Mc Parfait Bdi

  • Home
  • Mc Parfait Bdi

Mc Parfait Bdi UPDATE NEWS ON PLANET 💪
BURUNDI 🇧🇮 RWANDA 🇷🇼 TANZANIE 🇹🇿 KENYA 🇰🇪 DUBAÏ 🇦🇪
Talent promotion welcome 📸

DUBAÏ'S CENTRE LOCATION 🇦🇪

Programme TV

17/10/2025

jewe Ukurinda Abakobwa canke Abagore Bafise Sinzi iyo Bagukura? Haruwoba ahazi?

17/10/2025

Ebagabo nuk yiteguriye Urukino ikibug categuwe ejo hazoc uwambaye kbx

17/10/2025

Aba Pakistani ngo I love you Burundi. 😃😃🙉🙈🧚‍♀️👊👆🫂🚶‍♂️ Kubera rero i dollars Mu BURUNDI ryakorotse abazungu batanguye kwikundisha mu Burundi

17/10/2025

_yinkino_Buja_Media
FLICK AGERAGEJE BISHASHA//CEBALLOS MUMVUNE//INKINO IBURAYA ZAGARUTSE//AMORIM ARAKORA IKI? 2025

17/10/2025

Amasengesho ya kuri aigle noire🧎🧎🙏hageze kuko bwije buba bukeye!!

  🇧🇮🇧🇮😭😭😭🔥  : imodoka yo mu bwoko bwa Toyota yambaye imparati y'igihugu c'Urwanda ihejeje kwadukamwo umuriro------------...
17/10/2025

🇧🇮🇧🇮😭😭😭
🔥 : imodoka yo mu bwoko bwa Toyota yambaye imparati y'igihugu c'Urwanda ihejeje kwadukamwo umuriro
--------------------------
🥲 Bibaye kuri uno muhingamo wo kuri uyu wa 17 2025 , neza na neza imbere y'ibanki kw'ibarabara Chaussé du P.L Rwagasore.

👥 Nk'uko vyiganwa n'ababibonye, ngo ntan'umwe yashoboye kumenya aho uwo muriro uturutse. Ico bikoze ngo babonye hadukamwo umuriro, abari bayirimwo co kimwe n'abariko bararengana ngo bageragaje kuzimya bakoresheje udupompo bagendana mu miduga bita kizimyamwoto ariko birananirana birangira uwo muduga uhiye.

🚒 Ikiduga kizimya umuriro ( Kizimyamwoto) cahash*tse haheze umwanya utari muto iyo modoka ifashwe n'umuriro, naho bageragaje kuzimya ariko ntaco bashoboye kurokora. Ariko uwo muriro nta muntu n'umwe woba wahitanye canke ngo akomereke.

Mc Parfait Bdi

17/10/2025

YAYAYAYA ubu rero niho nkivyemera ko Kirikou A Kili wo Mu🇧🇮Yamaze Kuba uwundi Muntu 🚲 🇷🇼 😂 uyumusi Taxi Vélo Wo Mu Rwanda 🇷🇼 Yiriwe Aratemberana Kirikou A Kili Kwikinga 🚲 🇧🇮 Mu Rwanda Mugisagara Ca KIGALI Kirikou A Kili Yabonetse Kwikinga Numu Taxi Vélo Mumababara Yo Mu Rwanda Na Hit Yiwe AHA NIHE 😂

Bad Man Akili Yiriwe Aratembera Mu Rwanda Kwikinga 🚲 Yerekanye Kwicisha Bugufi Kandi Harimwo Création Yubwenge Kandi Yerekana Ukutinuba Abakora Ubuzi Butobuto Ariko Bugaburira Imiryango Yabo Nkaba Taxi Vélo 🚲

Umuhungu Wacu Mu Rwanda Abamereye Nabi Zaryamungu Nkaka Kantu Yakoze Urakabona Wewe ???? Azonabica Zaryamungu Nshirira Idarapo Ryuburundi Muri Commentaires Nimba Irikumwe Na Kirikou A Kili Mu Rwanda 5/5 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

17/10/2025

Ebagabo ya Kirikou A Kili yaramaze gufata mpiri aba nyagwanda Raba ukuntu Abana Baba nyeshure Bamusaranye ngo Mpaka Bayiririmbe Barikumwe . Mbega uremeza ko Umuziki Ndundi umaze kugera kuyindi Point idasanzwe?

Ubu Mu BURUNDI Dukoresha ama dollars gusa Nkubu mvuye Gusuma nukuri Neva wacu Yubahwe Ndibaza si montage nivyo mwibonera...
17/10/2025

Ubu Mu BURUNDI Dukoresha ama dollars gusa Nkubu mvuye Gusuma nukuri Neva wacu Yubahwe Ndibaza si montage nivyo mwibonera Abarundi Turanka Agasuzuguro

17/10/2025

Monia Fleur ubushuhe buramurembeje Ngo Hamagara Chr wawe umubwire Ko Umukunda. Akajambo kamwe kuriwe

17/10/2025

Ibintu biri kurundi Gwego Kirikou A Kili Mu Rwanda 🇷🇼 Nabanyeshure Biranka Ko Barengana Atabasinyiye Kumakaye ,🙂‍↕️🤣 Vraiment Kirikou Est Petit Mais il Réfléchit Zaryamungu 😂 🔥 Azonabica Zaryamungu 😂

17/10/2025

FDNB BAFASHE 50 MAA23 MUKIBAYA CYA RUSIZI�CMC IFASHE IMIJYI ITATU IRUTSHRO BYASANDAYE NA MAHANO

Address

United State

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mc Parfait Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share