BONGE Burundian Officiel

BONGE Burundian Officiel Suivre Bonge Burundian Officiel
Udukuru dutwenza ,
Music ,
Comedy,
Ibiganiro bitandukanye
WhatsApp Number: +254717310398
(1)

11/10/2026

๐Ÿคณ Photora turabe imbere yawe aho uteramiye
Si Week-End none?
๐Ÿ–๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿคทโ€โ™‚๏ธ

11/10/2026

Kumenga Hano Hantu yarabakomye aba ๐Ÿ˜‚



Its โœŠ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

11/10/2026

Pacito Man yaraye anyishuye kuri post nakoze ndamusaba ko tubonana๐Ÿคธ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ”ฅ



Its โœŠ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

11/10/2026

Wewe uriko uritegura kuja gusenga uribuke ugende utwaye ishikanwa โœ๏ธ

10/10/2026

Koreshumwanya na Mapire boy hamwe na Winnie Sandra Official mwese ndipfuza kubona ingwano yanyu walahi ๐Ÿ˜‚

10/10/2026

Boom๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ igarutse ihushura ๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช

Mwibuke ko Ndaranye Rendez-vous y'icamamare

Its โœŠ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Tayari Ubu tuvugana ndaranye Rendez-vous ya Pacito Man ๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช Kari nari nakoze post mvuga ko shaka guhura na   ko nkeneye g...
10/10/2026

Tayari Ubu tuvugana ndaranye Rendez-vous ya Pacito Man ๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช

Kari nari nakoze post mvuga ko shaka guhura na ko nkeneye guhura nawe none kabaye๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Guys ibi ushobora kuvyita ibisanzwe ariko jewe ndabiha agaciro gamoye cane

Its mubicu๐Ÿคธ๐Ÿคธ๐Ÿคธ๐Ÿƒ

10/10/2026

Mukabona Pacito Man ubusabe bwanje abwemeye Niho muzoca mumenya Insiguro ya BONGE Burundian Officiel ๐Ÿ˜‚

Ndipfuza Guhura na Pacito Man  nukuri ๐Ÿคจ  hamwe anyemereye ndafise vyishi nomubaza ๐Ÿƒ  please ndashaka kubonana nawe๐ŸซฃIts  ...
10/10/2026

Ndipfuza Guhura na Pacito Man nukuri ๐Ÿคจ hamwe anyemereye ndafise vyishi nomubaza ๐Ÿƒ

please ndashaka kubonana nawe๐Ÿซฃ

Its โœŠ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

10/10/2026

Tayari Umugabo wa aravuye mugacerere Abantu mwakameye Umugore wiwe iyababafata๐Ÿ˜‚

Mapire boy ibibintu ubifisemwo uruhara ๐Ÿคท๐Ÿซต


Its ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœŠ

Address

Bonus Mall
Kitui

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BONGE Burundian Officiel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share