25/08/2026
Hemwe nk'ubu boss wawe aguhamagaye Ari kure ,akakubwira
ATI:"tora imetero(mètre de mesure)undungikire ibipimo vy'iyo meza ngure igitambara cayo".
Iyo metero (mètre)ukayibura mugabo Ukaba ufise irate(latte) ya 30cm.
Imeza Ifise 3mètres (imetero 3) z'uburebure,na metero 1,25 z'ubwaguke.
🛑Woyipima gute gute rero ukoresheje iyo rate(latte) ya 30cm kugire urinde utora izo metero imeza ipima?
🙊Ntikabananire karoroshe N'ukuri Kandi karafise ICO kamaze😁