Bayadende4real

Bayadende4real Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bayadende4real, Murang'a.

๐Ÿ”ดKugira Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ buzohonyoze amaguru yose muri CAN 2027 basabwa iki?Hahejeje kuba Tombola ku bihugu 48 bizokwirondera...
19/05/2026

๐Ÿ”ดKugira Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ buzohonyoze amaguru yose muri CAN 2027 basabwa iki?

Hahejeje kuba Tombola ku bihugu 48 bizokwironderamwo 24 bizokina CAN 2027, uburundi bwisanze buri kumwe mu mugwi I na Algรฉrie ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟ, Togo ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฌ n'a Zambie ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ.

โšฝ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎBisabwa kuba uwa mbere canke uwa kabiri kandi birashoboka. Gukinira ku kibuga intwari ni kimwe mubigwanisho bizofasha.

Benshi mu bakunzi b'intamba mu rugamba babona ko Uburundi bwatomboye neza. Gutsinda Gabon na Zambie ni ibintu intamba mu rugamba bashoboye ndetse no kurondera amanota ashoboka kuri Algรฉrie.

๐Ÿคท๐Ÿผโ€โ™‚๏ธWewe uraha amahirwe angana gute yo kubona Intamba mu rugamba muri CAN 2027?



๐Ÿ”บ Ushaka kuzuramenya Amakuru menshi fyonda follow na Like ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡https://www.facebook.com/profile.php?id=61587057935637

15/05/2026

๐Ÿ”บ uno murundikazi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ DATIVE UWIMANA ni muntu ki ?? avuka he ?yize he ? ikiganiro ciwe cose kirabe Kuri youtube BAYADENDE MEDIA TV

The New LOGO of m'y Youtube Channel ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
10/05/2026

The New LOGO of m'y Youtube Channel ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

08/05/2026
05/05/2026

๐Ÿซฃ๐Ÿซฃ๐Ÿค”๐Ÿค”

05/05/2026

๐Ÿ™†๐Ÿ˜…๐Ÿ˜‚๐Ÿซฃ

Address

Murang'a
KENOL

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bayadende4real posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share