Anthony Gordon ntankeka kino cari Igitsindo Ariko we yahisemwo kwiterera🙆‍♂️🙆‍♂️🥺

Vyarangiye Simon wa Bilbao awukuyeyo🤔 Kino gipeti mwino misi siho kiri kabisa⏳

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

♨️🙆 Ni Gonzalo Garcia  Muri Fulham ya Arbeola Amaze Gukini inkino 2 Atsinda Ibitsindo 2 nyene Umusore wanya ari mubihe V...
28/08/2026

♨️🙆 Ni Gonzalo Garcia Muri Fulham ya Arbeola Amaze Gukini inkino 2 Atsinda Ibitsindo 2 nyene Umusore wanya ari mubihe Vyiza cane✅✅

⚽️ Igitsindo bahuye na Chelsea
⚽️ Igistindo bahuye na Wimbledon

Intango nzinza Muri Premier League kuri Gonzalo 💪

Kora FOLLOW canke SUIVRE Kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

♨️🙆‍♂️BARCELONA VS REAL REAL MADRID Iyo zitanguye nkuku ibintu biba biryoshe kuko hano ukora ikosa rimwe gusa ukisanga m...
28/08/2026

♨️🙆‍♂️BARCELONA VS REAL REAL MADRID Iyo zitanguye nkuku ibintu biba biryoshe kuko hano ukora ikosa rimwe gusa ukisanga mukinogo🤣 Ubu BARÇA ikintu urusha MADRID ni ibitsindo 3 Kuko Imwe ifise 7 iyindi 4 ✅

Hano rero muca mutangura kuvuga ngo nkubu biciye birangira bimeze Uku ubunyene hari Uwoba yongeye kwitera Season B..0..🏆🤣🤣🔥

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo: INGWESPORT

28/08/2026

aha vyorangira yisanze ariwe nimero 9 🙆wa Barça uno mwaka 🤣🤣

♨️🙆 Hansi Flick yagize ati🗣 "Ntituramenya nimba Raphinha azoba umukinyi wacu numero 9 muri iyi sizo ariko ikintu gihamba...
28/08/2026

♨️🙆 Hansi Flick yagize ati🗣 "Ntituramenya nimba Raphinha azoba umukinyi wacu numero 9 muri iyi sizo ariko ikintu gihambaye cane ni uko yiteguye."

🗣:"Kubera ubukomezi bwiwe n'igishika afise niwe mahitamwo meza kuri twebwe."

Nawe Raphinha kuri nimero 9 ahaye umubona gute.??🤔

Kora SUIVRE canke FOLLOW Kugira uze wironkera amakuru y'inkino agezweho kandi ari kumwanya buri munsi

Ugurura 1XBET ukoresheje
Code_promo INGWESPORT

Address


Telephone

+25766484670

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ingwe Sports News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ingwe Sports News:

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share