Safi Niyonkuru

Safi Niyonkuru Je veux revenir et publier de vraies histoires

‎🧑‍⚕️Reta irakwiye gushiraho imigwi y'abatabazi b'abahinga bafasha gukurikirana amagara yo mu mutwe y'abashikiwe n'ivyag...
23/08/2026

‎🧑‍⚕️Reta irakwiye gushiraho imigwi y'abatabazi b'abahinga bafasha gukurikirana amagara yo mu mutwe y'abashikiwe n'ivyago, nko guhisha ivyari bibatunze"_

‎🎙️ Ivyo bishikirizwa n'umuhinga muvy'inyifato, *Hatungimana Alain Joseph aho yerekana ko abashikirwa n'ivyago nko guhisha ivyabo nk'ibidandazwa, canke bigatwarwa n'imyuzurira, ari bimwe mu vyago bishobora gusinzikaza amagara yo mu mutwe y'uwo vyashikiye.

‎   : I   harafashwe ‎📦 Ibiro 280 vy'ikawa itonoye vyarafatiwe ku mutumba  , muri zone  , komine Kayanza, mw'ijoro buca ...
23/08/2026

‎ : I harafashwe
‎📦 Ibiro 280 vy'ikawa itonoye vyarafatiwe ku mutumba , muri zone , komine Kayanza, mw'ijoro buca ari ku wa 18 Myandagaro 2026

‎🚨 Umuyobozi wa zone Kabarore, ari kumwe n'abafasha muvy'umutekano, bemeza ko izo kawa zari zishowe mu gihugu c'u , ariko abari bazijabukanye nta n'umwe yafashwe, baciye biruka

‎⚖️ Abajejwe intwaro babandanya basaba ko abanyagihugu bovavanura na forode, ariko mu mazone ya Jene, Kabarore, Mparamirundi muri komine Kayanza, abakora forode ntibahaha.✍️

*🚨💥RWANDA🇷🇼: Umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame amagara aramukitse kandi si agaseseshwa rumuri. Niho yaragiyaha mug...
23/08/2026

*🚨💥RWANDA🇷🇼: Umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame amagara aramukitse kandi si agaseseshwa rumuri. Niho yaragiyaha mugihe yaramaze iminsi 20 ari kwivuza i Bulaya. President Paul Kagame yasubiriye kwurizwa indege agenda. Ubu bavuga ngo ni kumvo z’impamvu za leta gusa tumusabire kwotohegwa💥🇷🇼🥱✍🏾*

22/08/2026

*🔥🇧🇮Uko amasoko yagiye arasha mu Burundi, abantu n’igihugu kikahatakariza ibitari bike, ndetse n’ibirwanisho biri mw’ikambi ya gisirikare bigaturirwa n’umuriro.🔴*
1. Isoko Bururi 2011
2. ⁠Isoko Kayogoro 2011
3. ⁠Isoko Nyanza-Lac 2011
4. ⁠Isoko Kamenge 2012 na 2020.
5. ⁠Isoko Kirundo 2012.
6. ⁠Isoko Rushubi 2012.
7. ⁠Isoko Bujumbura centre ville 2013.
8. ⁠Isoko kayanza 2014.
9. ⁠Agasoko T2000 2015.
10. ⁠Isoko Ruvumera Buyenzi 2017.
11. ⁠Ibohero Gitega 2021.
12. ⁠Galerie Mandela 2022.
13. ⁠Atelier Mutanga Nord 16/9/2024.
14. ⁠Galerie Diko 19/2/2025.
15. ⁠Isoko Kinama 7/05/2026.
16. ⁠Kwa Siyoni / Ku Mbaho 26/01/2026.
17. ⁠Isoko Ruhwa (Cibitoke) 29/05/2026.
18. ⁠Isoko Jabe 22/7/2026.
19. ⁠Ibirwanisho vy’igisirikare 31/03/2026.
20. ⁠Isoko Ngozi 9-10/7 2026.
21. ⁠Amadandarizo Gasenyi-Buganda 2026.
22. ⁠Galerie Ndayizamba na le Parisien 21/08/2026.
*Abantu baribaza ingamba leta ifata kugira ngo ikingire amasoko impanuka yongere itohoze neza ibiri canke abari inyuma y’izo mpanuka*💥🇧🇮✍🏾

😭🔥 Ikibanza ciwe muri le   cafashwe n'umuriro akiraba, agerageza kwitayo ngo akize na bike biranka, agahinda karamufata ...
22/08/2026

