Deli-s Bwøy Dancer

Deli-s Bwøy Dancer DELI-S BWOY DANCER:
Dancer/Promoter/Content creator
FOLLOW ME🙏

Welcome to My Official page ✋🔥

Me❤✅😀
22/06/2026

Me❤✅😀

🇧🇮🔥 Vyari Bigoye Cane Kwitambika TELAVIV Ariko Hariho Icoherezo 🦠 Kigeramiye Abarundikazi 🇧🇮 Nabanyarwandakazi 🇷🇼 Hariya...
13/06/2026

🇧🇮🔥 Vyari Bigoye Cane Kwitambika TELAVIV Ariko Hariho Icoherezo 🦠 Kigeramiye Abarundikazi 🇧🇮 Nabanyarwandakazi 🇷🇼 Hariya Kuri TIK TOK Iki Coherezo Kiriko Kirasaza Abana!

Iyi Ndirimbo Yitwa "GENDA" Ya Madiba Tha Classic Naje Guperereza Nsanga Ni Hit Song 🔥 Yigendera Hano Kubutaka Bwantare!

Niyo Ndirimbo Aka Kanya Hano M' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Igeramiye Abantu Nkabose Kubwo Kuyikunda Cane!

Mvuzeko Ariyo Ndirimbo Ubu Igezweho Ndibaza Sinoba Nihenze? 🙄

Gende Murabe Kuri Tik Tok Ukuntu Iriko Irakorerwa Ama Challenges Kubwinshiii Wogirango N'indirimbo Imaze Amezi 3 Isohotse Kandi Imaze Indwi 2 Gusa! 🙃

Ibi Bintu Mwebwe Muriko Murabibona? Mwabonye No Kuri YouTube Ko Yasaze? 🙄

🔺 Hiyo Iwanyu "GENDA" Yarabashikiriye?

🔺 Utabeshe Uyivuza Kangahe Kumusi?
Deli-s Bwøy Dancer .....✋🔥

🎤🎶 🔥 Abaririmvyi b'ibihangange, abakinyi b'utugenegene, abatwenza n'abanyempano batandukanye bagiye guhurira hamwe muri ...
12/06/2026

🎤🎶 🔥 Abaririmvyi b'ibihangange, abakinyi b'utugenegene, abatwenza n'abanyempano batandukanye bagiye guhurira hamwe muri kugira babazanire umusi utazokwibagirana! 😍✨

🌟 Kubutambiro hangewemwo: Mkombozi Lucifer • Victorious Team • Kigingi • Club Culturel Intatana • Mow' Kanzie • Lolilo Simba • Emery Sun • NJ (Utujede) • Fabelove • DJ Isracool • Jasmin Band Taarab n'abandi benshi!

📍 ETS Kamenge 📅 30 Ruheshi 2026 🕑 Guhera isaha 8 z'umuhingamo (14h00)

💥 Ikintu gituma benshi bipfuza kuhashika Nuko KWINJIRA ARI K'UBUNTU 100% (0 FBu)! 💃🏾🕺🏾

🔥 Tegura umuryango wawe, incuti zawe n'abo mukunda kwinezereza kuko Kamenge igiye kuba ihuriro ry'ibirori vy'umwaka!

👇 Mbega ni uwuhe mu star utegereje cane kubona kubutambiro? ni nde wipfuza ko yokwongerwako muri iri huriro ry'ibihangange?

Amwe mumashusho y'igiteramo co kwugurura icese inkino z'igikombe c'isi ca 2026 Shakira na Burna Boy bakoze muri Mexique ...
12/06/2026

Amwe mumashusho y'igiteramo co kwugurura icese inkino z'igikombe c'isi ca 2026 Shakira na Burna Boy bakoze muri Mexique ahariko haba urukino ruriko ruhuza igihugu ca Mexique na Afrika y'epfo.

Deli-s Bwøy Dancer .....✋

11/06/2026

virus❌😱
Mbega iyi song irimwibiki🤔

uwupinza ko iyi song atari🔥🔥🇧🇮
naze

Dukunde ivyacu nabiwacu🇧🇮+257

Deli-s Bwøy Dancer ....✋

Visit Burundi🇧🇮Dukunde ivyacu nabiwacu🇧🇮+257Deli-s Bwøy Dancer ....✋
11/06/2026

Visit Burundi🇧🇮

Dukunde ivyacu nabiwacu🇧🇮+257

Deli-s Bwøy Dancer ....✋

Dukunde ivyacu nabiwacu🇧🇮+257Legend wacu nguyu😂✋ ✋Deli-s Bwøy Dancer ....✋
10/06/2026

Dukunde ivyacu nabiwacu🇧🇮+257

Legend wacu nguyu😂✋



Deli-s Bwøy Dancer ....✋

 🙌🔥❤🇧🇮🇧🇮Deli-s Bwøy Dancer ...✋+257
05/06/2026

🙌🔥❤🇧🇮🇧🇮

Deli-s Bwøy Dancer ...✋+257

04/06/2026

Hello! Facebook Lovers🙌

 ✋🔥🔥🙌 ✋Deli-s Bwøy Dancer ....✋🙌
03/06/2026

✋🔥🔥🙌



Deli-s Bwøy Dancer ....✋🙌

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Deli-s Bwøy Dancer posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share