Reka shaa

Reka shaa Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Reka shaa, Création digitale, Avenue des champs Elysées, Paris.

03/03/2026

😏Je hariho ikirato ndinze ndacambara imvura itegerezwa k***a 😭😭

01/03/2026

💔Umusolait wa 30ans adafise niburiburi 1million yiwiwe,
uwo s'Umusolait n'inkumi muzindi, ahubwo n'inda yoyivyara😂🏃🏻

28/02/2026

Abantu mutarabatizwa ntimuzoja mubutariyano 😏😏

🤯 Isakoshi (sac à dos) IShowSpeed 🇺🇸 yama yitwaje mu ma-live streams yiwe mu rugendo rwiwe rwo muri Africa iratangaje ca...
26/01/2026

🤯 Isakoshi (sac à dos) IShowSpeed 🇺🇸 yama yitwaje mu ma-live streams yiwe mu rugendo rwiwe rwo muri Africa iratangaje cane!
📌Iyo sakoshi irimwo power bank ikomeye cane ishobora gushariza:

📱 Téléphone zishika imilioni 1,
na ordinateurs💻 zirenga 400,
kandi vyose bikamara imyaka myinshi cane ata kindi yongeyemwo!

💰Agaciro kayo kagereranywa hafi imiliyoni 10💸. 😳🔥
✅Yayihisemwo kugira ngo ibikoresho vyiwe (téléphone ,camera, ordinateurs…) ntibizime mu gihe ariko akora live. 😍😍

Icigwa c’ubuzima (Leçon de morale) :
👉 Mbega wewe uri mushasha hano canke gute? 👀🚶🏾‍♂️
Abandi barategura kazoza, abandi bakibaza ibibazo gusa… 😅💭

kora suivre uronke amakuru kumwanya

shaa

📍😭BIRABABAJE : Umukobwa mwiza witwa May yafashe icemezo co kwibagisha amabere🙉kuko ngo  ntagahunda yo kuvyara afise. 😂Uy...
26/01/2026

📍😭BIRABABAJE : Umukobwa mwiza witwa May yafashe icemezo co kwibagisha amabere🙉kuko ngo ntagahunda yo kuvyara afise. 😂

Uyu mukobwa wumunyamideri yavuze ko impamvu yahisemwo kwibagisha amabere aruko yumva nta gahunda yo kuzovyara ngo yonse umwana afise.

22/01/2026

Iradiyo BlackFM🇧🇮 umusani Chameleone🇺🇬 ahejeje kuyigura yayise Chameleone FM

⁉️ AYA MAJAMBO ABAVYEYI BAKUNDA KUBWIRA ABANA NI NDE WUNDI AYIBUKA ? 🤣🤣1. Nyamba izo nyo zanyu ziriko urwembe.2. Ukava k...
22/01/2026

⁉️ AYA MAJAMBO ABAVYEYI BAKUNDA KUBWIRA ABANA NI NDE WUNDI AYIBUKA ? 🤣🤣

1. Nyamba izo nyo zanyu ziriko urwembe.
2. Ukava kw’ishure uze guca udusanga mu mwonga.
3. Ntimuzimare Izo mboga turazirarira mw'ijoro 😔
4. Ngo genda gashiga irakuzana.
5. Genda uvome amazi nzokugurira ibutura ry’imifuko.
6. Tora Akabido uje kuwoma nciriye amate kukibabi akamye utaraza ucupfa 🤣

🤏 Muri ayo ni ayahe wewe bakunda kukubwira ???

21/01/2026

‼️None nkubu aba Sugar Mummies iyaba badahari, Abasolait dukenye twoba tubayeho gute? 🤭

Imana igiraneza nukuri kw'Imana😂

20/01/2026

🤔Iyi wakera mbonye shasha uraraba ko atari mushikawe ayidutayemwo😭🤣

20/01/2026

🤔 Nukuvuga ko iyi mvura utayibona 😂 fata uwonyene muri kumwe uravye nabi naho baray*ca

🤔🤔 YOOO Huyu hapendi amani kwl 😃🥹
20/01/2026

🤔🤔 YOOO Huyu hapendi amani kwl 😃🥹

Adresse

Avenue Des Champs Elysées
Paris
75015

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Reka shaa publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Partager