propa.MU

propa.MU smile 😃 and smile again ,learn
(1)

Tube turayaga gato :kuberiki iyo mwitongo (isambu) iyo hubutsemwo zahabu ubwonyene atakinu nakimwe ubajijwe iyo sambu ib...
04/07/2026

Tube turayaga gato :kuberiki iyo mwitongo (isambu) iyo hubutsemwo zahabu ubwonyene atakinu nakimwe ubajijwe iyo sambu iba ibaye iya reta ,ariko shahu hubutsemo urumogi ,it itongo rikomeza kuba iryaww Kandi ugasobanura impamvu hasanzwemo urumogi

04/06/2026

Follow my page and all my followers will follow you let's go

Iyo ngeso yokuraba post ziwanje ntimushireko  like nimbi  nimureke inzigo basha
04/06/2026

Iyo ngeso yokuraba post ziwanje ntimushireko like nimbi nimureke inzigo basha

When I welcom you in my way make sure all of what we are going to talk with is about ,business,job and opportunity not f...
04/06/2026

When I welcom you in my way make sure all of what we are going to talk with is about ,business,job and opportunity not for judging others peoples or talking about people is life

Mugihe ndakwakiriye iwanje umenyeko ujengo tuyage ivyotwungura, akazi, ahabonetse uturusho n'anamahirwe adasanzwe .ntabwo dushobora kwucara tuvuga kubizima bwabandi nokubacira imanza


.mu

What you need is only a goodConcentration and connectivity you are the real reason of  every success you need    .muUZOJ...
04/06/2026

What you need is only a good
Concentration and connectivity you are the real reason of every success you need


.mu

UZOJE UKORESHA INGUVU ZUMWANSI WAWE MUKURWANYA UMWANSI KUKO NI NKO GUKORESHA UKUBOKO KUWUNDI MUGUFATA INZOKA
shira inguvu mubituma uronka amahoro yawe bwite kuko amahoro uhawe nabandi ntaruhara wabigizemwo Amara ankanya nkako urume rumara

Shalooom happy Sunday to everyone,  it's an other day to praise God , thankx u all Shalom mwaramutse neza mwese abantu b...
04/05/2026

Shalooom happy Sunday to everyone, it's an other day to praise God , thankx u all

Shalom mwaramutse neza mwese abantu banje nizereko muri amahoroo ndabifurije umusi mwiza muje gusengaa muhimbaze mutangabungingo we yabahaye kuramuka muhumeka

Me and my familly wish happy week-end  to all of you  may God bless you more
04/04/2026

Me and my familly wish happy week-end to all of you may God bless you more



Murugo rwiza abubakanye basangira ibihe vyose ,ibihe vyumunezero ,nibihe vyumubabaro , ibi  biragaragaza ubwumvikane bub...
04/04/2026

Murugo rwiza abubakanye basangira ibihe vyose ,ibihe vyumunezero ,nibihe vyumubabaro , ibi biragaragaza ubwumvikane buba buri mumuryango bigaha intumbero ziza uburere cankese indero yabana ,

Umugabo niwe mutwe guru wurugo niwe ategerezwa gutunganya ikibazo comurugo cose agatuma murugo haza amahoro numutekano bititawe kuwateje ikibazo canke yakoze amakosha

Umugore ategerezwa kwubaha umugabo wiwe mubihe bimeze neza nomubihe vyibibazo ,bigatuma umugabo yama yiyumvawo ko agaciro kiwe arintangere mumuryango mbere ko afite umufasha nyawe

propa.MU

Niba kakunyu tubwire ibindi muri comment
Umuryango mwiza ,niwo soko w'Iterambere kugihugu

Abana barakeneye urukundo rwabavyeyi kumpande zose sivyiza rero  amatati hagati yabubakanye atuma abana bataronka uburen...
04/04/2026

Abana barakeneye urukundo rwabavyeyi kumpande zose sivyiza rero amatati hagati yabubakanye atuma abana bataronka uburenganzira bwabo bwokwitabwaho nabavyeyi

propa.MU Kanda follow , kora share na comment

I really man is someone who struggle for feeding his familly.
04/04/2026

I really man is someone who struggle for feeding his familly.

How sweet are street food , I make shopping for my family  , have a good days my peoples I love you more
04/04/2026

How sweet are street food , I make shopping for my family , have a good days my peoples I love you more

Address

Toronto, OH

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when propa.MU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share