Inzu y'Ibitabo

Inzu y'Ibitabo Les bonnes idées

11/02/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Jean Claude Ndayiragije, Bienvenu Pascal Ndihokubwayo, Bacinoni Jean Marie, Obede Bitangimana, Therance Bukuru

09/02/2026

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Burundian Jijiboy Dushime

08/02/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Nathanaël Nahïshakïye, Seidu Jibrin, Ni Cy, Désire Disos Burundi, Evangeline Nisengwe, Hakizimana Prosper, Niyongabo Jean Bosco

🔴⚡👊 Yayaya yoba akoze igikorwa ku murwi wa Barcelona? Mbega hoho azobishikako?🚨 Joan Laporta :🗣️ « Ni natsinda amatora  ...
03/02/2026

🔴⚡👊 Yayaya yoba akoze igikorwa ku murwi wa Barcelona? Mbega hoho azobishikako?

🚨 Joan Laporta :🗣️ « Ni natsinda amatora Hansi Flick azoba umumenyereza wa Barcelona igihe kinini nkuko azoba avyipfuza.

🔴⚡👊Abakunzi ba Barça musenge uno mugabo yongere gutsinda kugira ngo abagumirizeho Hansi flick kuko ndabona menga yahinduye vyishi muri Barcelona.

🔴Nawe nk'umukunzi wa Barcelona uripfuza ko aba bagabo bose boguma muri Barcelona?

✅🔴👊Mbega yoba abivuze abikuye kumutima mwite Lamine Yamal 🔥🔥▪️⚡Mubirori vya Soirée de gala ya Mundo Deportivo Lamine yam...
03/02/2026

✅🔴👊Mbega yoba abivuze abikuye kumutima mwite Lamine Yamal 🔥🔥

▪️⚡Mubirori vya Soirée de gala ya Mundo Deportivo Lamine yamal Atangaje amajambo ariko avugisha beshi ati 🗣️: Nipfuza kuguma muri FC Barcelone ubuzima bwanje bwose 😁

👊👊👉Tuvugeko iri jambo azoryumako canke akanoti kazomuvuguruza kumenga ubwatsi buryoha bubishije ubundi

Nguru urutonde rwuzuye rwa Premier League
03/02/2026

Nguru urutonde rwuzuye rwa Premier League

🇧🇮🔥✈️🇹🇿Igihe kiragenze ngo icamamare king Sat-B ash*tse ivyo yasezeranye Umuririmvyi king satB yambwiye abakunzi biwe ko...
03/02/2026

🇧🇮🔥✈️🇹🇿Igihe kiragenze ngo icamamare king Sat-B ash*tse ivyo yasezeranye

Umuririmvyi king satB yambwiye abakunzi biwe ko agira asohore Indirimbo bakoranye numuririmvyi Chinno Kidd guturuka muri tanzanie nindirimbo yomubwoko bwama 🔥

Kubwawe woba witeguriye gute iyindirimbo yabinonvyamamare bibiri???

#️⃣inzu y'Ibitabo

🔵🔴🏟️ Abakinyi bashasha ba FC Barcelona bariko barahuza n’umuryango wa Barça!Abakinyi bashasha Juvensley Onstein na Hamza...
03/02/2026

🔵🔴🏟️ Abakinyi bashasha ba FC Barcelona bariko barahuza n’umuryango wa Barça!
Abakinyi bashasha Juvensley Onstein na Hamza Abdelkarim uno munsi bari bagiye kuraba urukino rw’umugwi wa kabiri wa Barça (Barça Atlètic). 👀⚽
Inyuma yo gutangaza ejo ishika rya Onstein, uno munsi FC Barcelona yatangaje ku mugaragaro isinya rya Hamza Abdelkarim, umwana w’umunya-Egiputa akina mubusatirizi (No 9). 🇪🇬🔥
✍️ Hamza yasinye kontrat gushika mukwezi kwa 6, kandi mumasezerano yiwe harimwo option ituma Barça ishobora kumugumana burundu nimba yishimye ivyo azoba yerekanye. ✅
🗣️ Hamza Abdelkarim yagize ati :
« Ihangiro ryanje ni ugutanga ivyo nshoboye vyose kuri uno mugwi, hanyuma nkazobitangira mumugwi mukuru. » 💪🔴🔵
🔁 Hamza avuye muri Al Ahly wo muri Egiputa.
📣 Ntimwibagire gukora 👉 Follow • Like • Comment • Share
🔥🔥🔥

🇧🇮🔥 Sat-B Yaciye Amazi Abaririmvyi harimwo na Big Fizzo Aho Uyumusi Sat-B Yazindutse Ashira Amwe mumajambo Akomeye cane ...
03/02/2026

🇧🇮🔥 Sat-B Yaciye Amazi Abaririmvyi harimwo na Big Fizzo Aho Uyumusi Sat-B Yazindutse Ashira Amwe mumajambo Akomeye cane muncamake yagira Ati :

Ntamuririvyi Akomeye Yosohora Indirimbo Mukwezi kwambere Aho uyisohoye Ntabunararibonye uba ufise M’ umuziki.

🔗Mbegako na Drama T na Monia Fleur na Wiz Designer na Trey Zo & Rappy Boy Aba Bose Boba Badafise ubunararibonye M’Umuziki Ndundi ❓

Uribagiye aho IMANA.yagukuye ugira uyirengane utavuze .ati warakoze MANA. .shetani abe ariwe arengana gusa..
03/02/2026

Uribagiye aho IMANA.yagukuye ugira uyirengane utavuze .ati warakoze MANA. .shetani abe ariwe arengana gusa..

🚨🚨⚽️ Lamine Yamal ati🗣Ndiri mu kipe nziza cane kw’isi yose, kandi nizeye ko nzoguma hano ubuzima bwanje bwose. NYIMBA UC...
03/02/2026

🚨🚨⚽️ Lamine Yamal ati🗣Ndiri mu kipe nziza cane kw’isi yose, kandi nizeye ko nzoguma hano ubuzima bwanje bwose.

NYIMBA UCHAKA KUMENYA AMAKURU YINKINO GIRA FOLLOW KWIYI PAGE ilInzu y'Ibitabo

KORESHA CODE PROMO:IGA25 ITANGA UTUGANUKE IYO UGIZE DÉPÔT YAMBERE URONKA BONUS YA 200% NTUCIKWE USHAKA KOTUGUFASHA KWUGURURA 1XBET NYANDIKIRA KWIYI NIMERO +25761169034

03/02/2026

Adresse

Paris

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Inzu y'Ibitabo publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Partager