Young Dance Kids Burundi

Website

Young Dance Kids Burundi Number is Whatssapp 65505885
(5)

01/10/2026

“Aka gatambiro kacu ni ak’umutima ❤️🕺💃
Turabizi ko hari aho mutubona mukanezerwa, natwe tukanezerwa kubatamba imbere. 🙏
Nimudufashe mukurikira page yacu, mukande FOLLOW ❤️
Umutima wanyu ni wo uduha intege zo kubandanya.
Young Dance Kids Burundi 🇧🇮❤️💚
Turi kumwe twese! 🤝🔥

01/10/2026

🙏❤️ Turabasavye ntimurebe gusa, muduhe n’akanya k’umutima wanyu.

Aba bana baratamba n’umwete n’urukundo, ariko inkunga yanyu ni yo ibaha intege zo gukomeza. 🥹❤️

Nimba iyi video igukoze ku mutima: 👉 Kanda FOLLOW ❤️ Kanda LIKE 💬 Andika akajambo ko kubatera intege 🔄 Sangiza n’abandi

🙏 Follow yanyu ntoya kuri mwebwe, kuri bo ni inkunga nini cane.

29/09/2026

🔥💃 YOUNG DANCE KIDS BURUNDI 🕺🔥
Umuziki uratwambika, kubyina ni passion yacu ❤️‍🔥
Turakora, turiga kandi turushiriza gutera imbere buri musi. 🙏🏽🔥
🎥 Raba video, utubwire ico ubona muri commentaire 👇
❤️ Like | 💬 Comment | 🔄 Share | ➕ FOLLOW
Young Dance Kids Burundi — talent, passion & teamwork! 🇧🇮🔥

❤️ Ncuti zacu, turabasavye mutube hafi 🙏🏽Niba mukunda ibikorwa vyacu, kanda kuri FOLLOW maze mugume mutwiyungako. ❤️Umut...
29/09/2026

❤️ Ncuti zacu, turabasavye mutube hafi 🙏🏽
Niba mukunda ibikorwa vyacu, kanda kuri FOLLOW maze mugume mutwiyungako. ❤️
Umutima umwe, intego imwe, urugendo rumwe! 🔥
🙏🏽 FOLLOW + SHARE + LIKE
Murakoze cane kubw’urukundo muduha! ❤️🔥

young dance iri muri sing turabasavye mubandanye mukora follow na like na comment
28/09/2026

young dance iri muri sing

turabasavye mubandanye mukora follow na like na comment

25/09/2026

mubon gut ??👇👇 mutubwir mur commentair

25/09/2026

mudufash 🤲 gukor follo na commentair muzob mukoz🙏🙏

25/09/2026

mubon gt?? muduhah angah kur cumi. ?/10

25/09/2026

hello guys turabasavy mudu following cyan k*k ubu turaj kubah umunezer👎👎🇧🇮🇧🇮

Address

Moi Nairobi
Moi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Young Dance Kids Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share