Belyse Bb Tv

Belyse Bb Tv Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Belyse Bb Tv, TV Channel, juja, Kiambu.

19/09/2026

Aka Niko kazi konyene abarabu aheshi bagufasha🤣 ikibabaje bahejj kurya basigaho ivyo baririyeko hma shagala akagenda gukuraho🥺😭

Tureke umbeye tube sérieux(se) munyankiriki😅 comment yose ndayishura🤣
18/09/2026

Tureke umbeye tube sérieux(se) munyankiriki😅 comment yose ndayishura🤣

Urabie inyuma kumafoto ingene yasa kuri mariage ucuraba nubu ingene ameze nkri Biteye AGAHINDA 😭💔
18/09/2026

Urabie inyuma kumafoto ingene yasa kuri mariage ucuraba nubu ingene ameze nkri Biteye AGAHINDA 😭💔

18/09/2026

Ubandanye uruhuka amahoro gusa birababaje kuja mumahanga nkabandi kurondera ubuzima ugapfirayo 😢😭

💔😭 sinamenye neza ico yakoze mga Ubu ari muntoke zaba police😭😢
17/09/2026

💔😭 sinamenye neza ico yakoze mga Ubu ari muntoke zaba police😭😢

Ibi bintu nivyo??? Uwubizi neza ampe umuco wavyo🙏
17/09/2026

Ibi bintu nivyo??? Uwubizi neza ampe umuco wavyo🙏

Mumisi irimbere Gitega izoba isumvya ubwiza Bujumbura 💃👇👇
17/09/2026

Mumisi irimbere Gitega izoba isumvya ubwiza Bujumbura 💃👇👇

16/09/2026

Naramaze hafi isaha yose ndiko ndamuhiga🙄 ubwoba bwanyishe Gusa ntiyaruyu gusa naje ibi bintu vyaranshikiye😭 naramaze

16/09/2026

N'Imana ifasha uwifashije nimuce ubwenge jw iyaba ngaha narimfise ikibazo mba naragie kera kera keeeera🙅

16/09/2026

😭 Karafyese amamesa 💔 Umugandekazi Mabuja wiwe yabafatie muri camera na Boss wiwe🤔

Address

Juja
Kiambu
01001

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Belyse Bb Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category