LGG Living

LGG Living LGG LIVING est un groupe d’évangélisation qui annonce la Parole de Dieu à travers la musique gospel.

Il mène également des actions d’évangélisation dans les quartiers, les écoles, les hôpitaux et divers milieux sociaux.
+257 76318017

LGG FAMILY IRABIPFURIJE UMUSI W'IMANA MWIZA  Apepe Enock LGG Michel Sower The Seer Voice of Life Voice of Life Emmanuel ...
10/01/2026

LGG FAMILY IRABIPFURIJE UMUSI W'IMANA MWIZA


Apepe Enock LGG
Michel Sower The Seer
Voice of Life
Voice of Life
Emmanuel Sower
Abel Living Worshipper
The Sowers Group in Burundi
Joshua Sower

10/01/2026

'intsinzi hamwe nokwatura ivyizegwa
ibitwerekeye niwo mugabane wacu…

Turiko Tugira Ibihe Vyiza Muri Kino Kiringo Cubwiza Turimwo Imana Iriko Iyaga natwe Ivyagaciro Gakomeye Cane Kandi Aho U...
06/01/2026

Turiko Tugira Ibihe Vyiza Muri Kino Kiringo Cubwiza Turimwo Imana Iriko Iyaga natwe Ivyagaciro Gakomeye Cane Kandi Aho Umuvyeyi Wacu Acafata Umwanya Wokutugaburira Ijambo Vyubuzima Vyukuri Turiko Dukorerwa Kurundi rugezo

Michel Sower The Seer
bora
Apepe Enock LGG
Voice of Life
Abel Living Worshipper
Emmanuel Sower
The Sowers Group in Burundi
SOFT VOICE Bowanerges
Joshua Sower

BAKUNZI BACU TW'IZERE KO MWAGIZE IGITONDO CIZA CANE GOSE MUTWEMERERE TUBIPFURIZE UMUSI W'IMANA MWIZA TURABASENGERA CANE ...
04/01/2026

BAKUNZI BACU TW'IZERE KO MWAGIZE IGITONDO CIZA CANE GOSE MUTWEMERERE TUBIPFURIZE UMUSI W'IMANA MWIZA TURABASENGERA CANE GOSE UMUGISHA WIMANA UBE MUVYIWANYU

IKINTU CANANIYE IMANA CARI IKINTU KIMWE IMANA ICAYINANIYE N'IKWIHIMBAZA NIYO MPAMVU TUBAYEHO KUGIRA NGO DUHIMBAZE IMANA ...
03/01/2026

IKINTU CANANIYE IMANA CARI IKINTU KIMWE IMANA ICAYINANIYE N'IKWIHIMBAZA NIYO MPAMVU TUBAYEHO KUGIRA NGO DUHIMBAZE IMANA KUKO IGIKORWA C'UMWANA W'IMANA NGAHA KW'ISI NUGUHIMBAZA IMANA NIYO MPAMVU IMANA IYO IRAVYE KW'ISI IBONO WEWE NK'ICIYUMVIRO CAYO NGAHA KW'ISI

TUGUMYE UKWATURA KWIZA IVYIZIGIRO VYACU NTIKUNYIGANYIGE KUK'UWASEZERANYE AR'UWO KWIZERWA   ABAHEBURAYO 10:23Apepe Enock ...
02/01/2026

TUGUMYE UKWATURA KWIZA IVYIZIGIRO VYACU NTIKUNYIGANYIGE KUK'UWASEZERANYE AR'UWO KWIZERWA

ABAHEBURAYO 10:23

Apepe Enock LGG
Michel Sower The Seer
Voice of Life
Voice of Life
The Sowers Group in Burundi
Joshua Sower
Ely Anthonia

UMUKOZI WIMANA DAWIDI NIWE YAMBWIYE UMUTIMA WIWE ATII HIMBAZA UHORAHO IGIHE COSE DUHIMBAZA IMANA NTABWO TUYIHIMBAZA KUBE...
02/01/2026

UMUKOZI WIMANA DAWIDI NIWE YAMBWIYE UMUTIMA WIWE ATII HIMBAZA UHORAHO IGIHE COSE DUHIMBAZA IMANA NTABWO TUYIHIMBAZA KUBERAKO DUFISE IVYO YADUKOREYE GUSA ARIKO DUHIMBAZA IMANA KUBERA KO HARIHO IMPAMVU NYINSHI ZOTUMA DUHIMBAZA


Apepe Enock LGG
Michel Sower The Seer
Voice of Life
The Sowers Group in Burundi
Abel Living Worshipper
Joshua Sower
Ely Anthonia

Muri Bino Bihe Vyubwiza Vya   Reka Twifurize ISABUKURU NZIZA🎂 Abel Living Worshipper Imana Kuduhaye Niyokwizerwa Cane Mu...
02/01/2026

Muri Bino Bihe Vyubwiza Vya Reka Twifurize ISABUKURU NZIZA🎂 Abel Living Worshipper Imana Kuduhaye Niyokwizerwa Cane Mukundwa Mwiza Turanezerewe Kubwawe HBD Again Abel Worshiper

Hallelludja Hallelludja 👌🏽🔥 AKARYO KEZA MPWEMU YERA ADUHAYE MURUNO MWAKA UY'UMUSI DUTANGURA KUVUGA UBUZIMA 🗣️VYONYENEApe...
01/01/2026

Hallelludja Hallelludja 👌🏽🔥 AKARYO KEZA MPWEMU YERA ADUHAYE MURUNO MWAKA UY'UMUSI DUTANGURA KUVUGA UBUZIMA 🗣️VYONYENE

Apepe Enock LGG

Michel Sower The Seer
Voice of Life
Emmanuel Sower
The Sowers Group in Burundi
Abel Living Worshipper

BAMWE MUBAKUNZI BACU DUKUNDA BAMA BAFISE UMUTIMA NKUWIMANA IGIHE COSE BAMA HAFI YACUU MUBIKORWA VYACU VYOSE MUTWEMERERE ...
01/01/2026

BAMWE MUBAKUNZI BACU DUKUNDA BAMA BAFISE UMUTIMA NKUWIMANA IGIHE COSE BAMA HAFI YACUU MUBIKORWA VYACU VYOSE MUTWEMERERE TUBIPFURIZE UMWAKA MUSHASHA KURIBO

Twembwe Iwacu Imana Umwaka Wa 2026 Yawise   💪 Nikunesha Hose Vyose VICTORY EVERYWHERE✍️✍️ Michel Sower The Seer Apepe En...
31/12/2025

Twembwe Iwacu Imana Umwaka Wa 2026 Yawise 💪 Nikunesha Hose Vyose VICTORY EVERYWHERE✍️✍️
Michel Sower The Seer
Apepe Enock LGG
Voice of Life
Emmanuel Sower
Abel Living Worshipper

SOFT VOICE Bowanerges
The Sowers Group in Burundi
Joshua Sower

31/12/2025

Murano Masaha Makeya💪 Asigaye Umwaka Uhere🙌🏻 Ambara Écouteur Zawe Duhimbazanye Na LGG PRAISE 🎶🔥🙌🏻

Adresse

Paris

Téléphone

+25762981980

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque LGG Living publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à LGG Living:

Partager