😭🔥 Ikibanza ciwe muri le cafashwe n'umuriro akiraba, agerageza kwitayo ngo akize na bike biranka, agahinda karamufata araduka akoma induru, yicara hasi yikorera amaboko ararira atawuri bumutabare...
---------------------------------------
📌 Mu gihe igisagara ca kuri uyu wa 21/08/2026 cikanguriye mu mubabaro w'umuriro n'imyotsi myishi vyugarije ibibanza bikomeye mu vy'ubucuruzi vyariko biratokombera ari vyo le Parisien na Gallerie Ndayizamba, bamwe mu badandaza bari bahafitiye ibintu vyabananira kwakira bagakoma induru abandi bakakigwa n'abakozi ba croix rouge kugira babaremeshe

📌 Umwe mu bakenyezi bahaburiye ibidandazwa, yikoreye amaboko ku mutwe, amarira menshi atemba ku matama, aguma adida amaguru hasi kubw'agahinda, yagize ati:" Iyo abaporisi bandeka mba nashoboye gukiza ibintu na bike. None ndabira bifashwe ndabiraba.✍️

🔥 " _Amatohoza yimbitse, yatanguye kugira hamenyekane icateye umuriro wahitanye amazu y'idandarizo Galerie Ndayizamba" h...
21/08/2026

🔥 " _Amatohoza yimbitse, yatanguye kugira hamenyekane icateye umuriro wahitanye amazu y'idandarizo Galerie Ndayizamba" hamwe na Le Parisien_Niko Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yemejeko amatohoza yatanguye.✍️

*🚨RDC🇨🇩-RWANDA🇷🇼: Drone yo mu bgoko bga TB2 yo mu gihugu c’Urwanda yari yaje gutabara inyeshamba za TWIRWANEHO na M23 ya...
21/08/2026

*🚨RDC🇨🇩-RWANDA🇷🇼: Drone yo mu bgoko bga TB2 yo mu gihugu c’Urwanda yari yaje gutabara inyeshamba za TWIRWANEHO na M23 yarashwe irasamburwa i Mulima n’abasirikare ba FARDC kw’igenekerezo rya 20/08/2026.*Ahonimugihe FARDC Yariko ibakoramwo Akazi (umuganda).✍️

*Muri uno mwanya, abafise ibitarasha mu makiyosike yo kw'ibarabara bariko bakurayo ivyabo.🔥 Mu gihe amazu y'idandarizo "...
21/08/2026

*Muri uno mwanya, abafise ibitarasha mu makiyosike yo kw'ibarabara bariko bakurayo ivyabo.

🔥 Mu gihe amazu y'idandarizo "Galerie Ndayizamba na Le Parisien" hari ibidandazwa bimwe bimwe bitashikiriwe n'umuriro kubera bariko barazimya amazi ariho atangura gushika

*Kubw'iyo mpamvu, ababifise baguma bagwana no gukurayo utwabo twarokotse.

🏪 Ikindi amakiyosike acugaye yo hasi bariko baragerageza kuyugurura ngo barabe ko umuriro wozima.

🚑 Hagati aho, imodoka rusehabaniha "ambulance" iguma izunguruka kuraba ubuzima bw'abari muri ico kibanza.

🤔 Mwomenya ko kuva abajejwe kuzimya batanguye, n'ubu umuriro nturahera.

21/08/2026

*Muri Ville Galerie yo kwa Ndayizamba iriko irasha tubonanezako kizimyamwoto yahageze irikwiragerageza gudasha.✍️

*Sous l’égide du Secrétaire général du Parti Cndd-Fdd, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, le Secrétariat national chargé...
21/08/2026

*Sous l’égide du Secrétaire général du Parti Cndd-Fdd, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, le Secrétariat national chargé du développement a organisé, ce lundi 17 août 2026, une conférence scientifique consacrée à la réflexion sur les moyens d’accélérer la mise en œuvre de la Vision d’un émergent en 2040 et développé en 2060.

Cette rencontre a réuni les responsables du Parti aux niveaux national, provincial et communal, ainsi que les responsables du département chargé du développement dans les provinces et les communes. Des experts en économie et des représentants d’institutions publiques intervenant dans des secteurs à vocation économique ont également pris part aux échanges.

Cette conférence scientifique a offert un cadre important de réflexion, d’évaluation et de conscientisation des responsables du Parti CNDD-FDD dans la mise en œuvre de la Vision d’un Burundi émergent en 2040 et développé en 2060. Elle visait à identifier les avancées et les obstacles constatés sur le terrain, afin de dégager des mesures correctives et d’accélérer les actions de développement.

L’objectif était surtout de faire en sorte que le Parti CNDD-FDD prenne le lead et montre lui-même l’exemple, à travers des actions concrètes dans les secteurs porteurs de développement, et que ses responsables deviennent des modèles pour les citoyens qu’ils encadrent: « La Vision 2040-2060 ne doit donc pas rester un idéal: elle doit se traduire par le travail, la valorisation des ressources du pays, la formation de la population et des réalisations concrètes dans chaque communauté.✍️

Address

Nairobi
Kibera

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Safi Niyonkuru posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share